Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Indirimbo Rukundo ya Yoya yakoze ibitangaza

Mu kiringo c’amezo atandatu gusa, indirimbo Rukundo y’umuririmvyi w’umurundi Yoya Jamal isigaje umva Views aharurwa Ku ntoke uravye iyo igeze ngo ikwize abantu 100.000 bamaze kuyiraba Ku murongo wa...

View Article


#indundi | Iki nico Big Fizzo aheruka kuvuga ku Baririmvyi b’abanyarwanda

Meddy yatowe yongera asabirwa amajwi na mugenziwe Big Fizzo nkuko vyabonetse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram mw’ihiganwa MTV Mama 2016. Uno muririmvyi akaba yanamenyesheje mu kinyarwanda kuri urwo rubuga...

View Article


#indundi | Umuryango wa Terry West wabuze

Uno musi niho umuvyeyi w’umuririmvyi Terry West asanzwe uririmba nu murwi ?G yitaba Imana mu bitaro vya SOS mu Nyakabiga hano mu gisagara ca Bujumbura nkuko amakuru dukesha umwe mu bamwegereye abivuga....

View Article

#indundi Music|Jah Bless By Prophets Voice

Jah Bless By Prophets Voice 2,347 total views, 1,765 views today

View Article

#indundi Music|Siku Mbili By Ashely Diva

Siku Mbili By Ashely Diva 2,938 total views, 2,390 views today

View Article


#indundi Music|Binadaam By Alpha Jerry Yoya Sat B Ashley Diva

Binadaam By Alpha Jerry Yoya Sat B Ashley Diva 3,128 total views, 2,561 views today

View Article

#indundi Music|Celibataire By Spoks Ft B-Face

Celibataire By Spoks Ft B-Face 3,188 total views, 2,649 views today

View Article

#indundi | Inyuma ya Body, Aime buca ashira hanze n’iyindi

Mu gihe yaramaze imisi mikeya ashize ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Body akayisohorana n’amasanamu, Aime M. ayaga na Indundi Magazine yamenyesheje ko mu misi ya Vuba cane hagiye gushira ahabona...

View Article


#indundi | Tz | Umukama yakinze Mr. Nice ntaco bamugize

Inyuma yaho amariye imisi mu gihugu ca Kenya, umuririmvyi Mr nice akomoka mu gihugu ca Tanzania, yibwe urukombamazi n’abantu bitwaje ibirwanisho bamusanze aho asanzwe aba muri ico gihugu ca Kenyatta....

View Article


#indundi | Tz | Iki nico Rich Mavoko agihe gukora muri Wasafi

Mu gihe umuririmvyi Diamond Platnumz yari muri Tours muri Tanzania y’ibiganiro Ku bijanye n’indirimbo yiwe nshasha Salome uno musi inyuma y’imisi idashika 30 ibarizwa Ku Bantu barenga imiliyoni 5,...

View Article

#indundi |“Nana” n’akazina kokwitwa umukobwa mwiza

Akazina “Nana” ngo yashimye kugakoresha kubera ar’akazina karyoshe kandi Keza gakwiye kwitwa umwigeme wese mwiza. Ivyo vyashikirijwe na Cocoda aho yayaga na Indundi Magazine Ku kibazo c’indirimbo yiwe...

View Article

#indundi | #Rwanda | Ibi nivyo biheruka kuba kuri Knowless

Amashure ya kamenuza yaraye ayateye uw’inyuma Umuririmvyikazi Knowless, ayo mashure akaba ayarangije mu gisata c’Ubutunzi Finance. Umushingantahe wiwe Akaba kandi n’umusahirizi wiwe Clement akaba...

View Article

#Breaking news | Sat-b ngo basanze agwaye Cancer yo mu bwonko

Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi sat-b atakimuvurwako, hamenyekanye amakuru avurwa ko Sat-b yoba asigaye afise ingwara yitwa Cancer. Aganira na Indundi Magazine, uwo muririmvyi yavuze ko Ku musi...

View Article


#indundi Music|Umuti By Abagarukirakaranga

[audio_id 231921] 4,012 total views, 31 views today

View Article

#indundi | Igishobora kuba cateye Sat-b Uburwara bwa Cancer avurwako

  Intandaro y’uburwara buvurwa kuri Sat-b ngo yoba ari umwuga asanzwe akora wo kuririmba, ivyo vyumvikana muri Audio iriko irarungikwa hirya no hino, aho ngo yarungikiwe Sat-b ivuye kuri Nyina...

View Article


#indundi | #Tz | Diamond yoba ariwe nyendamuvano y’ibibazo Alikiba yagize...

Naho ngo bavuga ko ata kibazo bafitanye, we avuga ko hari ibintu biba kandi abibonesha Amaso, bitamushimisha. Ivyo vyashikirijwe na Alikiba kuri Micro ya Mzazi akorera ikinyamakuru Citizen muri Kenya....

View Article

#indundi | Don Brighter ati : “Vuba cane iraja ahabona.”

Mu gihe yaheruka gushikiriza ko ariko arategura gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha hamwe n’amasanamu meza yakoreye muri PDF Film , Don Brighter yashize ahabona amwe amwe mu mafoto azoba ari muri...

View Article


#indundi Music|Vyarashitse By Double Jay

[audio_id 231917] 621 total views, 621 views today

View Article

#indundi weekly Music | Top5 Week 41

1.Celibataire By Spoks Ft B-Face | Download: 2213 | View :10501 2.Rudi By Thitty Love | Download: 1187 | View :4147 3.Ndabikwemereye By Boanerge | Download: 443 | View :2109 4.Akarimi Gasosa By...

View Article

#indundi | Muri Nyama choma ntivyari vyoroshe

Abagurishije imyama ngo vyagenze neza, ariko a b’umuziki ngo barabwe irarirari, ayo n’umwe mu majambo ashikirizwa na mugenziwacu yari yishikiye mu kibanza Ntana Choma Festival yariko iraberamwo kuri...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live