#indundi Video | Nukobimeze by Davidson X franck G80
1,611 total views, 430 views today
View Article#indundi Music|Haleluya By Nagasebeya Team
Haleluya By Nagasebeya Team 883 total views, 544 views today
View Article#indundi Music|Rudi By Thitty Love
Rudi By Thitty Love 891 total views, 567 views today
View Article#indundi | N’ubuhe bucuti buri hagati ya Dany n’uyu Mwigeme
Nta bucuti bafitanye canke boba bazinanye, ico n’ikibazo abatari bake bibaza iyo babonye ishusho y’umwigeme yambaye agahuzu ko musi arikumwe na Young Dany wo muri Best Life Music. Iyo shusho yafashwe...
View Article#indundi | Big Fizzo yamenyesheje ahazohera muri USA Tours
Igenekerezo rya 12 ukwezi kw’ucumi na rimwe umuriorimvyi Mugani Desire ngo azoba abarizwa ku mugabane wa amerika aho azoba ari muri Portland,. Ivyo uwo muririmvyi abishikirije ku rubuga rwiwe rwa...
View Article#indundi | Cedric Bangy ngo ashobora kugandagurwa umwanya n’umwanya
Cedric Bangui ngo ashobora kugandagurwa nkuko aheruka kubishikiriza ku muhora wiwe wa Facebook. Uwo muririmvyi akavuga ko amaze kuza kuronderwa n’abantu atazi incuro zibiri zose ahasanzwe aba. Cedric...
View Article#indundi | Tz | Diamond yahimbaje umusi wiwe w’amavuko mu gahuzu ko musi
Mu gihe kuri uyu wa gatandatu Diamond Platnumz umuririmvyi w’igihangange mu gihugu kibanyi ca Tanzania yarafise umusi mukuru aho yariko arahimbaza umusi wiwe w’amavuko, yahisemwo kuwuhimbaza ku gahuzu...
View Article#indundi | Don Brighter agiye kugaruka n’ibintu bishasha
Vuba cane izindi ndirimbo nshasha ngo zigiye gusubira kandi kuboneka hirya no hino, ivyo vyashikirijwe na Don Brighter aho yayaga na Indundi Magazine. Uwo muririmvyi w’umurundi abarizwa ku mugabane...
View Article#indundi Music|Ndabikwemereye By Boanerge
Ndabikwemereye By Boanerge 679 total views, no views today
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week40
1.Classic By S D Le Pygme Feat. Nondy Classic | Download: 2604 | View :7188 2.Natasha By Tbb Ft Big Farious | Download: 2409 | View :5620 3.Rudi By Thitty Love | Download: 959 | View :3616 4.Umuhero By...
View Article#indundi | Umusi w’intibagiranwa kuri Divine
Umusi w’intibagiranwa kuri Divine Ngendabanka benshi bazi nka Divi-Nick akunze kuboneka mu masanamu y’abaririmvyi bitandukanye akaba kandi mwene Nyina wa Natacha n’umusi yaronkeyeko urupapuro...
View Article#indundi | Kany West yasize vyose asanga Kim Kardashian inyuma y’ukurusimbuka
Mu gihe Kany West yari mu biteramo bitandukanye Ku mugabane wa amerika, umutambukanyi wiwe yahari mu gihugu c’Ubufaransa neza neza Ku murwa mukuru I Paris. Kim Kardashian akaba yarikumwe na murumunawe...
View Article#indundi Music|Akarimi Gasosa By Abagarukirakaranga
Akarimi Gasosa By Abagarukirakaranga 4,375 total views, 44 views today
View Article#indundi | Tz | Intandaro y’ugushaka kugura inzu muri Africa y’epfo
Inyuma yaho Diamond Platnumz ashiriye ahabona inzu yaguze mu gihugu ca Africa y’epfo ngo iyo nzu yaciye itangura kubazwa cane gusumba mu misi yahera. Gushika yaho umu Agent yayiraba atangura kwibaza...
View Article#indundi |Ug| Umuryango wa Dr. Jose Chameleon wuzuye umubabaro n’agahinda
Dr. jose chameleon n’umuryango wiwe wose ufise akababaro kadasanzwe kuko kuri uyu wa kabiri baheruka kubura uwo bita umuvyeyi wabo Patiri John Scalabrini. John afatwa nka sebukwe wa Chameleon ngo niwe...
View Article#indundi | Ibi nivyo vyabaye kuri Nziza Desire n’umukobwa wiwe uno musi
Nziza Desire n’ umukobwa wiwe Leila Nziza uno musi niho bahimbaza isabukuru ryabo ry’amavuko. Uwo mwigeme akaba wewe akwije imyaka 11 y’amavuko, mu gihe se we atawuzi neza iyamenye uko ingana. Uno musi...
View Article#indundi | Uwudafise agafaranga gakwiye sindamuraba no mu maso
Uwudafise agafaranga gakwiye ngo ntashobora kumuraba no Ku maso, ivyo vyashikirijwe n’umwigeme Kidoa akunze kuboneka cane mu masanamu y’indirimbo zitandukanye z’abaririmvyi bo mu Tanzania. Uwo mwigeme...
View Article