#indundi | Aimé. M yashize ahabona amasanamu y’indirimbo “Body”
Indirimbo Aime.M yari amaze imisi amenyesha ko buca isohoka yamaze kuja ahabona, iyo nayo s’iyindi ni Body. Iyo ndirimbo ikaba ikozwe mu Buhinga bwa none. Muri iyo ndirimbo Aimé akaba aririmba mu...
View Article#indundi | Ukuri kw’iboneka rya Big Fizzo mu giteramo ca WASAFI i Bujumbura
Mu gihe abatari bake baguma babaza ko umuririmvyi Mugani Desire benshi nka Big Fizzo azoba ari mu giteramo c’umurwi WCB WASAFI buca kiba igenekerezo rya 24 Nyakanga kuri Independante I Bujumbura,...
View Article#indundi | Bwoba ar’ubugeni bw’umuvyeyi wa Emery Sun?
Hagumye haboneka amashusho atandukanye Ku mbuga z’ingurukanabumenyi aho umuririmvyi Emery Sun aboneka yambaye ikoti y’ubururu hamwe na bene nyina. Iryo koti rikaba kandi ryarabonetse ryambaye umuvyeyi...
View Article#indundi | Ubukwe bwa Vivi ngo buramota
Ubugeni bw’umuririmvyi Vivi wo muri Peace and Love ngo buramota naho hataramenyekana igihe bizobera. Mu gihe hari hagize igihe hari urukurukuru ko Vivi yoba ariko arategura ubugeni n’umwigeme...
View Article#indundi| Tz | Diamond na Rayvany wakirudilia nyimbo ya Saida Kaori
Siko ya leo mwanamziki kutoka Tz akia baba wa Tiffat akishirikiana na mwaamziki Raymond wametoa bonge la nyimbo inakuja kwa jina Salome. Wametoa version 2 ikia ya Club na Traditional tena, na Nyimbo...
View Article#indundi Music|Kuki?By Mkombozi Ft Christian Ninteretse
Kuki By Mkombozi Ft Christian Ninteretse 1,656 total views, 255 views today
View Article#indundi | Ivyo Thity na Mt Number one bafashanijemwo vyamenyekanye
Mu gihe umuririmvyi Mt Number one yari i Bujumbura yakoze ibitari bike harimwo ko yaje azanye indege zifata amasanamu(Drone), hampande yaho yaranahakoze amasanamu y’indirimbo zitari nke harimwo...
View Article#indundi | Big Fizzo yoba ari mu rukundo?
Mu gihe hariko hacishwa hirya no hino amakuru ko umuririmvyi Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo yoba asigaye asohokaba n’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Amore, umuririmvyi Mugani Desire...
View Article#indundi | Tz | Mavoko Ashobora kurengutswa imbere y’ubutungane
Mu gihe hitezwe umurwi WCB I Bujumbura mu misi mikeya, hari amakuru dukesha ibinyamakuru mu gihugu ca Tanzania ko umwe mu bagize uwo murwi ariwe Rich Mavoko Ashobora gushirwa imbere y’intahe umwanya...
View Article#indundi | Dady Face ngo igihe n’iki co gusohora akaririmbo gashasha
Mu gihe umuririmvyi Dady Face amaze ikiringo kingana hafi igice c’umwaka adashira ahabona indirimbo n’imwe, yatuyagiye ko Vuba cane azosohora indirimbo yiwe nshasha. Naho atatubwiye ubutumwa buzoba...
View Article#indundi | Ashley Diva ntarashikiriza igituma yoba yabikoze uko
Inyuma yaho tubamenyeshereje ko Ashley Diva yashizeko Tatouage Ku kuboko, bahavuye haboneka kuri uyu w’Imana Ku rubuga rwiwe rwa facebook ishusho vyerekana iyindi Tatouage yiwe. Iyo Tatouage umengo...
View Article#indundi Music|Natasha By TBB Ft Big Farious
Natasha By Tbb Ft Big Farious 279 total views, 279 views today
View Article#indundi | Peace and Love isigaye idahangarwa mu biteramo
Uko imisi ihera ngo niko umurwi Peace and Love urushaho gutera uja imbere gusumba, ivyo bikabonekera ku kuntu ubandanya wizerwa n’abakunzi b’umuziki Haba I Bujumbura canke hagati mu gihugu. Inyuma...
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week38
1.Kuki By Mkombozi Ft Christian Ninteretse | Download: 2403 | View :4825 2.Barakubesha By Preeze36 | Download: 1616 | View :4620 3.Kuri Line By Norasque Gosp Rap | Download: 1097 | View :5002...
View Article#indundi Music|Love Story By Chino B
Love Story By Chino B 1,555 total views, no views today
View Article#indundi | Amafoto atangaje Grace yasohoye yoba ar’ayiwe
Indundi Mu gihe adaheruka gushira ahabona akaririmbo na kamwe, Grace benshi bazi nka Gaga aheruka gushira hanze amashusho yiwe atangaje Ku rubuga rwiwe wa facebook, ariko ayo mashusho akaba ateye...
View Article#indundi weekly music | Top5 week39
1.Kuki By Mkombozi Ft Christian Ninteretse | Download: 3857 | View :7603 2.Classic By S D Le Pygme Feat. Nondy Classic | Download: 2324 | View :6728 3.Natasha By Tbb Ft Big Farious | Download: 2028 |...
View Article