Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Ngibi ivyashikiye Masterland kubera Ukwituma cane kwiwe

Ukwituma cane kwa Masterland ngo kwatumye Ashley ashima gukorana nawe ibikorwa bimugarukanye i Bujumbura.  Masterland ngo amaze kwituma mu bintu vyinshi nico gituma bahisemwo gukorana hagati yabo ngo...

View Article


#indundi | Kidum ashobora kudashika I Bujumbura

Mu gihe tukirindiriye ko Kidum ashika I Bujumbura hari urukurukuru ruhari ko Kidum atazoshika I Bujumbura mu giteramo yateguriwe agatumirwamwo na Ambassade ya Kenya I Burundi. Intandaro y’ukwo kutaza I...

View Article


#indundi weekly Music | Top5 Week35

1.I Love You By Sat-b Ft Urban Boys & Aime Blueston | Download: 3000 | View :7115 2.Kwiba Ingoma By Young Bilouz | Download: 1600 | View :4260 3.Tamutamu By Matabaro | Download: 1050 | View :9089...

View Article

#indundi Music|Ico ndico By Taylo Sixer

Ico ndico By Taylo Sixer 960 total views, no views today

View Article

#indundi Interview | Kidum ngo yararengeye amahiganwa

676 total views, no views today

View Article


#indundi Music|Come To Me By Bob Breezy And Lili

Come To Me By Bob Breezy And Lili 1,329 total views, no views today

View Article

#indundi | Tz | Amasanamu ya Natafuta Kiki ya Rayvan yamaze gusohoka

Indundi Imisi mikeya imbere yuko umurwi WCB habuzemwo Diamond Platnmz uja mu gihugu ca Kenya gukorayo igiteramo c’agakura, hasohotse amasanamu y’indirimbo yaririndiriwe cane n’abatari bake mu muziki...

View Article

#indundi Music|U Gamme Nothing By Eliezo Da Trigger

U Gamme Nothing By Eliezo Da Trigger 1,264 total views, 1 views today

View Article


#indundi Music|Back Up By Khelisha Ft Gn

Back Up By Khelisha Ft Gn 1,370 total views, 1 views today

View Article


#indundi Music|On Your Own By Sag Wise

On Your Own By Sag Wise 1,488 total views, 1 views today

View Article

#indundi Music|Nimenogewa By Bien Freema Ft Kingorongoro

Nimenogewa By Bien Freema Ft Kingorongoro 3,546 total views, 1 views today

View Article

#indundi Music|Yarakubiswe By Key Mane

Yarakubiswe By Key Mane 915 total views, 5 views today

View Article

#indundi Music|Uwumutima By Desire P Ft Lil Thomson

Uwumutima By Desire P Ft Lil Thomson 878 total views, 5 views today

View Article


#indundi Music|Buja Ville by LanigthMoncheri(Swagger Team+257)

Buja Ville by LanigthMoncheri(Swagger Team+257) 934 total views, 5 views today

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week36

1.Tamutamu By Matabaro | Download: 1943 | View :10293 2.Ico ndico By Taylo Sixer | Download: 1593 | View :2242 3.On Your Own By Sag Wise | Download: 404 | View :2439 4.Nimenogewa By Bien Freema Ft...

View Article


#indundi | Kidum yashikije ico yemeye ari mu bwongereza

  Ico Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yemeye, yaraye abishikije uko yavyemeye.Ivyo tuvuga n’ukuririmbira abantu bafise ikibazo co mu mutwe barwariye kwa Le Gentil mu kamenge. Ivyo Kidum...

View Article

#indundi | Sat-b azokora igiteramo mu kw’12 i Bujumbura

Igiteramo c’ugushira ahabona urukurikirane rushasha rw’umuririmvyi Sat-b ngo agiye kuzogikorera I Bujumbura mu kwezi kwa 12. Ivyo Sat-b yabivuze mu gihe ngo ariko arategura urwo rukurikirane. Izo...

View Article


#indundi Music|Niwako By Joe Sing

Niwako By Joe Sing 1,417 total views, 1 views today

View Article

#indundi | Leonard Niyomwungere mu myiteguro yo gusohora akandi karirimbo

Kamwe mu turirimbo umuririmvyi w’inararibonye Leonard Niyomwungere agiye gushira ahabona koba kavuga ku bibazo Uburundi burimwo? <<Muzobona intamba hirya no hino, muzoce yuko wa musi ugiye...

View Article

#indundi | Big Fizzo na 3Hills mu ndirimbo nshasha

Inyuma y’indirimbo Vimba Vimba Rmx y’umurwi 3Hills n’igihangange Kidum, hagiye gukorwa iyindi Hit n’umuririmvyi Big Fizzo.  Mu gihe baheruka gushira ahabona indirimbo baheruka gukorana n’igihangange...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live