Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | umuririmvyi Ragga Dee yagizwe umuserukizi w’Ubugande mu Burundi

Daniel Kazibwe umuririmvyi w’umugande yamenyekanye cane kw’izina rya ragga dee niwe yashinzwe amabanga yo guserukira Ubugande mu Burundi. Uwo muririmvyi akaba agizwe umuserukizi w’ubugande mu Burundi...

View Article


#indundi Music|Mutima By Mastreland

Mutima By Mastreland 4,057 total views, 80 views today

View Article


#indundi | Kidum yoba yamenyeshejwe ko azogirirwa nabi ashitse i Bujumbura

Kidum ahejeje gushikiriza ko agiye gutahuka i Burundi mu giteramo, yoba yabwiwe n’abantu ko aramutse ahonyoje ikirenga i Bujumbura ko azoca yicwa.   Mu gihe kidum kibido kibuganiro yaheruka kumenyesha...

View Article

#indundi | Umuririmvyi w’umunyamahanga yambara neza muri TEXAS

Imbere y’amahanga Nziza Desire yagizwe umuririmvyi wambere w’umunyamahanga yambara neza n’inzu y’ubudandaji iri muri Texas. Nziza Desire yashizwe ku kibanza ca mbere mu baririmvyi bambara neza, uwo...

View Article

#indundi weekly music |Top5 Week 33

1.Mana Y’uburundi By Miklane Ft Mkombozi | Download: 2252 | View :4706 2.Kina Upendo By Waziri Wa Hekiwa | Download: 1556 | View :3451 3.Mutima By Mastreland | Download: 1262 | View :5359 4.Vimba Vimba...

View Article


#indundi Music|Vuga Yes By Cypro Lith Ft Lolilo

Vuga Yes By Cypro Lith Ft Lolilo 447 total views, 447 views today

View Article

#indundi Music|True Sixer By Taylo Sixer

True Sixer By Taylo Sixer 447 total views, 447 views today

View Article

#indundi Music|Urukundo By Masodja ,Akes Don, Eminem

Urukundo By Masodja ,Akes Don, Eminem 471 total views, 471 views today

View Article


#indundi Music|Izere Fm By Rumonge All Stars

Izere Fm By Rumonge All Stars 1,542 total views, 1,542 views today

View Article


#indundi | Iki nico Kidum yabwiye Muyoboke Alex ku vyerekeye Fariouz

Kidum yagize ijambo abwira Manager Muyoboke Ku kibazo ca Fariouz abicishije kuri facebook yiwe.  Nimbona Jean Pierre benshi Nazi nka Kidum yabwiye umusahirizi (Manager) w’umurwi Charly na Nina...

View Article

#indundi | Akes yigaruye ahindura ingingo yari yafashe

Amasanamu y’indirimbo Akes yari yanse kujamwo ubu ngo azojamwo kuko ikibazo cari gihari caramaze gutorerwa umuti.  Ivyashikirijwe ko amasanamu y’indirimbo Akes yakoranye na Eminem hamwe na Masodja...

View Article

#indundi | Fortran agiye guteramisha abanyakigali

Inyuma y’uruhererekane rw’ibiteramo Ku mugabane wa Buraya, Fortran Bigirimana agiye gukorera igiteramo I Kigali. Fortran Bigirimana agiye gushika I Kigali mu giteramo kidasanzwe azokorera muri...

View Article

#indundi Video | Sat-B – I Love You ft Urban Boys & Aimé Bluestone (Official...

Indundi 6,247 total views, 6,247 views today

View Article


#indundi | Big Fizzo yasubijwe kw’isuka n’abagizi ba nabi

Inyuma y’ugukwiza abantu barenga ibihumbi 10 ku rubuga rwa Instagram, Big Fariouz yahavuye asubizwa kw’isuka n’abagizi ba nabi. Mugani yaheruka kumenyesha ko urubuga rwiwe rwa Instagram ruheruka kuba...

View Article

#indundi Akamashu | Yoba asigaye adandaza amavoka mu gisagara ca Bujumbura?

Mu gihe abagurisha amavoka mu gisagara ca Bujumbura ngo batakiboneka, umuririmvyi Bizos we ngo ashobora kuba abarizwa mu boba bazi aho amavoka agurishirizwa.   Mu kiganiro Indundi hits show co kuri uyu...

View Article


#indundi | Iki nico umurwi Wanajeshi babwiye R-Flow kubwa Chany Queen

Mu gihe kitari gito hariko hibazwa uwoba ari se w’umwana Chany queen yibungenze, yahavuye abishira ahabona noneho yerekana se w’umwana yibungenze. Chany queen abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook...

View Article

#indundi | Yoya Jamal yavuze kuvyaha n’ababikora

N’ivyaha Yoya ntiyaretse kubikozako urutoke. Nta wuzi ko buzoba biri mu ndirimbo yiwe nshasha canke yapfuye kibishikiriza gusa, ariko umuririmvyi Yoya Jamal yagize ico avuga Ku vyaha n’ababikora naho...

View Article


#indundi | Iki giteramo gifatanye n’umusi mukuru w’amavuko yiwe

Igiteramo gifatanye n’umusi mukuru w’amavuko kubera abatari bake mu baririmvyi bamugobereye ngo bazoce baririmba. Mu gihe yipfuza guhimbaza umusi mukuru w’amavuko yiwe, akaba yipfuje kubikorera kuri...

View Article

#indundi | Nah’atawuvuga nabi uwundi ariko batandukanye

  Mu gihe bari bamaranye igihe kitari gito bakorana ibikorwa bitandukanye vy’umuziki harimwo kuyikora, bakazikorera amasanamu n’ukuzimenyekanisha. Baraye bavanguye imitungo ubu ngo ntakibarizwa musi...

View Article

#indundi | Emery Sun yavuze ivy’umukunzi wiwe barikumwe gushika ubu

  Yarahiye ararengwa ko adashoboa kumuvuga naho afise umwe kuko no ubwo n’ubuzima bwiwe ntakwiye kubwandagaza. Mu gihe Emery Sun yari mu kiganiro Indundi Hit Show co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live