Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi |Kebby| Mwanzo ni kutafuta gisi ya kusambaza Mziki

Kazi ya kutafuta njiya ya kusambaza Afrika pote Mziki wake ndio kazi ya kwanza ya kufanya mbele ya kutoa Mziki. Kazi wanao ni ya kutafuta zingine njia za kusambaza Mziki wake Africa kote. Alisema...

View Article


#indundi | Urubuga rwa Aime M. ruzoja ahabona vuba

Urubuga ngurukana bumenyi rwa Aime M. rugiye kuja ahabona aho ruzoba umuhuza hagati y’ibikorwa vyiwe n’abakunzi b’umuziki wiwe. Amasanamu(video), indirimbo , amashusho(photo), n’izindi nzira zose...

View Article


#indundi New Audio|Ubikunze By Ruben

[audio_id 230795] 1,410 total views, 1,410 views today

View Article

#indundi | Impari zavyutse kubera indirimbo nshasha ya Lolilo

Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Lolilo yatanguye gutera rwaserera hagati y’abantu bavuga ko bayikoze na Lolilo we ubwiwe. Umuhinyanyuzi Keshy Abdoul akorera mu gihugu ca Afrika y’epfo, yamenyesheje ko...

View Article

#indundi | Izokorana n’abigeme babishoboye kandi babishaka

<<Twashimye gukorana n’abashaka kandi bashoboye kuko abandi bo twabonye ata gahunda yo kugera kure bagira.>> ivyo vyashikirijwe n’abajejwe gutanga amakuru mw’isabukuru ry’umuziki w’abigeme...

View Article


#indundi | Big Fizzo agiye guteramisha abatwarwa na Museveni

Ibiteramo mu Bugande no mu Rwanda n’ishirwa ahabona y’indirimbo nshasha nivyo bikorwa bigiye kuranga Mugani Desire muri ndamukiza.  Mugabo Desire benshi bazi nka Big Fizzo ngo agiye kwerekeza mu gihugu...

View Article

#indundi | Masterland agiye gusohora indirimbo nshasha

Sinzohinduka niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Masterland inyuma y’iyo yakoranye na Yves Kolly. Inyuma y’ugushira ahabona inzu y’ubuhinyanyuzi yiwe yise Master Muzik, Master land yamenyesheje ko...

View Article

#indundi | Sat-b ntazitabira igiteramo i Burundi

Sat-b ngo ntiyagishijwe Inama mu gushirwa ku rupapuro rw’igiteramo kizobera mu Kibenga ahitwa kuri La Costa Beach, ngo Nico gituma atazitabira ico giteramo. Ntazitabira igiteramo kizobera I Burundi...

View Article


#indundi | Kidum yise umusi mukuru w’amavuko y’umwana wiwe izina Francky Joe

Kidum yise umusi mukuru w’umwana wiwe Francky Joe izina ry’umuririmvyi w’umunyarwanda. Aho bukera igenekerezo rya 27 ntwarante(4) buca umuhererezi wa Nimbona Jean Pierre kidum azwi kw’izina rya Nimbona...

View Article


#indundi | Hamenyekanye ivy’ukuja muri Politique kwa Theogene

Ibivurwa ko Theogene benshi bazi nka Bosebabireba yoba yaragiye muri Politique kugira arondere amaronko ngo sivyo na gato.  Izo nkuru zatanguye kuvurwa cane aho uwo muririmvyi yaboneka cane ariko...

View Article

#indundi | Cedric Bangui arashima ko yasimvye imbugita

Inyuma y’ibarwa ry’ukuguru kwa Cedric Bangui kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 13 ntwarante, ubu ngo ni sawa. Imvune yo mu mwaka w’1987 niyo yamuvyutse bituma aja kubarwa. Ivyo vyashikirijwe na Cedric...

View Article

#indundi | Emelance yasohoye indirimbo inyuma y’ukuva ku mbugita

Inyuma y’ukuva ku mbugita yashize ahabona indirimbo yise Africa njo Nyumbani yakoreye mu Bugande. Africa njo Nyumbani niko karirimbo gashasha k’umuririmvyikazi w’umurundi Emelance Emmy aheruka gushira...

View Article

#indundi | Iteranwa ry’amajambo kubera amasanamu y’indirimbo nshasha ya...

Abdoul Keshy ngo mu gihe yafashe amasanamu ntayafatanye ngo ntiyarakwiye kwandikwako wenyene. Umuryango wa Lolilo wahavuye aragira ico ashikirije Inyuma yaho mu misi iheze tubashikirije inkuru ivuga ko...

View Article


#indundi audios | Njala by Sat-b

Njala By Sat-B 1,895 total views, 1,895 views today

View Article

#indundi | Mkombozi buca asohora indirimbo nshasha

Indirimbo itaramenyekana izina canke ubutumwa buzoba burimwo niyo igiye gukorwa n’umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi. Inyuma y’indirimbo Inkinzo ya Nyaburunga umuririmvyi Mkombozi...

View Article


#indundi New Audio|Mpumuriza By Super Huff Ft Emery Sun

Mpumuriza By Super Huff Ft Emery Sun 104 total views, 104 views today

View Article

#indundi radio show | Ingoma beat na Sat-b

6,589 total views, 3 views today

View Article


#indundi | Kidum mu ndirimbo n’umu congomanikazi Alicios

Kidum buca ashira ahabona  indirimbo nshasha bakoranye n’umuririmvyikazi Alicios  w’umucongomani ariko akorera muri Sweden.  Umuririmvyikazi alicios afise ubwenegihugu bwa Congo ariko akorera ibikorwa...

View Article

#indundi | Ashley Diva yibipfurije Pasika nziza yambaye agahuzu ko musi

Ashley Diva yifurije amakunzi b’umuziki wiwe bamukurikirana Ku rubuga rwa Facebook pasika nziza yambaye agahuzu ko kwogana. Umuririmvyikazi Ashley Diva mu kwifuriza umusi mwiza wa Pasika abakunzi biwe...

View Article

#indundi | Kubwa Yeremiya ngo haracariho ivyizigiro

Kubwa  Yere mu ndirimbo yiwe nshasha yise Mpore ngo haracariho Ivyizigiro kugira igihugu c’Uburundi gikire kuoo hakiri abagabo bakunda igihugu. <<Indirimbo zitari nke zarasohotse ariko ntizishike...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live