Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Ibi nivyo vyatumye Yoya Jamal ateba gusohora indirimbo yiwe nshasha

Urupfu rwa Jean Bosco Niganze yoba ari umwe mu ntambamyi zatumye Yoya Jamal atabasha gusohora indirimbo yiwe nshasha. Abarundi batari bake barakumbuye umuririmvyi Yoya Jamal kumwumva ariko arikora mu...

View Article


#indundi | Zari ashobora kwica umwana wa kabiri yibungenze kubera Diamond

Zari arashobora gukurayo inda y’amezi ane asanzwe afdise muri kino gihe kubera ubucuti buri hagati ya Diamond n’umwe mu banyamideri bari muri WCB. Umuryango wa Diamond woba uri mu yabira muri kino gihe...

View Article


#indundi | Ashley Diva na Pierrot Kwizera boba batagicana uwaka

Ashley diva yoba atakiri mu rukundo na Pierrot kwizera bivanye n’ivyo yashikirije ku rubuga rwiwe rwa facebook. Ashley Diva aheruka kumenyesha ko ari wenyene mu rukundo kwataho muri kino basangiza...

View Article

#indundi | Umwamikazi wa Cherif n’umuririmvyikazi Lissa

Biribonekeza no ku mbuga ngurukanabumenyi ko umuririmvyikazi Lissa n’umuhinyanyuzi Cherif bari mu rukundo. Umuririmvyikazi Lissa Mbonihankuye niwe muri kino gihe ar’umwamikazi w’umutima w’umuhinyanyuzi...

View Article

#indundi New Music|Mana Y’uburundi By Miklane Ft Mkombozi

Mana Y'uburundi By Miklane Ft Mkombozi 1,655 total views, 418 views today

View Article


#indundi | Himbaza Club izosubire kandi guteramisha abanyakigali

Umurwi Club Himbaza usanzwe uvuza Ingoma ukagira n’abasanzwe batamba bariko bategurira abakunzi b’umuco ndundi igiteramo kidasanzwe i Kigali mu rwanda ahitwa kicukiro mw’isengero New Life Church....

View Article

#indundi | Hagati ya Emery Sun na Happy Famba hariko hategurwa ikintu

Indirimbo itaramenyekana izina hamwe n’ubutumwa niyo iriko irakorwa n’ibihangange Emery Sun na Happy Famba.  Indirimbo itaramenyekana izina niyo iriko irategurwa n’ibihangange bibiri Emery Sun na Happy...

View Article

#indundi New Music|Hafi Yanje By Black Homes

Hafi Yanje By Black Homes 1,848 total views, 1,848 views today

View Article


#indundi | Floris yoba yahaye umugongo indirimbo zo guhimbaza Imana

Indirimbo zine za Floris ziheruka gusohoka nizo zerekanye umuzo mushasha  wiwe mu Muziki.  Indirimbo zihimbaza Imana zisanzwe zifata umuntu ntaronka ivyiyumviro vyiyaguye vyo kuririmba. Ivyo...

View Article


#indundi New Music|Kimararungu By Andy Mwanga Ft R Flow

Kimararungu By Andy Mwanga Ft R Flow 612 total views, 612 views today

View Article

#indundi | Babbi n’umuzungukazi wiwe ni gute?

Akazi ngo niko kahuje umuririmvyi Babbi n’umuzungukazi wiwe, nayo amasanamu ya Fellow ni vuba cane. Umuririmvyi Babbi yoba asigaye asohokana n’umuzungukazi? Ico ni kimwe mu bibazo wokwibaza ukubitiye...

View Article

#indundi New Music|Vimba Vimba By 3 Hills Ft Kidum

Vimba Vimba By 3 Hills Ft Kidum 149 total views, 149 views today

View Article

#indundi Gospel | Yves Shaka agiye gusohora indirimbo irabishwa mu rwaruka

Indirimbo ifise ubutumwa buraba ku rwaruka  niyo buca ishirwa ahabona na Yves Shaka, ikaba izoba ibaye iya mbere akoze wenyene. karirimbo ka mbere k’umuririmvyi Yves Shaka kagiye gushirwa ahabona mu...

View Article


#indundi | Indirimbo ivuga ku rukundo niyo igiye gushirwa ahabona na Desire P

Hampande y’ugushaka gusohora indirimbo, Desire P agiye n’ugukora amasanamu yayo.  Indirimbo itaramenyekana izina ariko iri mu mudiho utambika niyo igiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi Desire P nkuko...

View Article

#indundi | Uburundi buzoserukirwa mw’ihiganwa Maisha Plus muri Tanzania

Abarundi bane nibo bazoserukira Uburundi mw’ihiganwa Maisha Plus mu gihugu ca Tanzania uno mwaka.  Amahiganwa ahuza Ababa muri.Africa y’ubuseruko akomeza kwagura imihora. Uburundi nabwo bugiye...

View Article


#indundi | Knowless yoba ataryohererwa ivyo yakoze muri kahise

Knowless ngo ntiyaryoherewe ivyamubayeko mu myaka yaheze nkuko yavyerekanye mu kwugara (block) uwashizeko ifoto yiwe ya Kera muri Instagram. Butera Jeanne inyuma y’ukwubaka urwiwe yoba yicuza ivyo...

View Article

#indundi | Iki nico gituja Mt Number one akunda gukoresha abazungu cane

Muri kamere y’abirabure ngo ntibakunda gukurikiza gahunda ariko abazungu bakunze kuba Ku mwanya.  Mu kiganiro Mt Number one yatanze Ku nsamirizi Indundi Radio mu ikiganiro Indundi Hit Show yasobanuye...

View Article


#indundi | Emy Emery yasiguye igituma atakiririmba cane

Emy Emery yahaye umwanya munini ivugabutumwa gusumba ukuririmba.  Emy Emery muri kino gihe ngo n’umukozi w’Imana(Pastor) muri Kenya nkuko yabiyagiye imboneshakure Indundi Tv. Uwo muririmvyi...

View Article

#indundi | Hagati ya Happy Famba na Sat-b hoba har’umuriro

Umwanya wo gushwana n’ukuvuga umuririmvyi Sat-b ngo ntawo yoronka kuko ivyo arivyo mu myaka yaheze y’ 1960. Happy famba ngo nta Mwanya yoronka wo kwiyunvira kugira Beef na Sat-b. Ivyo yabishikirije mu...

View Article

#indundi | Amasanamu y’indirimbo Sat-b yakoranye na Urban Boys vuba cane...

Sat-b na Bukiv Label buca bashira ahabona amasanamu y’indirimbo nshasha yakoranye na Urban Boys.  Inyuma y’agacerere katari gato Sat-b yaheruka kugira, yamenyesheje ko Vuba cane amasanamu y’indirimbo...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live