#indundi | Kebby yamenyesheje ko urugendo rwiwe rutabaye impfagusa
Kebby yamenyesheje ko agiye gukorera amasanamu indirimbo yiwe nshasha My Dodo kandi ko urugendo rwo muri Tanzania rutabaye impagusa. Indirimbo My Dodo mu misi mikeya igiye gukorerwa amasanamu nkuko...
View Article#indundi | Sat-b yafashwe nk’umubeshi
Mu gihe amaze gushikiriza ko azotaha Vuba, bamwe mu bakurikirana urubuga rwa facebook rwa Sat-b bamufashe nk’umubeshi. Sat-b yasubiriye kumenyesha ko buca ashika iBujumbura i Burundi ku muhana, ivyo...
View Article#indundi | Samantha yizera ko azobandanya atumirwa mu yandi masabukuru
Samathan yizeye ko atari irya nyuma atumirwa gukora igiteramo nkico aheruka gukorera kuri karera Beach muri Pamoja Festival naho ryari irya mbere aririmvye ari wenyene. Nyenimana Kelly samantha umwe mu...
View Article#indundi | Mirror Team ntiyicaye izoguma itangaza abantu
Umurwi Mirror team ngo ntiwicaye wakoze cane ngo ntibaze batetereze abakunzi b’umuziki wabo. Indundi Ivyo umurwi Mirror Team uheruka gukora aho bari batumiwe mu giteramo kuri Star Hotel ngo sigihamana...
View Article#indundi New MUsic|Madalena By Douglas Power
Madalena By Douglas Power 537 total views, 49 views today
View Article#indundi New MUsic|Nakupenda By Alany
Nakupenda By Alany 1,138 total views, 268 views today
View Article#indundi| Ntitubayeho ku gihamana tubayeho ku mugambi w’Imana
Amajambo y’ihumure Ku bakirisu niyo yumvikana mu karirimbo Imana y’Amahoro gashasha k’umuririmvyi Emmy Pro. Indundi “Ntabwo tubayeho ku gihamana ahubwo tubayeho ku mugambi w’Imana” Ayo ni amwe mu...
View Article#indundi New Music|Burundi By Young Mix
Burundi By Young Mix 1,495 total views, 1,495 views today
View Article#indundi |ingomabeat | Masterland avuga ivy’indirimbo yiwe yakoreye i Kigali
Mu kiganiro Ingoma beat co ku musi wa gatatu igenekerezo rya 3 myandagaro, hakaba harashikirijwe amakuru atandukanye yaranze abaririmvyi b’abarundi, indirimbo 5 zakunzwe(Indundi TOP5 Week 31). Mu gica...
View Article#indundi | Wawa na Robbiaz bagiye gusohora akaririmbo gashasha
Indirimbo zibiri zikurikirana nizo umuririmvyi Wawa Vg agiye kuzoba akoranye na Robbiaz, indirimbo Original niyashirwa ahabona. Inyuma y’indirimbo Dear Mama umuririmvyi Wawa yakoranye n’umuririmvyi...
View Article#indundi | Adora buca ashira ahabona amasanamu y’indirimbo Cereza
Adora uwimana agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha Cereza inyuma y’umwanya muto ashize hanze amajwi yayo. Inyuma yaho ashiriye ahabona indirimbo Cereza avuga ko ifise ubutumwa bwose...
View Article#indundi | Video | Uguhimbaza Imana nico Twahamagariwe
Uguhimbaza Imana nico bashira imbere iyo Daniel Scott yicaranye n’abo batahura kimwe ivy’inzira y’umusaraba. “Guhimbaza Imana nico twahamagariwe iyo tugiriwe amahigwe yo guterama hamwe dufata inanga...
View Article#indundi | Omer yamweretse abagenzi incuti n’ababanyi
Omer umwe mu bashinze umurwi ndangakaranga Intatana, Ku musi wa gatatu i Kigali mu rwanda niho yakubita inkoro hasi asaba umwigeme Arielle ko yokwemera kumubera umutambukanyi wiwe. Imbere y’isinzi...
View Article#indundi New Music|Mtoto Wa Yatima Hy FB766 ft Rashid
Mtoto Wa Yatima Hy FB766 ft Rashid 1,551 total views, 511 views today
View Article#indundi New Music|Umushusho By Swagger Team +257
Umushusho By Swagger Team +257 2,407 total views, 1,207 views today
View Article#indundi New Music|Original By Vg Wawa Ft Robbiaz
Original By Vg Wawa Ft Robbiaz 2,532 total views, 1,329 views today
View Article#indundi New Music|Jeux De Passe By A-Z
[audio_id 231611] 421 total views, 421 views today
View Article#indundi | Big Fizzo umukinyi w’umupira w’amagukuru?
Big Fizzo yoba asanzwe akunda agapira cane nkuko biboneka mu masanamu atandukanye yarungitswe hirya no hino amwerekana ariko aritegurira gukina uwo muhira wiburungushuye. Hari amashusho agize akanya...
View Article#indundi New Music|Kina Upendo By Waziri Wa Hekiwa
Kina Upendo By Waziri Wa Hekiwa 1,286 total views, 1,286 views today
View Article#indundi | kidum ubwiwe ngo ntahanze amaso ico Uburundi bumukorera
kidum ubwiwe ngo ntahanze amaso igihugu ico kimukorera, ahubwo yipfuza ico yogikorera ngo yitandukanye na benshi mu Barundi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo muri kazoza ico yipfuza...
View Article