#indundi | Peace and Love irasubiriye kuboneka mu giteramo
Amasanamu abiri y’Indirimbo z’umurwi Peace and Love azoshirirwa ahabona umusi umwe kuri Cristal. Indundi Amasanamu y’indirimbo zibiri z’umurwi Peace and Love zigiye gushirwa ahabona aho bukera...
View Article#indundi | Abidjan irakora kuri Beyonce igasha
Beyonce yasavye imiliyoni 4 z’amafaranga y’amanyamerika amanya Abidjan bashaka ko ashika muri ico gihugu kubateramisha. Mu gihe yarakirindiriye gukora igiteramo c’agakura I Paris mu Bufaransa, Beyonce...
View Article#indundi | Abarundi ngo ni bisuganye kuko Big fizzo yashitse
Abarundi ngo nibisuganye Fizzo yamaze gushika muri Sweden, kuwa gatandatu mu giteramo ngo hazoca uwambaye. Muri kino gihe umuririmvyi Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo abarizwa muri Sweden aho...
View Article#indundi | Imyaka ntinyegezwa
Papa Francis yatembagaye mu gihe yariko arasoma imisi muri Plonge. Mugihe yariko arasoma imisi papa Francisco umwungere wa Ekleziya katolika mu gihugu ca Pologne bagiye babona yikubita hasi ubwo nyene...
View Article#indundi | Umwana wa Platini yaraye akwije umwaka avutse
Platini yahimbaje Umwaka wose uheze aronse ikibondo kuri uyu wa 28 mukakaro. Umuririmvyi King Plata benshi bazi nka Platini Ku musi wa Kane igenekerezo rya 28 mukakaro Niho yahimbaza umusi mukuru...
View Article#indundi | Mkombozi agiye gukorana n’abanyarwanda
Indirimbo zine zose Mkombozi agiye gukora azozikorana n’abanyarwanda muri uno mwaka. Indirimbo zitatu canke zine ngo nizo Mkombozi agiye gushira ahabona muri uno mwaka. Izo ndirimbo nkuko...
View Article#indundi | Ugukora indirimbo kwa Aron navyo vyoba biri mu bigiye gukorwa na...
Kidum ari I Kigali ubwa gatatu mu kwezi kumwe aho yitabiriye ubukwe akagirako akora igiteramo muri K Club. Nimbona Jean Pierre Kidum yamaze gushika kigali mu Rwanda aho bivurwa ko yoba yitavye ubukwe...
View Article#indundi | Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo muri Tanzania
Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania aho bavuga Ku ndirimbo yiwe nshasha aheruka gushira ahabona. Babbi yabonetse muri imwe mu numero ya kimwe mu binyamakuru vyo mu...
View ArticleJustin Bieber yoba yahakanye kuja muri Film kubera aho bamusaba kuryamana...
Ugusabwa ko akina aryamana n’uwundi muhungu nico coba catumye Justin Bieber areka gukina Film yari yahanagariwe. Umuririmvyi Justin Bieber ngo yoba yahakanye kuja muri Film bari bamuhamagariye kujamwo...
View Article#indundi | Amafoto| Clement na Knowless basezeranye imbere y’amategeko
Imbere y’amategeko guhera uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 mukakaro Clement na Knowless babaye umugabo n’umugore. Umuririmvyikazi Butera Jeanne azwi nka Knowless na Clement ari nawe manager wa...
View Article#indundi | Indirimbo nshasha ya Chris d na Elvin Boy buca ija ahabona
Indirimbo y’umuririmvyi Chris d na Elvin Boy ishobora gushirwa ahabona mu misi ya Vuba cane. Aho bukera umuririmvyi Chris D ngo bica ashira ahabona imwe mu ndirimbo zitari nke afise zimaze guheza...
View Article#indundi | Kidum yakoranye indirimbo n’umurwi 3 Hills none bayikoreye amasanamu
Kidum I Kigali yashimye kuhakora amasanamu y’indirimbo Vimba Vimba yakoranye n’umurwi 3 Hills Hope arimwo. Kidum Kibido kibuganizo I Kigali ntiyahashitse ngo akore ibiteramo gusa ahubwo ngo yaragiye...
View Article#indundi | Inyuma y’ugusohoka indirimbo Na Sat-b, Iry Tina ashobora gukora...
Hampande y’ugushira ahabona indirimbo yiwe nshasha ngo yoba ashaka gukora ibiteramo I Bujumbura cokimwe no hagati y’igihugu. Keya ngo niko karirimbo gashasha k’umuririmvyikazi Iry Tina yakoranye na...
View Article#rwanda | Knowless ngo yatumye bamwe mu bakunzi b’umuziki wiwe bakubitwa
Knowless ngo yarakiye kwikubita agashi ntasuzugure abasanzwe ari abamushikanye ahageze kuko aribo yikorako iyo hageze amatora. Mu gihe Ku musi wa gatandatu abaharurwa ku ntoke ngo aribo bitavye...
View Article#indundi | Moise Nibitanga yahoze muri Lee 2 M’A yaronse igufa ryo mu magufa...
Moise buca yubakana n’umwigeme Bodil igenekerezo rya 6 myandagaro inyuma y’ukumusaba ko yomukundira bakabana akaramata. Moise Nibitanga benshi bazi nka Moussa yari umwe mu bagize umurwi Lee 2 May...
View Article#indundi New Audio|Mutima Wanje By Rapha B
Mutima Wanje By Rapha B 554 total views, 29 views today
View Article#indundi New Audio|Ikundutungir By Simple Jay Ft Fabilove
Ikundutungir By Simple Jay Ft Fabilove 738 total views, 45 views today
View Article#indundi New Music|Sinzotinya By Jc Masezerano
Sinzotinya By Jc Masezerano 153 total views, 153 views today
View Article#indundi New Music|Kubwawe By Good Peace
Kubwawe By Good Peace 239 total views, 239 views today
View Article#indundi New Music|Onyema By Chris Dizzo Ft Elvin Boy
Onyema By Chris Dizzo Ft Elvin Boy 1,533 total views, 1,533 views today
View Article