Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi New Music|Hip Hop Is My Style By Sag Wise Ft Add The Rapper

Hip Hop Is My Style By Sag Wise Ft Add The Rapper 2,060 total views, 595 views today

View Article


#indundi | Karaoke ya Peace and Love yasubiriye gutangura

Karaoke yo Peace and Love yasubiriye kandi gutangura  Ukuri kwamye.  Indundi Nkuko twari twabamenyesheje ko ibikorwa bitandukanye muri Karaoke ya Peace and Love buca bisubira kuja ahabona, iryavuzwe...

View Article


#kenya | Koffi olomide yafungiwe i Nairobie azira inkumi?

Koffi Olomide yoba agifungiwe muri Kenya? Ako n’akabazo abatari bake baguma bibaza inyuma y’ukwumva ko yoba yafashwe.  Indundi Uwo muririmvyi w’umu congoman yafashwe Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu...

View Article

#indundi | Kidum agiye guhonyoza ikirenga ubwa mbere i Goma

Kidum mu misi itaramenyekana neza agiye gushika na Bodaboda Band I Goma mu gihugu ca Congo.  Indundi Naho hataramenyekana umusi n’isaha ariko hamenyekanye ko Nimbona jean Pierre benshi bazi nka Kidum...

View Article

#indundi | Amasanamu y’indirimno Makwerekwere ya Lolilo ni Vuba cane

Inyuma y’imisi itari mike ata masanami y’indirimbo umuririmvyi Lolilo ashira ahabona, yerekanye ko Vuba cane indirimbo yiwe Makwerekwere buca ishirwa amasanamu ahabona. Amasanami y’iyo ndirimbo...

View Article


#indundi New Music|Yeye By Omario Lee Ft Micho

Yeye By Omario Lee Ft Micho 35 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Nicacu Twese By Diola And Mr Father

Nicacu Twese By Diola And Mr Father 357 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Ndindira By Joe Mars

Ndindira By Joe Mars 398 total views, no views today

View Article


#indundi New Music|Mugisagara By Akes Don

Mugisagara By Akes Don 496 total views, 1 views today

View Article


#indundi New Music|My Dodo By Kebby Boy

My Dodo By Kebby Boy 1,896 total views, 342 views today

View Article

#indundi | Sat-b yatanguye kuba rutumwako mu bukwe

Hampande y’ukwitabira ubugeni azoririmbamwo mu bugande yanashimye guheraheza amasanamu y’indirimbo nshasha. Indundi Abarundi buke buke baratanguye gukunda n’ukwiyumvamwo ibikorwa na ba benenyina. Ivyo...

View Article

#indundi | Imfura ya Christian Nsavye yakorewe ibikorerwa abana b’ibihangange...

Sonrisa Candela Nsavye Umwana wa Nsavye Christian nawe yakorewe urubuga rwiwe rwa facebook. Indundi Umumenyeshamakuru Christian Nsavye yakoreye Umwana wiwe ibimenyerewe Ku bana b’ibihangange cane cane...

View Article

#indundi | Cypro Light agiye gushira ahabona urukurikirane yise Nipe Jibu

Urukurikirane Nipe JIBU rw’umuririmvyi Cypro Light buca ruja ahabona kuri uyu wa 7 myandagaro muri Downtown mu Bwiza.  Indundi Abaririmvyi nka Lolilo, Josdy Muri ?G, Generencha Bidondo na Mr....

View Article


#indundi | Agakuku niko katumye aja murivyo ariko ubu yasezeye

Clara ngo imyaka n’agakuku nivyo vyamutumye aja mu masanamu y’indirimbo, ariko ubu yasezeye.  Abigeme bipfuza kuja mu masanamu y’indirimbo ngo ntabahanuye kubijamwo ahubwo ni bavyivagire. Ivyo...

View Article

#indundi | Naho vyamugoye Lop’s Miraculo agiye gusohora akaririmbo gashasha

Lop’s Miraculos arasaba ikigongwe kuba atasohoye akaririmbo yari yemeye, ariko akavuga ko hari ako ariko arakora, vuba kakazosohoka. Miraculous arasaba ikigongwe abakunzi b’umuziki wiwe bari biteze ko...

View Article


#indundi | Ivyiza nivyo Vyifurizwa Big Fizzo kw’isabukuru ryiwe

Ivyiza gusa nivyo abarundi bariko bipfuriza Big Fizzo Ku musi wiwe w’isabukuru ry’amavuko yiwe. Abarundi batari bake harimwo n’umurwi Wanajeshi Kamili barifurije isabukuru ryiz ry’amavuko umuririmvyi...

View Article

#indundi New Music|Wararakaye By Musebo Ft Ceck Ceck

Wararakaye By Musebo Ft Ceck Ceck 669 total views, 669 views today

View Article


#indundi New Music|Nitakupa By Bienv-fizzo

Nitakupa By Bienv-fizzo 664 total views, 664 views today

View Article

#indundi New Music|Pendo Langu By B.I.D

Pendo Langu By B.I.D 661 total views, 661 views today

View Article

#indundi | Masterland ari i Kigali mu bikorwa

Ukurahura ubumenyi canke ugukorana indirimbo n’ibihangange I Kigali ngo ni kimwe mu bitumye Masterland ari muri ico gisagara.  Indundi Umuririmvyi Masterland ari I Kigali guhera Kuri uyu musi wa gatatu...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live