Ubutumwa Natacha yatanze ntibubonwa kumwe
Natacha ntiyigeze yishura umuntu numwe mu bamuvuzeko nabi ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bamushira mu kibanza kitajanye n’ubutumwa yari yashizeko abatari bake bariko bamutera amashurwe....
View ArticleKirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi
Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko Big Fizzo...
View ArticleDiamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000
Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico gikorwa ciza cakozwe mu gace...
View ArticlePreeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”
Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp amwerekana ari ku ntatemwa y’uwo muvyeyi. Ico gikorwa...
View ArticleRwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira
Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook yamenyesheje ko urwo...
View ArticleKirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe
Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya Indundi Tv. “Je...
View ArticleMt Number one yemereye ayarenga 300,000 abafana
Amafaranga 30,000 vy’amafaranga ya hano iwacu niyo umuririmvyi Mt Number one yaraye yemereye abafana biwe bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Abo yemereye ayo mafaranga n’abantu 10 bafise...
View ArticleNziza Desire ariko akorera amasanamu y’indirimbo muri Bantu bwoy
Nkuko Nziza Desire yari yavyemeye mu mezi yahera aho twabasha gukorana ikiganiro ari mu gihugu kibanyi c’Urwanda, amashusho y’indirimbo nshasha ariko arakorwa hano iwacu. Ayo makuru tukaba tuyakesha...
View ArticleDiamond Platnumz yakubise hasi abaririmvyi bakomeye muri Afrika
Indirimbo Waah ya Diamond Platnumz na Koffi Olomide ibandanya gukora ibikora inka ku rubuga rwa Youtube, aho ubu igeze ku miliyoni 6 z’abamaze kuyiraba. Ivyo bikaba bibaye irya 1 mu baririmvyi...
View ArticleUkwihanganira Meddy kwa Sat-b ngo kwari kwageze kw’iherezo
Sat-b ngo ukwihanganira Meddy kwari kwageze kw’iherezo, ahitamwo gushira ahabona indirimbo Beautiful yakoranye nawe haraheze imyaka 2. Mu kiganiro yagiranye na Emmy akorera ikinyamakuru Igihe co mu...
View ArticleKidum agiye guha urupapuro rw’umutsindo nk’urwo yahaye Big Fizzo
Mu misi mikeya cane indirimbo Umbamwo ya Esther Nish na Kidum irashobora kuzoba ikwije Views 1,000,000. Aho ni mu gihe imaze umwaka n’amezi 7 ishizwe ku rubuga rwa Youtube rw’uwo muririmvyi Kidum....
View ArticleBig Fizzo aravuze abana afise, n’igihe azohebera umuziki
Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n’ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry’ukuri abantu benshi batari bazi, avuga igitigiri...
View ArticleStikk afise agashavu kavanze n’uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko
Stikk n’agashavu kenshi ngo Abanyamahanga barabona ingabire n’ubuhinga bw’abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n’urukoroka baba barabona, ariko hano...
View ArticleFemi one agiye kugera mu kirenge ca Fally Ipupa
Inyuma y’indirimbo yakoranye n’umuririmvyi w’umunya Kenya, Femi One, igiteramo kiriko kirategurwa ngo bikunde uwo muririmvyikazi w’umunya Kenya azoteramishe abarundi mu misi ya Vuba. Isango ryashizwe...
View ArticleUmwana Karim Babel yasize ngo ntaco umuryango umufasha
Karim Babel umuririmvyi w’Umurundi aheruka kwitaba Imana, yasize umwana w’umukobwa afise 5, uwo mwana akaba asanzwe abana na nyina. Nkuko vyashikirijwe n’uwo muvyeyi ngo uwo mwana yabonye se gake muri...
View ArticleMt Number one yagarutse ku bucuti bwiwe na Big Fizzo na Sat-b
Mt Number one ngo nta mugambi afise wo gukorana indirimbo n’umuririmvyi akomeye hano iwacu, ahubwo ngo abaririmvyi bamwe bamwe bakiri hasi nobo bariko barashaka gukorana nawe muri ino misi abarizwa u...
View ArticleSat-b na Belle nice boba batakiri mu rukundo
Sat-b ngo nta mugore afise, ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Mu gihe abatari bake bari bazi ko yari mu rukundo na Belle Nice. Muri ico...
View ArticleNziza Desire yakundanye n’abakobwa benshi ariko ngo yabanye anavyarana na...
Mu gihe hari abavuga ko Nziza Desire yarongoye ateba, yabeshuje ayo makuru avuga ko we akiri muto, kuko atangana n’abaheruka kurongora bafise imyaka 60 irenga. “Bo ngirango ntibararongora, bagize...
View ArticleVichou ngo yifitiye umu Ex umwe abandi baharura abagera kw’100
Mu gihe abandi baririmvyi b’ibihangange bagenziwe aba Ex banka kuvuga igitigiri, n’uwubavuze akavuga umurengera, Vichou Love we ngo yifitiye umwe gusa naho nyene atemeza ko ari nawe kuko ngo batigeze...
View ArticleBig Fizzo ngo ntashaka Collabo yoba nk’iya Sat-b na Meddy canke iya Natacha...
Ku bagize igihe babaza impamvu Big Fizzo adakorana ama Collabo n’ibihangange mu muziki mu karere, yatanze umuco. Kubwiwe ngo ntashaka gutakaza amahera, umwanya n’inguvu ngo akorane n’umuntu...
View Article