Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Akandi karirimbo ka Landry 2BS buca kadushwaramwo

Akandi karirimbo gashasha ka Landry 2bs ngo kari mu nzira,ivyo n’ibiheruka kuboneka ku rubuga rwa Whatsapp rw’uwo muririmvyi muri ino ndwi. Amakuru dukesha we ubwiwe nuko ako karirimbo katarasohoka....

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Bain Turo na Nice Sky bakoze ibara

Mu gihe Empire Avenue bisa nkuko yigaruriye imbuga nkoranyambaga na cane cane urubuga rwa Facebook aho nyuma yaho Sat-B amaze iminsi ateye impari kubijanye n’ivyabaye muri Flambeau de la paix i...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Michou na Dj Theo bemeza ko ama WebTv ya hano iwacu yiganana

Michou Miracle ngo naho abandi benshi iyo bipfuza gutanguza ibinyamakuru babanza kwiyumvira Youtube ngo we siko abona Tv azoshinga. Mu Kiganiro yagiranye na Indundi Tv, Michou yavuze ko aho yakoreye...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo na Sat-B bose bahamagajwe mubutungane

Umuririmvyi Tylo Sixer ahereye kubitaribike vyagiye bishikirizwa na Big Fizzo hamwe na Sat-B ubwabo nyene , bafatiye ku majambo baterana batyozanya, niyo yatuye Sentare mu ruririmbo rwiwe yise...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Diaspora| John Classic agarukanye inguvu zidasanzwe mu muziki ndundi

Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Black G ntabibona kumwe n’abandi baririmvyi bagenziwe

Abaririmvyi ngo ntibari bakwiye guta ishavu kuba Dj. Igituma ngo nuko nabo bafise ivyo baba bagenderako bitandukanye n’ivyo abaririmvyi baba bashaka. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Black g mu...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Christophe Matata ngo yagiye atumvise indirimbo umuhungu wiwe Armel Matata...

Jean Armel Matata ngo muvyo yibuka ku muvyeyi wiwe Christophe Matata nuko yitavye Imana ataramwumvisha indirimbo yaheruka gukora, kuko uwo muvyeyi yari mu rugendo rw’akazi muri Afrika y’epfo aho...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Intambara irashobora kwaduka ata gikozwe mu maguru masha

Ata kibaye ngo Intambara irashobora kwaduka imbere yuko umwaka uhera, iyo ntambara nayo ngo ikaba iboneka ko ishobora kwaduka bivuye ku majambo agize imisi ashikirizwa n’aba na bariya ku mbuga...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Tanzania | Mwana FA na Professor Jay babisikanije mu gitigiri c’abashingamateka

Mu gihe ibiharuro vyavuye mu matora bibandanya gutangazwa biva mu turere dutandukanye tugize igihugu ca Tanzania, mu bimaze kumenyekana vyerekana ko umugambwe uri ku butegetsi  CCM uza imbere mu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Hoba hari ikibazo hagati ya Sat-b na Belle Nice?

Uwakurikiranye Stories kuri Instagram z’aba Star zo ku musi w’Ejo,  yarabashije kubona ivyo umuririmvyikazi Belle Nice yanditse kuri urwo rubuga. Akaba yavyanditse mu masaha y’umugoroba nkuko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Diamond Platnumz, Mkombozi na Rayvany bibiwe hamwe

Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi na Nasbu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo baheruka kwibirwa hamwe. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Mkombozi ubwiwe ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Miss Erica yashirwa mu gitigiri c’abaryamana basangiye ibitsina

Miss Erica ngo ntiyakuze neza na gato, ariko yakuze bamutunga agatoke bamubwira ko agwaye, ariko Imana yarakinze ngo yasanze we atagwaye nk’umuvyeyi wiwe. Mu kiyago na Bukimoon Tv, uwo muririmvyikazi...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Stikk ngo ntiyicuza ivyo yabayemwo muri kahise kiwe, kuko yakoze ivyo yashaka

Kuri Micro ya Lee marvin, Stikk ngo ntiyicuza ivyo yaciyemwo muri kahise kuko yakoze ico yashaka gukora muri ico gihe. Ariko kandi ngo ntakundi gusubira inyuma muri kahise. Ivyo n’ibiheruka...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 26 ba Mauritania bazotana mu mitwe...

    Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu wa Mauritania Corentin Martin yaraye ashize ahabona abakinyi 26 bagiye gutana mu mitwe n’Intamba mu rugamba mu nkino zindwi ya 3 niya 4 zo kurondera itike yo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo ngo niwe azokorana na Olga ubwa mbere

Mu gihe abarizwa mu gihugu haraheze igihe kitari gito, Olga ngo hari ibikorwa bishasha ariko arategura gushira ahabona, imbere yuko yinjira mu bijanye n’ugukorana n’abandi barririmvyi,Ivyo n’ivyo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Zari yabishuranye agahemo kenshi, anabasubiriza mu ndumane yemye

Kuva Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari ari mu gihugu ca Tanzania, abamukurikirana kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram ntibareka kugira vyinshi bamuvugako. Inyuma yaho bamuvuzeko yoba yasubiranye na...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-B yasubiriye guhindura izina

  Izina ryarasubiriye kandi rirahindurwa ku rubuga rwa Facebook rw’umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume bensi bazi nka Sat-b. Kakaba kabaye akagira 5 kuva urwo rubuga rushirwa ku mugaragaro hari mu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Abatari bake bibajije nimba Natacha yavuga gusenga, canke yafobetse

Mu giswahiri umuririmvyi Natacha yaraye yanditse ko arindiriye umugabo ngo batangure gusenga. Kwoba kwari ugusenga nyene canke yari imvugo mfobeko isobanura ikindi? Ico nico caraye kibaye ikibazo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy’uwo muziki. Inyendamuvano ni Post yashize ku...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Indirimbo za Big Fizzo zisigaye zivuzwa mu nsengero

Indirimbo za Mugani Desire ngo zisigaye zivuzwa no mu rusengero, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu bakunzi biwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Mu gihe aheruka gushira ahabona inkurikirane 2 zari...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live