Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mirire Makers ngo ntizitaho ba sat-b, ba Fizzo naba Lolilo ahubwo abacaruka...

Mirire Makers ngo nta mugambi ifitanye n’abaririmvyi bamenyekanye, ahubwo ngo abakiri bato ariko bafise ingabire ngo nibo bazorabana cane. Mu kiyago na Indundi Tv, umuyobozi wa Mirire Makers, Peniel,...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mu bitegurwa na Dj Paulin, ivy’iboneka rya Meddy i Bujumbura birimwo?

Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z’abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw’imenyekanisha ry’ikiganiro Dj Paulin...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Olegue “Délégue Général” aravuga ico yigiye mu Mpimba

Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n’uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye birimwo gonga tour...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ayo DJ Iraa yahawe na ITEL Rwanda yoba yayashize muri Restaurant,i Kigali?

Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari bagerageza kwiyungunganya. Irakoze Divine benshi bazi nka Dj...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Clementine Kavy yoba yakinjuye kuko Belle Nice yamwivye Sat-b?

Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri Micro z’imwe mu mboneshakure za...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Magic Soldier yavuze ku mpamvu atigeze aragama muri Management nimwe muri kahise

Kingorongoro ngo impamvu atahora ateba muri Label bahora bakorana ngo nuko ata masezerano baba bafitanye, bikaba vyaca vyoroha uburyo akinjura, Nkuko yabiyagiye umwe muri bagenzi bacu. Magic abarizwa...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Nziza Desire agiye gushinga Label mu Burundi no mu Rwanda  

Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo n’ivyo yayagiye Lucky ku...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ng’iki ikintu gikomeye umuririmvyi Fabelove yakoreye bagenziwe b’abaririmvyi

Fabelove yasavye ikigongwe bagenziwe Prince Mshidi na Big Zoé kuba yarabashize muri challenge y’indirimbo yiwe yise Master ngo ntivyari bikenewe ko abashiramwo mu ruririmbo rwiwe. Uwo muririmvyi...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Papa Yan na Mama Yan bipfurije isabukuru nziza umuhungu wabo, bariyibagira?

“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.”  Aya niyo majambo Mama w’imfura ya Yvan Muziki...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Tanasha avuga ko ata kidasanzwe Diamond Platnumz yamufashije mu muziki

Tanasha Donna aremeza cane ko yakunze umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond, kandi ko atigeze ashaka kuvyaza umusaruro mu muziki ubwo bucuti bwabo nkuko bamwe bavyibaza. Mu kiyago...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

i Kigali, Sat-b ngo yaradandaje umubiri nk’abakobwa

Muri kahise Sat-b ngo yaragendanye cane n’abagore bafise abagabo, abo bakunze kwita aba sugarmamy. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro ku mboneshakure ya hano iwacu. Uwo muririmvyi ari muri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Michou Miracle yasubiye muri Siren Vibe kwa Hosy

  Michou Miracle ngo ikibuze uno musi mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha imico n’akaranga hano iwacu n’ukuzana ibintu bishasha “Innovation”. Mu kiganiro yagiranye n’abamenyeshamakuru 2 barimwo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Nziza Desire batamwimye umwana, Leila barasubirana muri Amerika

Nziza Desire ngo ata kimuzibiye ashobora gusubira muri Amerika ajanye umwana yavyaranye na Natacha. Aha akavuga ko umwana ari umunyamerika kuko na se nawe yaronse ubwenegihugu. Mu kiganiro yahaye...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo yagirijwe kwica umuntu, kandi akiri muzima

Big Fizzo ngo ntazofatwa mw’ishati na nyene indirimbo yasubiyemwo kandi atabiherewe uruhusha, ariko ubutungane bwo buzomukurikirana. Mu kiganiro na Amanda, Ciza Sylvestre, umukukuruke mu mwuga...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ngo abaririmvyi batobato bameze nk’ibuji imurikira abariko barafungura

Amwe mumajambo yasubijwe umufana w’umururimvyi yabaye nk’inkota yogucagagura imitsi iha inkomezi abaririmvyi bakiriko bararondera uko bubaka izina. U One B Forever ni umuririmvyi akiri muto mu mwuga wo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane

Inyuma y’ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y’ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Amicale des Musiciens niyo ikwiye gukora ikiraro c’abaririmvyi...

Umuririmvyi Dj Pro aremeza ko ibiriko birumvikana n’indyane zihari zari zikwiye gutaturwa na Amicale ariko ikabanza ikaja hamwe maze nayo igashira hamwe abo irongoye. Abicishije mukiganiro yakoranye na...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira...

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n’inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe  bareke kugiranira...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Angelina yoba ije gukura kuri hit Melana ?

Nyuma yo guhitinga n’indirimbo yiwe yambere yitwa “Melana ” ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa “Angelina.” Bamwe n’abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Menya ivyo Bain Turo asaba Big Fizzo na Sat-B

Umuririmvyi Bain Turo arasaba ko abaririmvyi batobato bahurikiye muma Label atandukanye batorererwa murwanko nkuko bakuze arirwo rukunze kuvugwa. Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ni Bain...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live