REBEKA umwigeme mwiza asumvya ubwiza abandi ivyamushikiye nagahomera bunwa
Umuririmvyi Titus Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye...
View ArticleNg’ibi bimwe mu bishikirizwa vyerekana igituma indirimbo ndundi ngo...
Mu gihe abatari bake baguma bidoga ngo ntibumva igituma umuziki ndundi udatera intambwe muri kono ka rere turimwo maze umuririmvyi nawe agire n’ico aronka,abenshi ntibabibona kumwe inzira vyokorwamwo...
View ArticleUkuri ku bivurwa kw’iyinjira rya Fabelove muri Empire Avenue Lab
Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi Fabelove yasohoye ururirimbo Hange indirimbo...
View ArticleEmery Sun yatanze urutonde rw’abaririmvyi 5 batakivugirizwa indirimbo
Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi batari bake nabo batavuzwa. Mu kiyago na...
View ArticleUbushikiranganji bw’inkino n’imicokama bugiye guhagurukira ibibazo bihanze...
Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w’inkino n’imicokama yagiranye inama n’abatwara amashirahamwe y’imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe...
View ArticleBigFizzo yaguye mu gahundwe abonye Lolilo aririmba adakoresheje CD
Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu kiyago aheruka guha mugenzi wacu. Ico...
View ArticleBruce Melody na ShaddyBoo babarizwa mu gasho
Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n’igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n’imvano y’ugufatwa kw’ivyo vyamamare ngo nuko...
View ArticleSpok’s ngo ntagarutse gusohora indirimbo buri kwezi
Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira Indundi Tv....
View ArticleMaster Bk aragabisha abatashatse ko atera imbere
Master Bk aravunira akagohe baba abaririmvyi bacaruka muri uno mwuga, canke abantu bamukoreye amakosa muri kahise muri uno mwuga wo kuririmba ko ngo ataco bakoze, kuko inguvu zikiri zazindi nyene,...
View ArticleHagati ya Sat-b na Big Fizzo hashobora kuba hasubiriye gusha
Biragoye gutora ikiriko kirakinwa hagati ya Big Fizzo na Sat-b kuko wokwibaza ko icuka coba kitari ciza muri ino misi, ivyo tukabivuga twisunzi ivy’umwanditsi wa Gacugere aheruka gushikiriza ku rubuga...
View ArticleBruce Melodie yatanze umuco kw’ifatwa ryiwe na ShaddyBoo
Bruce Melodie yatanze umuco ku vyavuzwe hirya no hino ku biheruka kumushikira, bikavurwa ko ari mu minwe y’abajejwe umutekano. Bruce Melodie yavuze ko yafatiwe muhira, atari mu musi mukuru...
View ArticleCEO na Manager wa Bantu Bwoy boba batabona ibintu kumwe ?
Hagati ya Big Fizzo na Stein ngo ibintu vyoba bidahagaze neza, mu yandi majambo hagati ya CEO na Manager wa Bantu bwoy akayaga koba kadahita neza. Ivyo bikaba bivurwa kubera ibiheruka kuba kuri uwo...
View ArticleKolly The magic nawe ntiyanejerejwe n’inyifato ya Big Fizzo
Kolly the magic ati:”umuririmvyi w’umurundi Big Fizzo urankuriye kandi ndakubaha ariko abahungu bawe waraye ubasusuguje imbere yabakunzi b’umuziki ndundi.” Kolly the Magic umuhinyanyuzi akunzwe cane...
View ArticleMarvin Lee ngo yasezeye agiye gutanguza ivyiwe
Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho yasezera iyo nsamirizi. Mu kiyago...
View ArticleFabelove na B Face bavuze ku mahera bakorera mu muziki
Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n’uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na B Face...
View ArticleIvya Diamond Platnumz na Zarinah Hassan biguma bifata iyindi ntumbero
Ivya Zari na Diamond birabandanya gufata iyindi ntumbero nkuko biboneka ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma yaho bivugiwe ko umuriro wari hagati yabo wazimye, noneho bikavugwa ko yanamwongerereje...
View ArticleMuri SaaMoya, Bruce Melodie yakoze ivy’indenzarugero abibona
Mu gihe indirimbo zaba iziwe canke izo yafashije bagenziwe zibandanya kwifata neza haba mu rwanda canke inyuma y’igihugu, uwo muririmvyi aranatungwa urutoke n’abari bake kubera izo ndirimbo nyene....
View ArticleDelegue General yavuze uwo yokorana Hagati ya Big Fizzo na Sat-b
Doctor canke Delegue General uno musi ngo ntawe akeneye gukorana nawe indirimbo, yaba uwo arondera canke uwumurondera. Mu kiyago na Landry, uwo muririmvyi avuga ko atarabona akamaro ko kuririmbana...
View ArticleHoba hari ikiriko gitegurwa Hagati ya R Flow na Lokua Kanza
Imwe mu ndoto Kadjimunda Riche benshi bazi nka R Flow yarafise ngo n’ukuganiro na Lukua Kanza asanzwe ari umuririmvyi akomeye hano muri Afrika mbere no kwi’isi yose. Izo ndoto uwo muririmvyi wacu...
View ArticleB Face avuga ko Abaririmvyi ndundi bakunda, ikibuze ari ikibahuza
Abaririmvyi ndundi ngo barakunda, Ico n’igiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro aheruka kugirana na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko ikibuze ari ikibahuza, ngo bikunde...
View Article