Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Ismail Niyonkuru ngo abaririmvyi baramukunda ariko bakerekana ko bamwanka

Ibura rya Ismail Niyonkuru mu muziki ndundi ngo n’ikintu kidasanzwe, ivyo n’ibishikirizwa n’uwo mumenyeshamakuru ubwiwe mu kiyago yagiranye na Alan mu kiganiro Indundi Hit Show. Muri ico kiganiro kiba...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mista Champagne ngo agiye guhindurira abafana biwe ntasubire kubishura

Akababaro ni kose kuri Mista Champagne kuba ataronka ama Like n’ama Commentaire nk’abandi baririmvyi bakomakomeye. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Mista Champagne yari yasavye abakunzi biwe...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Uruhara Yves Melodie wa Best Life Music yagize muri MELANA ya Berry Music

  Berry Music umwe mubasore bariko barakora neza ndetse ariko yitwara neza kundirimbo yiwe abenshi bazi nka MELANA arasigura neza uko yateye intambwe yambere aza murugendo rw’umuziki nuwamufashije...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Dogo A agiye kugaruka mu muziki, kandi umuzo wiwe ngo ntibazogaya

Inyuma y’igihe kitari gito ari mu gacerere, Dogo A ngo ariko arategura indirimbo zizomugarukana mu muziki ubundi busha, kandi abakunzi b’ibikorwa vyiwe ntibazogaya. Ivyo akaba abishikirije mu butumwa...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Igitari Dudu yigiyeko kiracariho kandi kiranamusumba imyaka

Dudu Niyukuri yatanguye kuvuza umuziki ahereye ku gitari, bitanamworoheye kuko ico yabona hafi yiwe bitakunda ko agikoresha kubera ko vyari bibujijwe. Mu nyigisho zariko zitangwa na Pasteur Dieudonne...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo yubatse ru Kritsu na Edith Stein kw’isabukuru y’amavuko yiwe

Kuri uno wagatandatu igenekerezo rya25 Mukakaro2020 niho umuririmvyi Mugani Désiré azwi cane nka Big Fizzo yubaka ru kritsu n’umutambukanyi wiwe kimana Edith Stein. Igenekerezo rya25 Mukakaro rikaba...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-b ngo abamutwaye urubuga rwa Youtube arabazi

Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Sat-b ngo azi ko urubuga rwiwe rwa Youtube rwarabaye Hacked, ariko we nta kibazo bimuteye. Mu kiyago na Hosy, Sat-b yabajijwe impamvu indirimbo ziwe zisa...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mkombozi nawe ngo yoba agiye gukurikira mukuruwe Big Fizzo

Nzeyimana Thomas alias Mkombozi nawe ngo Big Fizzo yamwugururiye imiryango kuko yahora abiraba bikanka kwubaka urwiwe mugihe mukuruwe atari bw’ubake nawe bikamusiga. Kw’igenekerezo rya25 Mukakaro niho...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

S.E Evariste Ndayishimiye yagabiye inka zibiri Big Fizzo

Inka zibiri nizo Big Fizzo yagabiwe na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye kumusi w’ubugeni . Kw’igenekerezo rya 25 Mukakaro 2020, niho umuririmvyi Big Fizzo yubaka rukritsu na Edith...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Dudu ngo ntatunzwe n’umuziki kandi ntiyigeze awugira akazi

Dudu ngo ikimutunze kikamutungira n’umuryango, ngo n’ubufundi s’umuziki. Ivyo aheruka kubiyagira abari bakoraniye. Muri iryo koraniro ryabarizwamwo urwaruka rutari ruke, uwo muririmvyi yamenyesheje ko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Avec un message plein d’émotions,Big Fizzo s’exprime à propos de son mariage...

Après plusieurs messages  et vœux de bonheur et commentaires qui lui ont été adressés suite à son mariage religieux, via ses comptes instagram et Facebook ,le chanteur burundais Mugani Désiré alias Big...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Belle Nice ngo yoba ariwe ntandaro y’ukuvana kwa Kent-p na Sat-b

Ibiriko biravurwa kw’ikinjura rya Kent p muri Empire Avenue, kandi ariwe Manager wa Sat-b na bagenziwe bari muri iyo Label, uwo musore yabitangiye umuco,kugira kwaba ukuri canke ikinyoma bimenyekane....

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Imvo n’imvano ya Lolilo kutitaba ubugeni bwa Big Fizzo yamenyekanye

Naho Lolilo ari mu nkehwa Big Fizzo yari yahaye ubutumire ku bugeni bwiwe, uwo muririmvyi ntiyabashije kubwita. Bamwe bakaba bavuga ko ari kubera ngo uwo muririmvyi nawe atabashije kumufata mu mugongo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sa vie privée exposée, le chanteur et compositeur burundais Kidumu s’indigne...

Après que le journaliste Patrick Paggio Niyonkuru ait publié l’affaire d’un soi- disant lien paternel entre le chanteur Kidumu ,Bukuru Gérard qui est le père de Cédric Bangy et un homme de 32 ans qui...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Nish yanditse “kavorivori” kuva ku mbanyi ya 1 gushika kuya 2

Esther Nish ngo indirimbo “Kavorivori” yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na Indundi Tv, uwo muvyeyi...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Diamond yoba yamaze kuronka uwazosubiriza Tanasha

Inkuru iriko iravugwa cane aho hanze n’inkuru y’umwigeme yoba agiye gusubirira umuririmvyikazi Tanasha mu kibanza c’umukunzi wa Diamond Platnumz. Nkuko makuru dukesha ibinyamakuru vyo muri kano karere...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Masterland na Master Muziki iki nico bagiye gukorera abanya Rumonge

Inyuma yo gukora indirimbo yabahuje bose nk’umuryago  “Master Muzik”, bagiye kuryohera abakunzi b’umuziki bo mu Ntara ya Rumonge biciye mugiteramo Gonga Tour kikanazobandaniriza no muzindi ntara zigize...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n’umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw’amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n’umumenyeshamakuru. Mu kiyago...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kubwa B Face ngo imbwa ntiheba iyarara

Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara.  B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri mu midiho ya Rap, ngo azogaruka kuko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Inyuma ya Zari na Tanasha, Diamond ngo agiye kurongora

Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku rubuga rwa Instagram, Sallam Sk...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live