Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Masterland ati n’uburenganzira bwabo kutajana n’abandi kwunamira...

Masterland ngo yarabwiye abaririmvyi batari bake, mbere no mu bazwi cane kandi bakomeye ngo bazofatanye mu kuja kwunamira uwahoze ari umukuru w’igihugu, ariko si bose bavyitavye. Mu Kiganiro ku...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

M Nif Jimbo: Bantu Bwoy ni Umuryango nkunda kandi nipfuza kubana nawo.

Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira mumuryango Wa Bantu Bwoy. Abicishije...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kubwa Platini uguhinyanyura birinjiza gusumba kuririmba

King Platini umwe mu baririmvyi ndundi bamaze igihe asa n’uwutariko araboneka mu muziki, yavuze ibituma uno musi atabasha kuboneka cane mu muziki. Mu kiganiro na Amanda yavuze ko uno musi ikimutwaye...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Esther Nish ngo umukobwa ahisha inda n’uwuba atagira mweneyo

Uwunyegeza inda, ngo n’uwuba ataragira uwo ayegekako, canke se w’umwana. Ivyo nivyo Esther Nish yashikirije mu kiganiro yahaye imboneshakure ya hano iwacu. Ivyo akaba yabishikirije mu kiganiro, bariko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Abarundi ngo nimba badakunda Sat-b, bazomugabire abanyarwanda

Umwe mu bamenyeshamakuru bazwi cane mu gihugu kibanyi c’Urwanda, ariko ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari nka hamwe abarundi boba badashaka Sat-b ngo nibamugabire Urwanda....

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kidum agiye gusubira gukora ikindi giteramo Online

Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w’Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk’ico yaheruka gukora muri uku kwezi kwa 6,...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kirikou yiswe umusirikare n’abamukurikirana

Ishusho ryashizwe Ku rubuga rwa Instagram rwa Kirikou. Ryateje ibibazo bikomeye mu bakurikirana urwo rubuga, iryo shusho naryo rikaba ryaherekejwe n’akajambo ngo “Attention”, mu Kirundi tukaba...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Abamubika akiri muzima ngo nibacire birarura

Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video aho vyaboneka ko asa nkaho...

View Article


Olga yavuze ryari azokorana indirimbo n’umunyarwanda

Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b’abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora ibikora inka mu muziki Nyarwanda...

View Article


Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c’uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n’uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo rya 4 mukakaro kuri urwo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-b : S’ukubashikako ahubwo n’ukubacirako akanoti

Kimwe muvyo Sat-b yashikirije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko aratumira abanyengozi mu giteramo azokorera muri iyo ntara kuma Genekerezo ya 18 mukakaro caneguwe na bamwe mu bamukurikirana....

View Article

Kuri Evode, Yoya Jamal aza imbere y’abandi

Mu kiyago n’ikinyamakuru Iwacu, Evode ntahonankwa uno musi abarizwa mu buhollande, yavuze kuri Droit d’Auteur, anagaruka kuri Yoya Jamal.  Muri ico kiganiro citiriwe au coin du feu, Evode avuga ko...

View Article

Alvin yavuze ku mafaranga yasabwe ngo aririmbane na Big Fizzo na Sat-b

Alvin Smith benshi bazi nka La Vache, ngo yaragerageje kurondera gukorana na Sat-b co kimwe na Big Fizzo ariko biramunanira. Mu kiyago na Indundi TV, uwo muririmvyi yatanze umuco aho yavuze ko ngo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Berry Music ngo nta muririmvyi w’umurundi ashaka gukorana nawe

Naho umwaka wa 2020 ariwo mwaka umubereye umugisha,noneho akava mu rufuri akamenyekana ko nawe azi kwandika n’uguhibongoza,Berry ngo yatanguye kuva kera. Uwo benshi bazi nka Berry Music ngo akaririmbo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kubwa Preeze ibanga ni ukudacika intege

Mu myaka ishika 8, abantu barenga ibihumbi 50 nibo bamaze gukurikira ku rubuga rwa Instagram umuririmvyi Preeze 36. Mu kiyago aheruka kugirana na Indundi Magazine yamenyesheje ko muri iyo myaka yakoze...

View Article


Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi TV uwo mwanditsi akaba...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Tayaya ngo yafashije benshi kuresha, bamwe banagira n’ubugeni

Ku wohava agira ubwoba ko yomutwara umugore kubera amajambo aryohera ugutwi avuga, ngo n’ahumure ntibizoba kandi ntivyanahabaye kuko ngo abantu bari kuba baravyumvise. Mu kiyago na Ami Pro, hampande...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Tayaya yavuze ku mwigeme bakoranye amasanamu ya Nderura

Mu kiyago Aimable Tayaya aheruka gutanga, yamenyesheje ko abarundikazi bakina neza mu gihe c’ugukora amasanamu ngo ari bake cane. Umwe muribo ngo ni Divine, mwenenyina wa Natacha, we basanzwe bari...

View Article

Olga ngo mu kwezi kw’9 haraboneka iyizananye n’amasanamu

Iyindi ndirimbo izokurikira indirimbo Show me iheruka gushirwa ahabona ngo ni nko mu kwezi kw’9, Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Olga mu kiyago yagiranye na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ivan kwizera ngo kugira wizerwe bisaba ko nawe uba witeguye

Kwizera Ivan umwe mu barundi basanzwe bavuga igicurarangisho citwa Guitare, babikorera muri Kenya, avuga ko uwo mwuga ushatse kubanza kuwuronderamwo amahera ata Passion ubanje gushira imbere ngo ntaho...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live