Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ikoti rya Sat-B rikomeje gutera uruhagarara nguku ukuri kuri Inyuma

Mumisi iheze sat b yabonetse yambaye ikoti rya kaki kungoro yo kwa Ntare Aho vyatanguye kuvugwa nabafana bimpande zitandukanye. Ikoti Rya Sat-B ni rimwe mubintu biriko biravugwa cane hano Mumuziki...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Emery Sun avuga ko Sat-b atari kwifata mu mufuko mu ngoro y’umukuru w’igihugu

Emery sun avuga ko Sat-b atari kwifata inyifato yifashe mu ngoro y’umukuru w’igihugu yitiriwe Ntare Rushatsi. Emery sun mu kiyago aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, yagarutse kuri Sat-b, aho...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo ngo araba ubukomezi apana agaciro karyo

Sat-b ngo iryo koti aryambaye aba afise amafaranga atari musi y’umuliyoni, nayo Big Fizzo we ngo araba ubukozi ntaraba agaciro kiry’agira agure. Inyuma yaho Sat-b agiriye ico avuga kwikoti yari...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kubwa  Ester Nish ngo ivyiwe ntibikiri ibanga

Inyuma y’ururirimbo  Dodo, umuririmvyikazi Ester Nish muri kino gihe asazwe y’ibugenze ngo kavorivori niryo zina. Umuririmvyikazi Ester Nish murikino gihe ubona ko akuriwe cane  aciye kumbuga asanzwe...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Akes Don agiye kwerekana ubushobozi bwiwe aho yemeza ko vuba agiye gusohora...

Inyuma yo gusohora Indirimbo yabonetse ko yakunzwe n’abatari bake, ndetse ikerekana ubushobozi budasanzwe mukwandika kwa Akes ubuho ngo ntagiye kuvyorosha.Inyuma y’indirimbo Tubikore ni Akes Don aza...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Aime M ngo ntaba yicaye naho bamwe arivyo baba bibaza

Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko  aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n’umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Preeze ngo iyataba ikiriyo akazi karikuba kasohotse

Preeze ngo yabujijwe n’uko umuvyeyi wiwe w’amaraso yitavye Imana, co kimwe n’uko Uburundi bwabuze umukuru w’igihugu, nay’ahandi ngo hari gishasha cari mu nzira, ivyo akaba aheruka kubiyagira imwe mu...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Stikk ngo bamwe arabafasha mu kubandikira indirimbo

Umuririmvyi wese ngo yipfuza kwandikirwa indirimbo ntiyitinye kuko Stikk El Negro arahari, ngo ubu agiye kubikora nk’umwuga. Ayo n’amwe mu majambo uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona, akoresheje...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Bagiye kuza bagura EP ya Andy Mwag vyoroshe

Akoresheje urubuga huriro, Instagram, Andy Mwag yashikirije ijambo ry’ihumure abakunzi b’ibikorwa vyiwe bari I Burundi ko ubu bashobora kuronka EP 1 yiwe mu Burundi. Ku rupapuro bakunze kwita mu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Harakekwa indirimbo hagati ya Kidum na Big Fizzo

Hari abibaza ko Kidum na Big Fizzo boba bafise gishasha coba kiri mu nzira, ivyo bakaba bariko bavyibaza bafatiye kuco uwo muririmvyi w’umukambwe aheruka kwandika Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mt Number one nawe ngo abaririmvyi bo Muri Diaspora ntibahabwa ikibanza gikwiye

Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y’igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo baririmvyi ngo bakorerwa....

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Masterland ati: “Ndicuza kuba twarabuze Ashley Diva mu muziki”

Masterland ngo arababazwa cane kuba umuririmvyukazi Ashley Diva atakiboneka mu muziki ndundi. Igituma ngo nuko yarafise ibisabwa vyose ngo akomere cane. Mu kiyago yagiranye na Juste Gael, yabajijwe...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Deo ngo: “Munyare ryitwa umunywarumogi w’iwabo”

Inyuma y’ugukina igikino Ninde yitwa Munyare, ngo vyamufashe igihe kitari gito kugira yakire iryo zina, noneho anatore ico yokwitwaza mu kuryakira. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Deo Ndaruzaniye mu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Emery sun ngo naho vyogenda gute ntaho abaririmvyi bozoshika

Emery Sun ararahira akarengwa ko atanahamwe abaririmvyi bopfa bashitse mugihe ubuzima babamwo kumbuga ngurukanabumenyi ataribwo buzima ubasangamwo mubuce babamwo canke mubuzima busanzwe.Mumajambo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Masterland yagarutse Ku bucuti bwiwe na Nelladenatt

Masterland yabajijwe ico apfana na Nelladenatt, kuko atabura umwanya munini ku rubuga rwa Land rwa Instagram. Mu kiganiro “umukubito”, Masterland yavuze ko ata kintu kidasanzwe basana, ahubwo ngo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Chris Biz ngo aricuza umwanya yataye naho yakora ivyo akunda

Chris Biz ngo aricuza kuba yarataye umwanya, naho yakora ivyo akunda ico gihe. Ivyo n’ivyaheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

M Nif Jimbo aravunira akagohe Fizzo, Sat-B na Fabelove, B-Face

Mumisi mike amaze ariko arakora, ni umwana akiri muto kandi akongera akaba n’impfumvyi ariwe M Nif Jimbo abandanya yerekana ubushobozi bwiwe mu mudiho wa RAP. Abicishije mukiganiro yakoranye na...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo agiye kuboneka mw’ireresi ry’uruhererekane

Hampande y’ingabire zo kuririmba Big Fizzo aranafise iyo gukina amareresi, ivyo bikaba bigiye kubonekera mw’ireresi nshasha y’uruhererekane iriko irakinwa. Iyo reresi ikaba igize igihe iriko irakinwa,...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Chris Biz ngo nta bucuti bundi agirana n’aba Video Queen

Chris Biz ngo abakobwa bipfuza kuja muma Clip Video ntibari bakwiye gutinya kubikora, kuko n’akazi mu tundi nkuko yabiyagiye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro Chris yabajijwe nimba...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kidum yanditse indirimbo yisunze inkuru y’ukuri

kidum ngo agiye gushira ahabona iyindi ndirimbo nshasha, naho hataramenyekana vyukuri umusi ako karirimbo kazoshirirwa ahabona. Dufatiye Ku majambo yanditse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live