Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi New Music|I ‘am Rasta Man By Josdy Yossi

I 'am Rasta Man By Josdy Yossi 3,422 total views, no views today

View Article


#indundi New Music|Uranyibuka Burundian’s Collabo

Uranyibuka Burundian's Collabo 5,914 total views, 37 views today

View Article


#indundi | Ashley bamwagirije ko agiye gukina ireresi z’ibiterasoni

Imishamirano ni yose ku rubuga rwa Facebook rw’umuririmvyikazi Ashley Diva, ivyo bikaba bivuye kw’ishuhso yashize hanze we nyene ubwiwe. Indundi Ibitutsi  ni vyinshi muri commentaire z’imwe mu mashusho...

View Article

#indundi| Amwe mu ma foto y’izikwa rya Bobo Peace and Love

Niganze Jean Bosco yaherekejwe n’isinzi ry’abantu aho yashingurwa ku Mpanda kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 mukakaro. Indundi Uno musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Mukakaro niho umuhisi...

View Article

#tanzania | Diamond yakoze ivy’atari bwakore kuva atangura umuziki

Diamond Platnumz yamenyesheje ko abakunzi b’umuziki wiwe n’uwa Afrika bamufashije gukora ico ataribwakore mu buzima bwiwe bw’umuziki. Indundi Mu Kiringo c’imisi ine gusa, indirimbo nshasha...

View Article


#indundi | Isabukuru ry’amavuko ya Mkombozi ngo azorihimbariza hamwe n’abarundi

Mkomboz ngo azohimbaza umusi mukuru w’amavuko arikumwe n’abarundi uko biri kwose, hakaba hakiri ikibazo niba azoba ari i Burundi canke. Indundi Aho bukera Nzeyuimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi ngo...

View Article

#indundi | Mafikizolo mu Rwanda mu nama y’abakuru b’ibihugu bo muri Africa

Abaririmvyi nabo barifatanije n’abakuru b’ibihugu bo muri Africa mu birori vyabo vy’ugusangira ku mugoroba wo kuri uyu wa 17 mukakaro. Indundi Umwe mu nararibonye yavuze ko umuziki ari ngirakamaro kuko...

View Article

#rwanda | Knowless yoba azirengagiza gutumira umukunzi wiwe wa kera ku bugeni?

Butera Jeanne azwi nka Knowless ngo yoba azirengagiza gutumira mu bukwe bwiwe Safi umukunzi wiwe wa kera. Indundi Uwahoze ari umukunzi w’umuririmvyikazi Knowless ari Safi Madiba akaba kandi mu murwi...

View Article


#indundi | Diamond na Dr. Jose Chameleon ngo baraba urunuka?

  Dr. Jose Chameleon Yasabiye Diamond Platnumz gutera imbere nk’umuzinga mu gihe abantu bavuga cane ko ah’umwe aciye uwundi yohaturira. Indundi Diamond Platnumz na Dr. Jose Chameleon ngo nta kibazo na...

View Article


#indundi | Ibikorwa vya Peace and Love ngo vyasubiriye gutangura

Ibiteramo bibiri birateguwe muri ino mpera y’indwi aho abaririmvyi batari bake bazoba bariko barashigikira umuryango w’umuhisi Jean Bosco Niganze. Indundi Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 mukakaro...

View Article

#indundi Weekly music | Top5 Week29

1.Ntabundi Buhinga By Peace And Love | Download: 2974 | View :15382 2.Uranyibuka Burundian’s Collabo | Download: 2716 | View :9286 3.Nataka Kuwa Nawe By Chuz-B Ft. Remejoe | Download: 1980 | View :4084...

View Article

#indundi New Music|Ntabukiriro By Fabilove

Ntabukiriro By Fabilove 491 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Sioni By G Bo

Sioni By G Bo 604 total views, no views today

View Article


#indundi New Music|Muratuzi By Rapha B

Muratuzi By Rapha B 1,287 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Nzoza Kubajana By Gn Lfls

Nzoza Kubajana By Gn Lfls 1,716 total views, no views today

View Article


#indundi | Abarundi ngo bari bakwiye gushigikirana cane gusumba

Abarundi ngo bari bakwiye gushigikirana kuko ataruko nta terambere mu muziki ndundi bimirije.  Indundi Abarundi ngo bari bakwiye gutangura kumenya gushigikirana, ivyo vyashikirijwe na Kiyoyo Djuma...

View Article

#indundi | Sat-b yoba yirengagije abatishoboye agahengamira kubifise?

Indirimbo Joto sat-b yafashije abaririmvyikazi Miss Erica na Lucia iriko igurishwa aho Abarundi bashikana Ukuboko. Indundi Indirimbo Joto y’abaririmvyikazi Miss Erica na mugenziwe Lucia yamaze gushirwa...

View Article


#indundi | Chany Queen yerekanye imbanyi yiwe

Inyuma y’ukwibaza nimba arivyo canke atarivyo ko Chany queen yibungenze, inyishu yabonetse.  Indundi Ama foto ya mbere y’imbanyi y’umuririmvyikazi Chany Queen yamaze gushika ahabona, ayo akaba...

View Article

#indundi New Music|S’urukundo By Dog A

S'urukundo By Dog A 3,492 total views, 78 views today

View Article

#indundi New Music|Cereza By Adora

Cereza By Adora 1,896 total views, 463 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live