Umugambi wa Hamissa Mobeto wo gusubirana na Diamond iyo woba ugeze
Ugusubirana na Diamond ngo ntibiri mu migambi afise, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Hamissa Mobeto aho yari mu kiganiro ku nsamirizi Classic Fm muri Tanzania. Uwo muvyeyi w’abana 2 avuga ko igituma...
View ArticleAmajambo aremereye B-Face On The Flow yandikiwe
Inyuma yo gushira hanze amashusho y’indirimbo yise Best Rapper in Kenya habonetse uwumukoza urutoke mumbonero aho yamuhakaniye cane mu kwandika ubutumwa burere Afisa Raj-B yamenyekanye cane nk’umu...
View ArticleMista Champagne yahaye ubutumwa abarundi bwo kuzirikana ngo batokwiyibagiza
Kuri uyu wa 9 Ntwarante 2020 niho umuririmvyi Mista Champagne yandika ubutumwa kumbuga ziwe agira ati iyi tariki muyishire ahadata kuko nzobibutsa. Ni Mista Champagne ubona y’uko inyuma y’igihe atari...
View ArticleSat-B ngo si amahigwe aba ahawe kuririmbira hamwe n’abashitsi
Sat-B ngo si amahigwe yahawe kugira abashe kuririmba kuri Stage imwe na Harmonize, ahubwo ngo nuko yakoze neza nico gituma yari ahahagaze. “Si amahigwe ni akazi k’umuntu kamugeza ahantu. Aha kuba...
View ArticleBig Fizzo na Double Jay ntibabibona kumwe
Double Jay ngo hano iwacu nta numwe ahari yokwigirako, ivyo aheruka kubiyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Nayo Mugani we akavuga ko n’akabare akinjiramwo agiye gusuma urusaku, ngo amenye aho...
View ArticleAshley Diva yoba agiye kugaruka?
Inyuma y’igihe ari mu gacerere, bamwe bamwe bakaba banavuga ko yoba yarahagaritse umuziki, noneho akaja gukizwa, habonetse Video kuri Instagram yiwe aho habonetse umukobwa ashobora kuba ariwe ariko...
View ArticleIcuka siciza nagato kubibera hano muri uyu muziki
Ugufatwa nabi kw’ibiteramo bibera hano vyateguwe n’abaririmvyi b’abarundi ngo nivyo biri kubandanya biboneka Haraciye imyaka myinshi haguma hibonekeza ibomborabombora mubiteramo bibera ku butaka...
View ArticleMiss Erica ngo aronse uburyo azoja kwironderera Sal G
Miss Erica n’umuryango wa Sal G ngo nta bucuti bafitanye, n’umwana wiwe n’uwo muririmvyi yaburiwe irengero ngo ntibazi nuko ari i Bujumbura. Nayo abibaza ko abima amakuru ya Saleh ayazi ngo n’ububeshi...
View ArticleAimée Loveness yavuze ku ndirimbo Mutima iraba abacelibataire bose
Akaririmbo Mutima aheruka gushira ahabona, ngo gafise ubutumwa butandukanye cane n’ubwo abandi bagize igihe batanga mu ndirimbo zisangiye akazina, Title. Igituma nuko muri ako karirimbo harimwo ikiyago...
View ArticleLolilo intambwe kuyindi agenda ashitsa ivyo yemeye
Hagaragaye imwe mu masanamu yerekana neza ko ivyo umuririmvyi Lolilo yemereye Abarundi ariko agenda abishitsa intambwe kuyindi Inyuma yo gushira ahabona abaririmvyi agiye gukorana nabo akanashira...
View ArticleNg’ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y’Uburundi n’abaririmvyi b’Uburundi
Inyuma y’igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n’ico yiyumvira ko cohava...
View ArticleBabbi yashize ahabona ya EP yiwe
Uruhererekane rw’indirimbo Babbi yari yamenyesheje ko zizoja ahabona vuba, zamaze gushirwa ku mugaragaro ku muhora wiwe wa YouTube. Izo ndirimbo nkuko yari yabimenyesheje zikaba zigera kuri 5. Izo zose...
View ArticleNatacha yavuze amafaranga ashira mu muziki iyo ayakura
Ngendabanka Natacha yavuze ko yahagaritse amafaranga yakoresha muri Festival de la Chanson Féminine kugira ngo uburyo yashiramwo abushire mu muziki wiwe. Ivyo nivyo aheruka kuyagira imwe mu...
View ArticleB Face arerekana abantu baza imbere mu bapfukamye mu nda umuziki ndundi...
B Face ngo ntihagire uwusubira guta umwikomo kuri mugenziwe ngo kuberiki indirimbo zitamenyekana mu makungu, avuga ko yaba abamenyeshamakuru, abaririmvyo co kimwe n’aba DJ ngo bose amakosa n’ayabo....
View ArticleChany Queen yama yakubiswe na Lolilo ahowe Big Fizzo
Chany Queen akirikumwe mu rukundo na Lolilo ngo yarafise ibibazo bikomeye, kuko yama ku ngumu buri gihe. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Big Fizzo aho yavuze ko baba bamupfuye. Intandaro y’ivyo...
View ArticleUwanditse “Umukenyezi” ya Afrika Nova yipfuza kuzotaha abonye umukenyezi...
Candide Nyandwi Niyonzima yanditse indirimbo “Umukenyezi” yaririmbwe na Africa Nova ngo ari nka hamwe abonye umugore abaye umukuru w’igihugu c’Uburundi mu gihe azoba akiriho ngo yovyina agatamba...
View ArticleKidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi ngo bafatwa nk’abasazi n’abo hejuru
Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi bafatwa nk’abasazi. Kidum abajijwe ngo abisobanure yavuze ko ubusazi...
View ArticleIndyane hagati y’abaririmvyi n’aba DJs i Bujumbura
Intambara idasanzwe muba Djs ndetse n’abaririmvyi inyuma yo kuba atamuririmvyi yashoboye kuboneka mw’ifubwa ry’umutambukanyi wa Dj Yverson. Amwe mu masanamu yashoboye gufatwa inyuma yo kuva gufubana...
View ArticleGaaga Blue mu mwaka uheze yanse ibiteramo kubera ibibazo vyo mu mutwe
Inyuma y’igihe abarizwa inyuma y’igihugu, Gaga blue avuga ko yagarutse mu gihugu kandi ko ibikorwa bizogenda neza, kuko afise vyinshi ashaka gushikiriza abakunzi biwe b’umuziki. Mu kiyago na Trending...
View ArticleLolilo avuga icatumye asubira gukorana indirimbo na Big Fizzo
Intandaro y’ugusubira gukorana hagati ya Big Fizzo na Lolilo ngo n’inyota yukwerekana ko umuziki w’uburundi utwawe n’abo bagabo babari bamaze igihe muri uwo mwuga, nkuko bishikirizwa na Lolilo ubwiwe....
View Article