Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Eduin Trond avuga ko yizeye kwiheka kuri Vichou kugira ashike kure

Eduin Trond ngo kuva ashitse muri Peace and Love arafise vyinshi yahigiye, kimwe muvyo avuga n’ukuririmbira hejuru, kuko ubwa mbere ntivyamukundira, kuko iziri hejuru ngo yategerezwa kuzimanura...

View Article


Mo’W Kanzie ngo yisunze Card B mu ndirimbo yiwe ya 1

Indirimbo yindi ya Monna Walda ngo ni Vuba cane, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira mugenzi wacu akorera imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Aho akavuga ariko ko ishobora guteba gatoya kuko ashaka ko...

View Article


Dj Kicas we yavuze ibanga tutigeze tumenya kuri Dj Mario

Inyuma y’igihe kinini havuzwe ko DJ Mario ariwe nyene gutanguza iciswe INDUNDI MIXTEP ariko munyuma hakaba bamwe babeshuza iyo nkuru aho batigeze bemeza ko ariwe yoba yarayitanguje aho abenshi bashize...

View Article

Ng’ubu ubutumwa Sat-B yanditse ku mbuga, ubutumwa buremereye cane.

Mukubandanya haba ibi na biriya bitandukanye ariko hakaba ugutanako umwikomo bamwe bati umuziki wacu kuba udashika kurugero rushimishije biterwa n’aba canke bariya, ivyo navyo bigatuma ikibazo c’uko...

View Article

Hamenyekanye ivy’indirimbo yasabwe hagati ya Mb Data na Sat-b

Mu kiyago na Indundi Tv, Mb Data yavuze ku ndirimbo igize igihe isabwa n’abakunzi b’umuziki wiwe aho bahora basaba ko yokorana indirimbo n’umuririmvyi Sat-b. Muri ico kiyago na Alan The Real yavuze ko...

View Article


Big Fizzo ntaja mu kabare canke mu butambiro kubera kunywa gusa

Big Fizzo ngo aja mu nzu z’ubutambiro kuko aba ashaka kuja kwumviriza aho umuziki ugeze, imidiho abantu baba bagize igihe bakunda. Ariko ngo abandi bo ntiyomenya impamvu bajayo, aho ni mu gihe yariko...

View Article

B Face ati ngo ntaravumburwa kandi ntibizonashoboka

B Face ngo umu Star arafise Vie Prive, kuriwe ngo ico atashatse ko bavuga ngo ntibikunda ko bakimukuramwo. Ivyo akaba aheruka kubivugira mu kiyago yitavye aho hari hatumiwemwo abaririmvyi co kimwe...

View Article

Belle Nice yavuze uburyo Sat-b yamubeshe

Umuryango wa Belle Nice ngo uraryoherewe inda afise, kuko ngo n’umuvyeyi wiwe yaranamukeje kuko ngo yahawe ivyo abenshi bipfuza. Mu kiyago n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, uwo mwigeme avuga ko...

View Article


Kaya Free ngo urukurikirane rushasha ruri mu nzira

Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona. Ivyo navyo s’ibindi...

View Article


Ibimenyetso vyerekana ko Diamond na Tanasha batakiri kumwe

Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo mukunzi atakibarizwa muri Tanzania, ariko ageze...

View Article

Lolilo yavuze ko bavanye kandi yamusigiye igikomere

Lolilo ngo muri kino gihe ntakirikumwe na Loliane, ariko kandi ngo ntiyiteze vuba kugira uwundi mukobwa yerekana. Ivyo nivyo aheruka kuyagira kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo...

View Article

Tanasha yishuye wamubajije nimba azoririmba ku guhebana kwiwe na Diamond

Naho bivurwa ko abavyeyi ba Nasibu Junior batakivuga rumwe, bivuye kuko ngo harimwo umwe yoba yaciye inyuma uwundi, kandi ko umwe muribo ngo agiye kugira ico ashikirizako abicishije mu ndirimbo, hari...

View Article

Ubuzima bugoye cane umuririmvyi Dj Pro yabayemwo mu muziki

Ko hoba hari agahinda n’umubabaro yamye anyegeza kuva kera kuko yagerageza kwerekana ko anezerewe ariko yubakiye kunguma z’umubabaro ; niyo majambo umuririmvyi Dj Pro yazindutse ashikiriza kuri uyu wa...

View Article


Ng’izi ingorane zituma umunyamahanga n’ubwo yomara imisi mu Burundi atamenya...

Igihe kinini kiraheze atampinduka ariko vyama vyavuzwe cane ko hakenewe gukunda ivyacu tukabikundisha abandi ariko hakabaho ikibazo ati: “Mbega ni gute wokundisha umuntu ivyo nawe udakunda?” Amwe mu...

View Article

Tanasha yajanywe mu minwe kwa Diamond n’ukurondera kumenyakana

Amakuru ku bijanye n’ugutandukana kwa Diamond na Tanasha abandanya aboneka avuye hirya no hino. Ayo dukesha umwe mu bantu begereye WCB avuga ko ugutandukana kwabo ngo kwoba kwavuye ku ruhererekane...

View Article


Double Jay yamenye ibanga, ngo baramaze kuririmbana na Sat-b

Ku kibazo c’uko Double Jay yoba yashatse gukorera ku karirimbo karirimvyemwo Sat-b na Duniano bise Kweti Kweti, ngo sivyo. Igituma Double avuga ko ari kubera we iryo jambo ngo ryavuye mu gifaransa,...

View Article

Igaruka rya 19th ririmwo amajambo menshi kandi ayobeye

Inyuma y’igihe asohotse ajanwe n’ivyigwa ariko kandi bikamuviramwo ukutumvikana cane mu muziki ni 19th yerekanye iyindi shusho muri Hip Hop (Rap) aho yashira ahabona indirimbo yise HIP HOP Mu majambo...

View Article


Belle9ice : Inyishu ku bibaza ko yoba yaragerageje gukorora imbanyi yibungeze...

Umuririmvyikazi INGABIRE Belle Nice asanzwe azwi cane kwizina ry’ubusitari nka Belle9ice bisanzwe bizwi neza ko asohokana mu rukundo n’umuririmvyi akaba na kizigenza CEO wa Label ya Empire Avenue ariwe...

View Article

Vg Wawa ati : ‘’Iyacitse intahe yahora ifatwa nk’inkoni”, izina umuziki...

Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg Wawa ngo vuba agiye kuzana impinduka mu muziki w’Uburundi. Ayo majambo aherutse kuyashikiriza aho twari tumusanze aho yariko arakorera igikorwa gishasha agiye gusohora...

View Article

Hari icokwizerwa hagati ya Sat-B na Harmonize?

Sat-B ngo ntavyo azi ko yoba ari mu baririmvyi babiri, Harmonize yavugiye mu giteramo ko azova i Burundi aririmbanye nabo. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live