Happy Famba ngo yahisemwo kurondera ifaranga hagukora umuziki
Happy Famba ngo umuziki yabanje kuwushira ku ruhande ngo abanze kwanza yinjize amafaranga biciye muri The Fighter Production, Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure...
View ArticleKidum ngo ntiyoreka kwitaba ibikorwa vyateguwe na Leta y’Uburundi
Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo uko biri kwose abarundi n’abarundi kandi bose abafata kumwe, ngo umwe amuhamagaye mu kazi ntiyoreka kugenda, nkuko ngo n’uwundi yomuhamagara uko nyene....
View ArticleKu musi w’abakundana Diamond Platnumz yakoreye ibikomeye Tanasha
Mu gihe abatari bake muba Tanzania batari biteze ko Diamond ahava aryoherwana n’umukunzi wiwe kuri uno musi w’abakundana, uwo muririmvyi yakoze ivyatangaje abantu benshi. Nkuko amakuru dukesha...
View ArticleAba Dj I Kigali ngo bararembejwe n’abasuma
DJ Miller ari muba DJ bakunzwe cane I Kigali avuga ko babangamiwe cane n’abantu babiba amafaranga, kandi ngo bikaba biba akatari gake, atari kuwe wenyene ariko ngo no ku bandi ba DJ batandukanye bari I...
View ArticleKirikou Akili aririmba « Umubabaro » ya Sat-B Imbere ya Camera
Vyari bitanganje benshi ndetse n’umu Paparazzi yamubajije ikibazo ndetse vyamuteye gutwenga bigatuma Kirikou amubaza ko vyoba bitwengeje. Biciye mugiteramo co kur’uyu wa 14 Ruhuhuma 2020 catunganijwe...
View ArticleIyindi mpamvu yatumye Diamond na Zari bavana
Umwe mu banyarusaku akurikiranira hafi ivy’ubuzima bw’aba Stars muri Tanzania, mu kiganiro aheruka gutanga yavuze vyinshi ku baririmvyi nka Diamond, Alikiba, Harmonize n’abandi. Kuri Diamond na Zari...
View ArticleDavid ngo vuba arashira ahabona urukurikirane rushasha
Mu gihe hari haheze imisi tubamenyesheje ko hari indirimbo umuririmvyi David avuga ko uno mwaka azoshira ahabona ziri mu rurimi rw’ikirundi, izo ndirimbo yasubiriye kumenyesha ko ziri hafi cane....
View ArticleMb Data we ngo ivya Tetero ntabihari ahubwo arubatse afise umufasha mu nzu
Inyuma y’igihe kinini ataboneka mugakino, munyuma akaza gusubira kwumvikanira munzu y’ubuhinyanyuzi izwi nka M.A isanzwe irongowe na Mugisha Amir arabandanya gukora ibitangaza mumuziki w’Uburundi aho...
View ArticleIyindi mvo n’imvano y’ugutandukana kwa Diamond na Harmonize
Intandaro ya Diamond na Harmonize gutandukana ngo ni umukunzi wa Harmonize, Sarah, nkuko bishikirizwa n’umwe mu begereye abo baririmvyi muri Tanzania. Nkuko tubikesha imboneshakure Carrymastory ngo...
View ArticleMasterland abahinyanyuzi ngo bamuhezeko, boba bakurikira agafaranga?
Vyukuri abahinyanyuzi bava muri MasterMuzik boba bagenda bakurikiye ahandi hari amafaranga asumba ayo muri iyo nzu ihinyanyura umuziki, na rirya basa n’abaguma bavayo uko umwanya uhera? Masterland...
View ArticleB Face yatangajwe n’uwahevye umuziki kubera arindiriye gukobwa
Mu ndirimbo Ibibazo aheruka gukorana n’abaririmvyi batandukanye 5, B Face avuga ko yashaka ijwi ry’umwigeme nawe akora Rap ngo bikunde humvikanemwo amajwi hafi nka yose, ariko yavuze ko ivyamubayeko...
View ArticleWasafi Media bobo bemeza ko umuririmvyi Big Fizzo atari Super Star
Inyuma yo kuza i Bujumbura akahakora ibikorwa bigiye bitandukanye, ni Q Boy, mu nyuma yakoze indirimbo ariko agakora ama collabo yatumye abarundi bamumenya kurusha banamenya kari umwe mubaririmvyi...
View ArticleWema Sepetu yavuze ku kwonda afise bivurwa ko kuva ku mugera wa SIDA
Wema na Diamond ngo bakiri kumwe mu Rukundo ntibigenze baganira kuvyo kuzokurikirana kuri Instagram, Fellow. Nayo abavuga ko yagabanutse cane kugira ivyo anywa nk’imiti ngo sivyo na gato, kuko ameze...
View ArticleMonna Walda ngo azanye ibitamenyerewe mu muziki
Monna Walda ngo nta mugambi afise wo guhagarika umuziki naho hari abatavyerekwa ko muri kino gihe ari mu muziki, aho akaba kandi anavuga ko we ataco aje guhindura, ariko ngo we azanye bishasha abantu...
View ArticleSat-B ngo bari bakwiye kubakuriraho intambamyi bakanatanga uturusho ku...
Inyuma y’igihe kinini hataboneka isohoka ry’abaririmvyi babarundi baja gukora ibiteramo hanze y’igihugu hano mu karere ka Afurika y’Ubuseruko na cane cane muri Tanzaniya ndetse na Kenya ni Sat-B...
View ArticleAgiye gusubira guseruka nk’umurundikazi imbere ya Innos’B
Inyuma yo guhaguruka nk’umwe mu baririmvyi b’abigeme muri Diaspora arabandanya kwerekana ko abarundi bashobora kuba ba bitumwako Bella Hot Hot ni umwe mu baririmvikazi b’abarundi babandanya gukora...
View ArticleAlikiba ngo ntiyinjiriza amafaranga ibinyamakuru nka Diamond
Igituma ALikiba adakunze kuvurwa canke kwandikwa cane mu binyamakuru ngo nuko we ubwiwe ataco atanga ngo bandike. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu banyarusaku barembeje cane umurwi wa Wasafi...
View ArticleAta gihindutse Babbi arashira ahabona EP y’indirimbo 5
Harageze ko nkora EP yanje kubera urugezo umuziki wanje ugezeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Babbi mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko iyo EP yiwe...
View ArticleMB Data mu migani aremeza ko afise igiteramo muri Canada
Hoba hari igiteramo c’umuririmvyi Mb Data muri Canada vuba? Uwo muririmvyi aheruka gutanga umuco mu kiyago yagiranye na Indundi Tv, kuri Micro ya Alan. Muri ico kiganiro, Alan n’umutumire bagarutse ku...
View ArticleAba Tanzania badahindutse ngo Diamond muri uno mwaka wa 2020 arazima
Muri kamere y’aba Tanzania ngo inyuma y’imyaka 10 mu muziki ngo baca bazima, ntihagire uwusubira kumwumviriza nkaho umengo ntiyigeze abaho. Aho hagatangwa akarorero k’abaririmvyi bari bakomeye mu myaka...
View Article