Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Big fizzo yoba yashatse guhanura Sat-b kutabandanya amwipimako

Mu gihe hagize imisi hari itereranwa ry’amajambo hagati ya Big Fizzo na Sat-b, umwe muribo yanditse amajambo akomeye ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho asa nkaho ahanura uwumeze nka mugenziwe, kuko...

View Article


Inzu y’igorofa Hamissa yimukiyemwo yateje uruhagarara ku mbuga...

Inzu Hamissa Mobeto agize imisi abamwo iri mu bwoko bw’amagorofa, abantu bariko bayivugako vyinshi, birimwo ko yoba ayipanze, mu gihe bigize igihe bivurwa ko uwo mukobwa yaguze iyo nzu iherereye mu...

View Article


Mr Champagne aramenera inda k’urukumu ko buba ari uguswaganya

Mista Champagne ni umuririmvyi akunzwe cane kuri video akunze gukora asa nuwutanga ubutumwa kuri uyu canke uriya ariko ugasanga hari bamwe babifata nka Comedy bivanye n’uko hari izo akora ariko...

View Article

Face To Face yohuje Big Fizzo na Sat-B yobaye itariki 9/02/2020 ntikibaye

Inyuma yaho hagiye haraboneka uguterana amajambo kumpande zose uruhande rumwe ruti ntahiganwa rihaba hagati yajewe na naka uwundi nawe ati narasuzuguwe mfatwa nabi, ariko munyuma uwateguye igiteramo...

View Article

Nyemerera Remix niyo igiye guhuza Laurette TETERO na Sag Wise asanzwe...

Inyuma y’urugendo rumutwara muvyigwa aho asanzwe ari mu gihugu ca Chypres arabandanya gukora ibikorwa vy’umuziki aho ubona ko abandanya akora ivyiza naho atari hafi. Aho aheruka kubaza abakunzi...

View Article


Humvikanye indirimbo nshasha ya Diamond na Tanasha

Diamond ngo yoba yarashatse gufasha Tanasha Donna mu ndirimbo, ariko agatinya ko babona ko ariwe yamudugije, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na kimwe mu binyamakuru vyo muri Tanzania. Intandaro y’iyo...

View Article

Kidum ngo aricuza kuba yaravuze ko atazogaruka i Bujumbura

Kidum ngo agiye gusubira kuza i Bujumbura, kuko yasanze yarihenze mu kuvuga ko atazogaruka. Nayo imbeba ngo ni zimenye ko naho ziriko zitambira ku meza, akayabu bitebe bitebuka kazogaruka. Nimbona...

View Article

Shakira na Jennifer Lopez baraye babiciye biracika

“Hello Miami!” niyo majambo yari mu ndirimbo zari ziherekejwe n’ingoma hamwe n’inzamba. Mu rukino rwari rurindiriwe cane rwa Super Bowl muri Amerika ejo ku wa Mungu, abaririmvyi rurangiranwa babiri...

View Article


Ng’izi Collabo zikomeye Lolilo agile gukorana n’abaririmvyi b’abarundi

Inyuma yo kugenda akora zimwe mundirimbo zigakundwa n’abatari bake hano mugihugu ndetse n’abari hanze y’igihugu ni Lizzo abandanya akora ibikora inka muri uyu muziki w’Uburundi aho ubona ko abandanya...

View Article


DJ Marnaud yari yatawe muri yompi, arekurwa mu gitondo

Ifungwa rya Arnaud Mugisha azwi nka Dj Marnaud ryateje uruhagarara Ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mu gihugu kibanyi c’Urwanda, ngo uwo mu DJ...

View Article

Yahamagariye abaraperi bose bumva ko bashoboye baze kuri Battle ya Freestyle

Ntivyoroshe mu mudiho wa RAP aho Sage Wise asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki mu gihugu c’Ububirigi yikubise mugikiriza avuga ko yipfuza uwo wese yiyumva ko ari umuraperi yiyemera kuri Freestyle aze...

View Article

Ba Canco Hamissi ntibaturaba ryiza habe namba

Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n’ibicurarangisho kavukire bakoresha mur’iyo myaka yabo y’ubusore...

View Article

B-Face : “Ibibazo” iriho kandi izokwamaho n’amazina n’arya nyene kuko ni Season

Inyuma y’igihe umwana akiri muto M Nif Jimbo akoze indirimbo yise King B-Face aho ari indirimbo ihayagiza izina ndetse n’ibikorwa vy’umuririmvyi B-Face On The Flow harabonetse ikintu ubona ko...

View Article


Masterland ngo hanze bakora umuziki kuri 500$ iwacu bariha musi 100$

Masterland abona ko umuziki ndundi utishwe n’abahinyanyuzi, kandi abo nyene ataribo batuma abaririmvyi badatera imbere. Ivyo n’ivyumvikana muvyo aheruka gushikiriza kuri imwe muri Post z’’umu Dijay...

View Article

Amasanamu y’indirimbo R Flow buca asohora yamenyekanye  

Inyuma y’indirimbo Umusaraba w’Urukundo yanavugishije abatari bake mu bakunzi b’umuziki, co kimwe n’ab’iwabo na mwene indirimbo, Riche agiye gushira ahabona amasanmu y’akandi karirimbo kuri uyu wa 5....

View Article


Inyuma y’umwaka, Chany Queen arahevye arava mu gacerere

Inyuma y’uturirimbo nka Kamwe kamwe , Neno Moja na Ndicuza twakozwe mu mwaka wa 2018, tugakundwa n’abatari bake mu bakunzi b’umuziki ndundi, cane cane ab’umuririmvyikazi  Chany Queen. Uwo...

View Article

Indirimbo ya mbere izoba yitwa “ikosa” aho izokwumvikanamwo Mb Data na...

Inyuma yokuboneka mwihiganwa BMA (Buja Music Awards) ariko akaba ataronse amahirwe yo gutsinda yaragerageje gukora cane aho ubona ko ari umwe mubaririmvyi bagerageje guhindura uko basanzwe bakora ari...

View Article


Iki nico catumye bose bakomeye mukarere badahurumbira kwitwa abarundi

  Igihe kinini kiraheze uko haza Abaririmvyi  bakomeye mukarere baje gukora ibiteramo humvikana amwe mumajambo asiga Abarundi mumakenga bigatuma urukurukuru ruba ruri mubakunda gukurikirana umuziki...

View Article

Tanasha yaricujije icatumye asohokana na Diamond Platnumz

Tanasha ngo yaricujije cane kuba yaremeye gusohokana na Diamond, kuko vyamuteye uguhahamuka gukomeye cane. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro na Wasafi Tv. Muri ico kiganiro Tanasha...

View Article

Nubwo benshi bavuga ko ndirimba nka Simi siwe yari “Idol” wanje ahubwo Celine...

  Umwana akiri muto Ines aririmba muri Peace and Love band afise ijwi ridasanzwe vyemezwa neza ko aririmba nk’umuririmvyikazi wo mugihugu ca Nigeria abenshi bazi kw’izina rya SIMI arakomeza gukora...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live