Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Zari ngo yarabaye umukozi wo munzu aho yiga mu bwongereza

Zari ngo imbere yuko yubaka ishure ryiwe rya Brooklyn College muri Africa y’epfo, yabanje kugeragereza muri vyinshi birimwo n’ukuba umukozi wo mu nzu igihe yiga mu bwongereza. Zarinah Hassan azwi nka...

View Article


Diamond na Eto’o fils ngo bagiye kwugurura ishure ry’umupira w’amaguru

Inyuma yo kuririmba mu birori vya CAF vyabereye muri Egypte, Diamond ngo ashobora no kuririmba mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya World Cup ryo muri 2020 muri Qatar. Hagati ya Eto’o fils na Nasibu...

View Article


Ng’uyu uwundi muhungu umuryango wa Bantu Bwoy waraye wungutse

Inyuma y’imyaka ibiri atanguye akazi ko kuririmba, ashobora kuba agiye kwinjira muri Label ikomeye cane ya Bantu Bwoy umuririmvyi Drama T. Drama T akaba agiye kuba mu muryango wagutse usazwe urimwo...

View Article

Sat-B na Big Fizzo ngo hagiye guca uwambaye muri Ruhuhuma, ninde mwami...

Igiteramo cari citezwemwo  ibihangange bibiri Big Fizzo na Sat B kuri Lacosta Beach mu ntumbero yukuraba uwuruta uwundi ngo ntankeka isango ni ryarindi nyene. Inyuma yukwakirana umunezero w’imenyeshwa...

View Article

Ng’iki ikintu gikomeye Kidumu ahanura batoyi biwe mu muziki

Kubwa kidumu ngo igikuru ni akazi gusa ,nayo ngo uno mwaka yipfuza gusohora nka album zibiriri bishitse bigashoboka. Kidumu aravunira akagohe abaririmvyi batoyi bafashe ingingo y’ukuririmba ngo gukora...

View Article


Tanasha ngo ntibakorako kandi ntibakuyakuya

Akoresheje urubuga rwa Instagram, Mbosso yavuze ko uwo baririmbanye Tanasha ngo adakorwako kandi badakuyakuya, atari Boss Diamond Gusa. Tanasha ngo ni uwa Nasibu Abdoul Juma gusa, ivyo nibiheruka...

View Article

Cedrick Bangi kubwiwe ngo umuriririvyi mwiza kuri Scene ni Sat-B

Kubwa cedrick Bangy asazwe arongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi ryitwa Coopérative des Musiciens du Burundi ngo umuririmvyi mwiza kuri scene kuriwe hagati ya Big Fizzo na Sat B ngo ni Sat-B. Ivyo akaba...

View Article

Ng’izi ingaruka n’inkurikizi biterwa na challenge ya Big Fizzo na Sat-B

Ukutumvikana kuri ku mbuga ngurukanabumenyi hagati y’abakunzi ba Farious na Sat-B ni kimwe mu biriko bituma abenshi badahurumbira indirimbo mva mahanga ugasanga umwe wese kuruhande rwiwe ashaka kumenya...

View Article


Ng’uku ukuri ku mwigeme Ester Nish kubivurwa ko ari muri Label ya Bantu Bwoy...

Ester Nish umwigeme yagaragaye cane mu mwaka wa 2019 kundirimbo zitarinke zanagiye zirakundwa n’abantu batari bake abenshi bariko bibaza ko uyo mwigeme ashobora kuba  yinjiye muri Label ya Bantu Bwoy...

View Article


Breaking News | Bernard wo mu murwi wiswe Nkunda abantu yitavye Imana

Umwe mu bagize umurwi bakunze kwita Nkunda abantu ukora umuziki w’akaranga ariko uvanze n’uw’uwugezweho, Tradi-moderne, yitavye Imana. Uwo tuvuga ko Bernard yitavye Imana afise imyaka 33 y’amavuko, uwo...

View Article

Ngo iyaba umuziki waratey’imbere tuba twararonse abaririmvyi baserukira...

Emery Sun arasigura neza inyungu Uburundi bwoba bwararonse muri iyi myaka ibiri 2017-2019 Inyuma y’igihe umuririmvyi Emery Sun abuze umuvyeyi wiwe (PAPA) agasa nkuwibagirana mu muziki aravuga neza  ko...

View Article

Lynn na Diamond ngo barabanye anamwerekana iwabo, n’ubugeni ngo bwari hafi

Umwe mu batanzaniyakazi bakunzwe cane, Lynn, yavuze uko babanye na Diamond imbere yuko azana Tanasha amusubirije Zari. Nkuko amakuru dukesha Ghafla abishikiriza, ngo hampande ya Zari, Diamond...

View Article

Rihanna yatandukanye na Hassan Jameel uwari umukunzi wiwe

Rihanna ngo yamaze gutandukana n’umukunzi wiwe w’umwarabu, Hassan Jameel. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’ikinyamakuru Us Weekly. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Elle abivuga ngo abo bakunzi...

View Article


Big Fizzo : “Nakoze ibiteramo Amerika n’i Burayi mugihe Sat-B atarakora...

Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm mukiganiro Sunday Viber ati :”Mfise...

View Article

Ku musi wa 5 niho umuhisi Bernard azoshinguranwa iteka

Uwo bari bakunze kwita Bernard Nkundabantu yitavye Imana kuri uyu wa 6, azoshinguranwa iteka kuri uyu wa 5 igenekerezo rya 24 nzero 2020. Amakuru dukesha abegereye umurwi uriko wiruka ku bijanye no...

View Article


Sat-B: Indirimbo «Inkuru y’ukuri » yankwegeye abakunzi benshi n’abasi batari...

Inyuma y’aho umuririmvyi Big Fizzo arumiriwe ku nsamirizi Buja Fm agashikoriza amajambo abenshi bagiye bavugako vyishi, uno musi igenekerezo rya 21 Nzero naho harihatumiwe umuririmvyi Sat- B mukiganiro...

View Article

Yvan Muziki ishavu riraniga kuko ngo bamuvuze ko yihakanye igihugu

Ruravyuye ingunza kwa Yvan Muziki, aho n’inyuma yaho ngo abantu bavugiye ko yoba yihakanye Uburundi biciye muri Interview aheruka gutanga. Ivyo bikaba bitari bibaye irya mbere. Mu kiganiro yahavuye...

View Article


Burundi Talent : Twe tukivumbura vyukuri abaririmvyi bari basigaye barara...

Inyuma y’igihe kitari gito abarundi isinzi bazi ikiganiro Burundi Talent casanga abaririmvyi imuhira batiteguye kikabakangurira kwama biteguye kikanabibutsa ko ari ibiyo vy’abakurikirana ibikorwa vyabo...

View Article

Alfred ati: “Bernard yahitanywe n’Uburozi, naho naje nabunyoyeko”

Umuhisi Bernard ngo yasandavye azize uburozi yanyoye haraheze igihe kitari gito nkuko Alfred mugenziwe yabishikirije ku maziko yiwe. Uwo akaba avuga ko nawe nyene yabunyiyeko ariko akaba we...

View Article

Uwahoze ari umukunzi wa Diamond ngo ariteguye gukorana indirimbo na Tanasha

Lyyn yahoze ari umukunzi wa Diamond uno musi ari mu baririmvyikazi bashasha muri Tanzania, avuga ko yiteguye gukorana indirimbo na Tanasha umukunzi mushasha wa Diamond, kuko ngo bo uko ari babiri...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live