Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Emery sun avuga ko abaririmvyi ndundi bikanga ko umuziki wateye imbere

Emery sun avuga ko abantu bikanga ko umuziki ndundi wateye imbere, ariko ngo sivyo na gato. Abateye imbere kubwiwe ngo n’abatumirwa mu bikorwa bikomeye. Ukuba abaririmvyi ndundi ari isabagi, batari...

View Article


Miss Erica na Natacha ntibariko barabihurizako umwe wese akeka ko ariwe ntare...

Twibukanye : Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi kazi w’umurundi Natacha ahaye izina mugenzi we Sat-b mukumwita Intare y’Ingabo (Simba Dume) maze nawe akiyita Simba Dike, ariko ubu hasa n’ahagiye...

View Article


David agiye gusubira gushira ahabona indirimbo ziri mu kirundi

David ngo ntiyibagiye abakunzi b’ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw’ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y’igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David...

View Article

Emery Sun ati :”Bibandanije uko biri, iyindi ni vuba gose.”

Gushika mu kwezi kwa 5 kw’umwaka uza ngo indirimbo 2 zishobora kuba zamaze gushirwa ahabona. Uwo ni Emery sun yabishikirije. Nka hamwe akaririmbo Ongereza kobandanya gukora ibikora inka nk’uko kagize...

View Article

Yvan Muziki yoba yamaze gushika I Kigali

Igishobora kuba kijanye Yvan I Kigali ntikirabasha kumenyekana, ariko bikavurwa ko hampande y’ukuramukanya, hoba harimwo ugushira ahabona akaririmbo gashasha. Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere,...

View Article


Ng’iyi collabo ishobora guhuza Mista Champagne na Sat-b

Biratangaje cane hano iwacu kubona umuririmvyi afise ubucuti n’umuririmvyi akomeye wa kera Big Fizzo akongera akagira ubwo bucuti budasanzwe n’umuririmvyi abenshi bita umwami w’uru runganwe rushasha...

View Article

Big Fizzo yavuze uburyo Chameleon yamufashije

Big Fizzo na Dr Jose Chameleon ngo baragoranywe igihe kitari gito. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe aho yari muri kimwe mu biganiro vy’umuziki hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo...

View Article

Ester Nish ngo agiye gukorera ikintu gikomeye abakunzi biwe hamwe n’Imana

Indirimbo ya Gospel kuri Ester Nish ngo niyo igiye gusozera uno mwaka inyuma y’indirimbo yaheruka gushira ahobona yise waradekonye aho ubona koyariko araririmba abo bose boba bakorera ikintu umuntu...

View Article


Ikibazo giteye impari mu muziki w’Uburundi aba nibo cagirizwa

Biratangaje cane kubona ataruhande na rumwe rwemera ivyo ruvugwako mu gihe ikibazo kihari kandi kigiteye ingorane. Imyaka ni myinshi cane gose umuziki w’Uburundi uterwa amashurwe ngo Uburundi bufise...

View Article


Amasanamu ya Moto Demarrer ya Andy Mwag araja ahabona mu masaha makeya

Mu masaha makeya, akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Andy Mwag buca gashirwa ahabona. Ako karirimbo akaba ari Moto Demarrer, kamaze kwumvikana amajwi yako. Andy akaba ayo masanamu ashobora kuba...

View Article

Sallam SK Manager wa Diamond ngo ntaherekeza uwuja gutunga

SK ngo uwuja gutunga ntamuherekeza, barajana bose bakaronka ico babiriye akuya. Sallam SK umwe muba Manager bakomeye ba Diamond Platnumz bemeza ko ata mugambi bafise wo guherekeza abatunga. Iryo jambo...

View Article

Ng’uyu uwuriko akekwa ko ariko yonona igiteramo kirindiriwemwo Yemi Alade i...

Inyuma y’igihe kitari gito habonetse igiteramo kigiye guhuza abaririmvyi bakomeye muri kano karere ka Afurika y’ubuseruko ndetse na Afurika yose muri rusangi ariko bikabonekamwo amakenga menshi bivanye...

View Article

Dj Nad arakeza Andy Mwag ku ntambwe yateye mu gukora umuziki n’amasanamu

Kiretseko arumwe mu bacurarazi bavuza solo ba hano iwacu atawe yomugereranya, Dj Nad arakeza Andy Mwag ku ndirimbo yiwe yise Moto demarrer. Mu ntumbero yo gushikira no kumenyekanisha ibikorwa...

View Article


Yvan Muziki yakoranye na Bruce Melodie akaririmbo

Ata gihindutse, Muziki agiye gusohora indirimbo yiwe nshasha, amajwi n’amasanamu (Audio & Video) bikazira rimwe. Kimwe muvyashikanye Yvan Muziki mu gihugu kibanyi c’Urwanda camenyekanye. Ico naco...

View Article

Diamond Platnumz ngo yarabeshe ku butunzi afise kuko afise amadeni menshi

Wasafi Tv na Wasafi Fm ngo sivya Diamond, nayo ubutunzi yigamba nabwo sibwo kuko aheranye menshi mu ma Bank, imisigiti avuga yubatse nayo nyene ngo n’ububeshi butagira izina. Mu gihe Nasibu Abdoul...

View Article


Zari ngo umugabo avuga ko barushinze n’uwo yivye

Umugabo bivurwa ko barushinze na Zari ngo yoba ari umwe muri bamwe baryamana n’abandi bagabo, kandi akaba ari Umugabo w’abandi, nkuko bishikirizwa na bimwe mu binyanamakuru. Muri Video za Zari zo mu...

View Article

Wolper yavuze mu migani ko adashobora kwiruka inyuma ya Harmonize

Ukwiruka inyuma y’uwo mwagendanye ngo nuko aguhevye afatanye n’uwundi ngo n’uguta umwanya gusa. Nayo abomushira munzu ngo baruzuye nuko atarabishaka gusa. Wolper ngo nta mwanya agira wo kwiruka inyuma...

View Article


Diaspora : John Classic, impano itari imenyerewe cane mu muziki ndundi

John Peter Hakizimana azwi nka John Classic kw’izina ry’ubusani, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko...

View Article

Zari niwe afata ikibanza ca 1 mu bakurikirwa cane muri Uganda

Zari ngo niwe wa mbere muri Uganda akurikiranwa cane ku rubuga rwa Instagram. Nayo ibihangange mu muziki muri Uganda ngo nubwo vyoteranya ababakurikirana ngo ntibanamwegera. Zarinah Hassan benshi bazi...

View Article

Umugore na Eddy Kamoso bari bageze ku rwego rwo kugomba kwicana

Uwahoze ari umugore wa Eddy Kamoso nawe ubwiwe bahukanye bigeze kure, kuko n’ivy’ukwicana vyari bimaze kwiyumvirwako, ariko guca bahitamwo gutandukana. Eddy Kamoso ngo yarondeye akazi i Burundi avuye...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live