#indundi | Kidum yasubiriye gutumirwa muri BBC i Londres
Ubugira kandi Kidum yasubiriwe gutumirwa Ku musi w’ejo igenekerezo rya 16 ruheshi(6) Ku nsamirizi BBC. Indundi Kidum niwe asigaye yigaruriye ikinyamakuru BBC mu bwongereza, inyuma y’ugutumirwa kabiri...
View Article#indundi | Redemption Voice yipfurije Eloge isabukuru nziza
Umurwi Eloge yahora aririmbamwo wamwifurije isabukuru nziza, nawe abishura ko bitangaje ariko uguhimbazwa kube ukw’Imana. Indundi Mu gihe eloge yararamutse ahimbaza umusi mukuru wiwe w’amavuko, umurwi...
View Article#indundi | Sat-b yabonetse arikumwe n’umukobwa yambaye ubusa mu Cumba
Sat-b abonetse arikumwe n’umwigeme yambaye ubusa mu cumba. Indundi Inyuma y’ugusohora indirimbo nshasha yiwe yise African Gal agaca akora amasanamu y’iyo ndirimbo mu gihugu c’ubugande n’umuhinyanyuzi...
View Article#indundi |Umuriro warugize imisi muri Peace and Love woba waheze?
Yaba Vivi yaba Bobo muri Peace and Love bose bariko barakora indirimbo muri Studio, naho bivurwa ko badacana uwaka. Indundi Mu gihe hari haheze imisi havurwa ko umurwi Peace and Love ushobora...
View Article#indundi | Mt Number one ngo ntazotetereza abakunzi b’umuziki wiwe
Azoteramisha muri leta zunze ubumwe za amerika neza neza muri Phoenix Arizona aho abarundi bazoba baramutse bibuka igihe bakurwako umuzungu. Indundi Mu gihe yaheruka gushira ahabona indirimbo yiwe...
View Article#indundi New Music|J ‘Viens De Loin By Herve
J 'Viens De Loin By Herve 352 total views, no views today
View Article#indundi New Music|Niwewe By Strogoff
Niwewe By Strogoff 4,717 total views, 859 views today
View Article#indundi New Music|Parfois By Herve
Parfois By Herve 5,233 total views, 1,029 views today
View Article#indundi New Music|Umurundikazi By Jado Good Trip
Umurundikazi By Jado Good Trip 6,616 total views, 1,617 views today
View Article#indundi New Music|Money By Joe Firmmeur Ft Memento
Money By Joe Firmmeur Ft Memento 6,855 total views, 1,756 views today
View Article#indundi | Abahizi yanditswe na Davy Carmel mu buzima bwiwe atakigenda
Amasanamu y’indirimbo abahizi izosohoka isa n’ubutumwa bwaririmbwemwo. Indundi Abahizi indirimbo abatari bake bamenye y’umuririmvyi Davy Carmel niyo igiye gushirirwa hanze amasanamu yayo. Iyo ndirimbo...
View Article#indundi | Ukuri ku bivurwa ko Natacha na Harmonize muri WCB bagiye gukorana...
Indirimbo Shikiria ngo niyo yajanye Natacha muri Tanzania kuyikorera muri WASAFI Record ariko ngo azoyikora we nyene apana na Harmonize. Indundi Ivyajanye Umuririmvyikazi Ngendabanka Natacha mu gihugu...
View Article#indundi | Hoba hamenyekanye se w’umwana bivurwa ko chany queen yibungenze
Mwene nyina na Sat-b ariwe Bosingwa atungwa urutoke ko ashobora kuba ari se w’umwana bivurwa ko chany queen yibungenze naho Bosingwa we abitera ivyatsi. Indundi Mu gihe hariko haravurwa ko Chany queen...
View Article#indundi New Music|Vyemere By Ni K
Vyemere By Ni K 3,741 total views, 1,846 views today
View Article#indundi New Music|Amahoro By Adjoba Love
Amahoro By Adjoba Love 6,249 total views, 3,842 views today
View Article#indundi | Redemption Voice yaserukiye Uburundi na Africa mw’ihiganwa muri...
Redemption Voice yacaguwe ngo izoserukire Uburundi na Africa Muri Prayze factor awards ririko ribera muri Leta zunze ubumwe za america. Indundi Inyuma y’igihe kitari gito uwo murwi Redemption Voice ngo...
View Article#indundi | Hamenyekanye icatumye Yoya aririmbana na B Face
Jamal yakoranye na B Face kubera mu ndirimbo zivuga ubuzima busanzwe Jamal abishoboye. Indundi Yoya ngo ntiyacaguwe uko nyene kugira abashe gukora icitabirizo mu ndirimbo Stress y’umuririmvyi B Face....
View Article#indundi New Music|Aho Kaciye By Titus
Aho Kaciye By Titus 3,170 total views, 1,376 views today
View Article#indundi | Basidukanye n’iyonka mu gukora indirimbo yo guherekeza Bob Peace...
abaririmvyi batandukanye basidukanye n’iyonka bahurira muri Afro music Studio aho bakoze indirimbo izotuma batibagira mugenzi wabo Bobo Peace and Love. Indundi Yaba abaririmvyi abavuza ibicurarangisho,...
View Article#indundi New Music|Cheza Na Mimi By Jay Fire
Cheza Na Mimi By Jay Fire 737 total views, no views today
View Article