Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Umuzo wa Bain Turo ushobora kuza utandukanye cane

Inyuma yaho yakora wenyene vyasa nk’aho bigorana ariko bigateba bigashika, ni Bain Turo (Bain Ten) mu nyuma yashizwe k’urutonde rw’abaririmvyi bagiye guhagararirwa na Empire Avenue isanzwe ihagarariwe...

View Article


Fabelove ngo Sat-b ariza abana, nayo Lolilo agasaza abantu

Fabelove yerekanye imidiho Sat-b na Lolilo bashoboye kuririmba, akanavuga ko aramutse ashatse Collabo nabo yoraba uwujanye n’ivyo ashaka. Mu kiyago Fabelove yagiranye na Indundi TV, yabajijwe uwo...

View Article


Alikiba yigaramye Diamond izuba riva

Alikiba ararahira akarengwa ko atokwitabira Wasafi Festival, nawe ngo uruhererekane rw’ibiteramo ariko ashaka gukora ngo ntazomuhamagara. Ivyavuzwe ko Umwe muba Manager ba Diamond yagiye kuvugana na...

View Article

Umubabaro ya Sat-b itanguye kubonwa nabi itaramara na 2

Ibura ry’indimi mva makungu mu ndirimbo Umubabaro nshasha ya Sat-b ntibiriko birabwa ryiza na bamwe mu bafana ba Sat-b bo mu bihugu bitumva ikirundi yaririmvyemwo. Imyidogo itanguye kuba myinshi mu...

View Article

Twafashe muri ville Umwifunzi wa Empire Avenue abura uko yifata arishikana

View Article


Bizos aranegura aba rappeur kuvyakorewe umuririmvyi mugenziwe B Face

Bizos asanzwe akora umudiho wa Kiyago style Music inyuma y’ukuronka ikibondo akanyamuneza kakaba kari kenshi arababazwa cane n’ivyakozwe kuri mugenziwe. Intandaro yavyose ni indirimbo Freestyle ya...

View Article

Ng’iki ikintu gikomeye BantuBwoy yose  igiye gukorera abarundi

Big Fizzo na Bantu Bwoy yose ibazaniye igiteramo citiriwe BantuBwoy Concert ku ncuro yabo yambere igiye kubateramisha biciye mu giteramo babateguriye. Inyuma y’ukuva mu karuhuko yamazemwo igihe kitari...

View Article

Masterland yagarutse ku kuryamana n’abakobwa bakorana ama video bibavurwako

Masterland yishuye ku busambanyi bubavurwako, bakabukorana n’abakobwa baba bakoranye nabo nk’aba Video Queen. Masterland yagarutse ku bivurwa ko abaririmvyi baryamana n’abakobwa baba bakoresheje mu...

View Article


Ntibisanzwe hagati ya Big Fizzo na Sat-b, soma utahure ubutumwa bahanye

Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri stage ko hagati yabo atakibazo ahubwo abantu bavyitiranya....

View Article


Naho ikibazo c’ubukene bw’abakobwa kibandanya kiboneka muri Entertainment we...

Abandanya yerekana ubutwari n’ubutore bwiwe naho bitoroshe muri kino gihugu cacu ko tubona abaririmvyi b’abigeme bashinga imizi muri uno mwuga wo kuririmba. Ni Esther Nish inyuma yaho aviriye mu gihugu...

View Article

Big Fizzo yavuze ko ata gahunda afise yo kwipimisha umugera wa SIDA

Abipimisha umugera ngo n’abafise ivyo bikeka, Big Fizzo we ngo nta gahunda afise yo kwipimisha kuko ntazi kunuranura. Nta mugambi afise wo kuja kwipimisha umugera wa SIDA, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa...

View Article

Ng’iki ico Laurette TETERO yipfuza kuri Mb Data

Inyuma yaho akoreye indirimbo yiwe igira kabiri abifashijwemwo na Label ya Rockstone Kingdom munyuma agafata urugendo rumwerekeza mumahanga aho yagiye kwiga kandi ariko yemeza ko yagiye afise ibikorwa...

View Article

Urutonde rw’abigeme b’abaririmvyi babuze mu muziki bari babizi cane

Ibihe uko bigenda bibisikanya haraza haribonekeza zimwe mu mpano z’abigeme mu kuririmba ariko batigera bamara igihe kinini nk’ayandi mazina dusanzwe tubona amara igihe kinini muri uru rugendo...

View Article


Menya uwatumye umuririmvyi Aimable Tayaya agaruka ku kivi yasa n’uwari...

Aimable Tayaya ngo ntiyari yarabuze ahubwo yarakora ibikorwa hama ngo bihura n’ingorane kubari babimukoreye aca abanza kwinyegeza gato mukubanza kwiga isi uko imeze n’ukwihangana afise aho kugera ngo...

View Article

Ng’iki ikindi kintu gihambaye umuririmvyikazi Natacha yaraye akoreye abarundi

  Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi...

View Article


Big Fizzo yatanze umuco ku bivurwa kuri Bantu Bwoy n’umuririmvyi Black G

Inyuma yo gushirwa kuri affiche y’igiteramo ca Bantu Bwoy bafadikanyije na Tokyo Business Center kigiye kuba kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2019, Big Fizzo yatanze umuco. Nk’uko...

View Article

Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo

Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n’amajambo usanga mur’iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko...

View Article


Emery sun yagiriza bamwe mu barabwa cane kuri YouTube kugura Views

Emery Sun avuga ko Views afise kuri YouTube ari iziwe, ngo sico kimwe na bamwe bamwe bazigura kugira bagire iz’umurengera. Kuba ata Views nyinshi afise ngo nta bwoba bimutera kuko ntanabiraba cane....

View Article

Abantu ntibabona kumwe impanuro za Meddy ku banywi b’inzoga

Ukuba Meddy ariwe yahawe umwanya  ngo ahanure abanywa inzoga kuzirinda mu gihe batwara imodoka, abantu ntibabibona kumwe. Ngabo Medard ngo siwe yarakwiye gutorwa nka Brand Ambassador, ivyo...

View Article

Big Fizzo yavuze uko yahatswe gufatwa ku nguvu

Big Fizzo ngo yahakuwe n’inguvu ziwe, nayahandi yarrafashwe ku nguvu, ariko ntiyashimye kuvuga uwaramufashe ku nguvu hamwe n’igihugu vyabereyemwo. Mugani Desiré benshi bazi nka Big Fizzo nawe ngo...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live