Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Kirikou ngo yavuze B face n’ubwoba bwinshi

Mu majambo Kirikou yakoresheje mu kuvuga B Face ngo harimwo ubwoba, kuko ntiyamudisinze nkuko abandi ba rappeur babikora.  Girukwishaka Boniface benshi bazi nka B Face yarakebuye umuririmvyi Kirikou ko...

View Article


Yvan Muziki agiye gusohora indirimbo izomerera nabi bamwe

Yvan muziki yavuze ko agiye gusohora indirimbo izomerera nabi abansi b’uyu mwaka wa 2019. Aho ngo ni vuba cane. Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Yvan Muziki asa n’uwuri mu gacerere, uwo muririmvyi...

View Article


The Ben arahakana urukundo ruvurwa hagati yiwe na Zari The boss

Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n’urukundo rw’umuhungu n’umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye. The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo,...

View Article

Hampande y’abaririmvyi, n’abatwara ibinyamakuru nabo batanguye kuvunira...

Tetero yatewe ivyatsi impande zose, haba mu bamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka no mu batwara ibinyamakuru bitandukanye. Igituma ni urwandiko yashize ku rubuga rwa Twitter. Umwana w’umukobwa Tetero...

View Article

Indirimbo Sorry ya Vichou Love ngo n’inkuru y’ukuri

Vichou Love yagarutse ku ndirimbo Sorry aho avuga iciyumviro iyo cavuye, akavuga ko yayikuye ku nkuru y’ivyabaye ku muntu. Vichou avuga ko hari Umuntu yitwaye nabi imbere y’umuryango wiwe ngo nuko...

View Article


Uwankiye Kidum kuzoririmbira mu Rwanda ntaramenyekana

Igipfungu cinshi nico kirangwa mu majambo asobanura ibura rya Kidum mu giteramo Kigali Jazz Junction co mu mpera z’uku kwezi i Kigali mu Rwanda. Mu gihe Kidum we avuga ko yabwiwe ko uburongozi...

View Article

Diamond na mushikiwe ngo boba babeshe ko Tanasha yavyaye

Ukuri kw’inkuru y’ivuka ry’umwana mushasha, kwoba kugoye kwemeza, kuko umuvyeyi wenyene, Tanasha, yahakanye ishusho y’umwana bakwiragije hose. Amakuru dukesha bimwe mu binyamakuru vyo muri kano karere,...

View Article

Fortran yoba agiye gukorana akaririmbo na Gentil Misigaro

Ata gihindutse Fortran Bigirimana ariko arakora akaririmbo gashasha, kakaba kariko gakorwa na Aron Nitunga. Fortran Bigirimana yamenyesheje ko hari igikorwa gishasha ariko arategura muri ino misi. Ivyo...

View Article


Harmonize yavuze kwisubira hasi ryiwe kuko atakirikumwe na Diamond

Ngo nta gahunda yo gusubira hasi, Harmonize afise naho yakinjuye muri uwo muryango wamufashe ukuboko atera imbere mu muziki. Harmonize ntavyumva kumwe n’abibaza ko afise ikiringo gito kugira azobe...

View Article


Aho wokura Don’t cry ya Sat-b na Aslay Ku buntu

Akaririmbo Don’t Cry Sat-b yakoranye na Aslay kabanje kugurishwa imbere yuko gahabwa abantu Bose. Akaririmbo Don’t Cry Sat-b yakoranye na Aslay wo muri Tanzania kamaze gushirwa ahabona. Ako karirimbo...

View Article

Umuriro wasubiriye kwaka hagati ya Sat-b na Big Fizzo

Agahengwe kari mu mubano wa Sat-b na Big Fizzo muri kino gihe, gasa n’akatosekaye kubera amajambo yavugiwe mu kiganiro Sat-b yahaye Wasafi FM. Mu gihe hasa n’ahagize igihe agahengwe hagati ya Sat-b na...

View Article

R Flow yafashanije na B face na Bamso mu karirimbo gashasha

Inyindi ndirimbo ya R flow ishobora kuzosohoka kuri uyu wa mungu, akaba azoyikorana n’uwo bahorana muri The Cousin, Bamso, hamwe na B Face. Inyuma y’akaririmbo Love yasohoye mu mpera z’ukwezi kw’8 uyu...

View Article

Kidumu,Natacha…|Ibikorwa ni vyinshi kandi ama vidéos…|Ntiyakozwe kuko igihe...

View Article


Kuri Kidum kuronka views nyinshi kuri YouTube ntaco bimubwiye

Kidum abona ko kurabwa cane kuri YouTube bitotuma umuntu aduza itugu, kuko biterekana ko uzi umuziki gusumba abandi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo ukurabwa cane ku mbuga...

View Article

Lynn yoba yabaye arafata ikibanza ca Tanasha kuri Diamond mu mwanya muto

Bibaye arivyo, abaganga boba aribo nyendamuvamo w’ubucuti bukomeye bunuganugwa hagati ya Diamond na Lynn. Kuva Diamond Platnumz na Lynn bari mu gisagara ca Dubai bose umwanya umwe ngo biteye amakenga...

View Article


Kidum Kibuganizo agiye kandi gukorera ibiteramo mu mahanga ya kure

Ama Videos ya Karaoké agize igihe aboneka ku rubuga rwa YouTube rwa Kidum, ngo ni ukugira atere inyota abamukurikirana, kuko yimirije ibiteramo hirya no hino kw’isi. Mu gihe kidum yaramaze igihe...

View Article

Fabelove arasigura akamaro k’amajambo akomeye usanga mu ndirimbo akora

Inyuma yaho hagiye harumvikana amajambo yo kwishira hejuru n’uko umwe wese yiyita king muri Rap, ubu Fabelove aremeza ko ariwe King muri Rap kuko ngo uwo mugereranya n’uwundi muntu kwoba ari nko...

View Article


Nsavye abona ko gufatanya imyuga ku babishaka ata kibazo kirimwo

Christian Nsavye abona ko abantu badakwiye kugira impari ku bafadikanya imyuga itandukanye irimwo uburirimvyi, ukumemyeshamakuru n’ibindi, naho muri kamere ya benshi batazi kwakira impinduka. Christian...

View Article

Inyuma yo kuronswa amasezerano mu gihugu ca Tanzaniya, ubu yizewe n’abarundi

Natacha Ngendabanka n’umwe mu baririmvyi bariko bakorana ishaka n’ingumvu nyinshi aho ubona aza mu kibanza ca mbere mu baririmvyi bagerageza gusohoka igihugu ndetse bakanakora ama Collabo agiye...

View Article

Ivy’ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo ntibishoboka muri ino misi

Ubwoba nibwo bwoba butuma Diamond adashaka gushinga urugo, naho yari yamenyesheje ko biri mu migambi. Ubukwe Diamond yari yaremeye mu mwaka uheze ko azokorana na Tanasha inyuma y’ukuronka umwana ngo...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live