Diamond yoba asigaye asohokana n’uwundi mukobwa
Bamwe muba Paparazzi muri Tanzania bemeza ko Diamond asohokana n’umukobwa w’umu Tanzaniyakazi, ariko We akabihakana. Ibiheruka gushikirizwa na Zari ko akageso ka Diamond platnumz ko kuvanga abakobwa...
View ArticleBig Fizzo yavuze uko umubano wiwe na Sat-b uhagaze
Big Fizzo ntabona kumwe n’abandi ikivurwa nk’ikibazo hagati yiwe na Sat-b. Big Fizzo ngo nta kibazo yigeze agiriranira na Sat-b kandi nta n’ico azigera agiriranira n’abaririmvyi b’abarundi, ivyo n’ivyo...
View ArticleBig Fizzo yavuze ku bashobora kumutwara ikibanza ciwe
Big fizzo ngo naho aryohererwa ugutera imbere kw’abaririmvyi ndundi, buri gihe yama ari maso ntihagire uwumutwara ikibanza arimwo. Ukugenda akebaguzwa araba hirya no hino ni kimwe mu bituma agumana...
View Articlezari yavuze vyose kuvyo Diamond yavuze ko yagendanye n’umwe muba P Square
Zari avuga ko Mr P wo muri P Square ari umwe mu bahanuye Diamond ngo asubirane n’umugore, amaze kwumva ko vyayangaye, naho nawe yahavuye amushira mu gitigiri c’abagendanye n’umugore wiwe. Arahakana ko...
View ArticleHari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz na Manager wa Yvan Buravan
Hari umuririmvyi w’umunyarwanda agiye gukorana indirimbo na Chris Biz, naho nawe ata kinini arabishikirizako. Hari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz hamwe na Manager wa Yvan Buravan, uwo ngo ukaba...
View ArticleMuyoboke yavuze kuri Charly na Nina hamwe na Big Fizzo
Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi charly na Nina woba...
View ArticleLinah Blanche yavuze wa muntu aheruka kumugirira nabi
Linah yavuze uwamukoreye nabi, anavuga n’ico yibaza ko vyoba vyavuyeko. Ariko akagirako anasaba ko bokingirwa. Linah co kimwe n’umushingantahe wiwe Vivi bavuze ku wuheruka kugirira nabi uwo...
View ArticleBlack g yishuye ku mpamvu asa n’uwufatiye amaboko I mugongo Kebby Boy
Kuba Kebby ataco ashira ahabona, Black g ngo siwe vyavuye, ariko akizeza ko hari ibishasha ariko arategura. Abantu ngo bokwicara biteguye. Black g ngo ntiyariye inguvu Kebby boy basanzwe babarizwa...
View ArticleNatacha agiye gukorana n’ibihangange vyo muri Afrika
Kubera ibikorwa akora, Natacha ngo yaradugije ibiciro, ubu arazimvye nkuko rya shirahanwe ryabivuze. Nayo ibiteramo ngo yahagaritse. Inyuma y’abaririmvyi bo muri kano karere bakoranye indirimbo,...
View ArticleTanasha Donna yerekanye imbanyi mu mashusho asa n’uwuri gusa
Tanasha yatanguye gushira ahabona amashusho yerekana imbanyi yiwe bivurwa ko isigaje igihe gito, nayo ivyamamare ntivyaretse kugira ico bizivuzeko. Inyuma y’uko Diamond amenyesheje ko umukunzi wiwe...
View ArticleAlikiba buca aza gukorera igiteramo I Bujumbura
Uko abarundi bakumbuye Alikiba, ngo Niko nawe abakumbuye. Naho agize igihe mu gacerere ngo agiye kukavamwo, anahakorere igiteramo. Uburundi ngo ni bwitege Alikiba, naho amaze igihe mu gacerere. Umuzo...
View ArticleIndirimbo nshasha za Wanajeshi buca zishirwa ahabona
Mu giteramo co kuri uyu wa mungu ntihazumvikana indirimbo za Wanajeshi za kera gusa, kuko ngo na nshasha zizumvikana kandi zitari nke. Hampande y’igiteramo bariko barategura kuzokora, umurwi Wanajeshi...
View ArticleDiamond Platnumz yavuze Ku bucuti buvurwa hagati yiwe na Shaddy Boo
Shaddy Boo ngo n’icamamare nkawe, bamenyanye biciye kuri Instagram kandi amweretswe na Manager wiwe, Sallam SK, anamutumira mu biteramo muri Tanzania. Nta bucuti budasanzwe buri Hagati ya Diamond na...
View ArticleIry Tina yavuze igihimba araba akamira amate
Iry tina ngo Ibihimba vy’umubiri wiwe ngo ntabikunda kumwe, hari ivyo abona ko birengeje ubwiza. Ariko akemeza ko muri rusangi ataco bagaya ahagaze. Naho Tina yemeza ko ibiri ku mubiri wiwe vyose ataco...
View ArticleAbakiri bato mu muziki nibo batumye Nziza Desire aja mu gacerere
Nziza Desire ngo abantu nibitege ibikorwa vyiwe vuba, kandi ngo hari n’umuririmvyi wo mu bwongereza bagiye kuzokorana indirimbo. Agacerere yaragize imisi arimwo ngo gasigurwa nuko yashatse gusigira...
View ArticleQ Boy yavuze ukuri ku ndirimbo Sat-b yabuzemwo agakorana na Rayvanny
Q boy ngo iyaba ari nawe ntiyari kureka gushiramwo agashari, amaze kubona ko indirimbo yanse kujamwo ibaye nziza kandi iriko ishika kure yaho yibaza. Inyuma y’umwanya utari muto ata kivurwa ku ndirimbo...
View ArticleBreaking News | Harmonize ntakibarizwa muri WASAFI
Ivy’ikinjura rya Harmonize muri Wasafi vyahavuye bishirwa ahabona, ubu uwo muririmvyi ngo hari ivyo yamaze gusaba uburongozi bwa WCB. Uno musi ngo mubabarizwa muri WCB, Harmonize ngo ntarimwo, ivyo...
View ArticleIry Tina yasobanuye ivy’ubucuti afitaniye na Paul wa P Square
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n’incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy’umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n’umwe mu bari bagize...
View ArticleDiamond Platnumz yemeza ko yokwubaka inyubako nka Kigali Arena
Kwubaka ikibanza nka Kigali Arena ngo n’ikintu kitobananira na gato, ivyo n’ibishikirizwa na Diamond Platnumz ngo igikenewe n’ikibanza gusa. Kuva aho aviriye i Kigali mu giteramo, Diamond Platnumz ngo...
View ArticleTanasha yatanguye gutega imitego Diamond Platnumz nka Zari
Tanasha nawe yahambije Zarinah Hassan mu kuvuga ko Diamond abandanije aja mu bandi bagore, azovavanura nawe. Tanasha yihindukije mw’ijambo, aho ubu naho avuga ko ata gahunda afise yo kugumana na...
View Article