Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Jamal yavuze ku bivurwa ko Mb Data yamutwaye ikibanza mu muziki ndundi

Ikibanza ca Yoya Jamal mu muziki ndundi ngo kiracahari, nayo kuvuga ko Mb Data yamusubiriye, ngo n’ukumusubiza hasi. Abatari bake ngo bavuga ko umuririmvyi Yoba Jamal yoba yarasubiriwe mu muziki...

View Article


Hagati ya B-Face na Fabelove hoba hagiye kuzokwaka umucanwa kundirimbo?

Fabelove aragabisha B Face kundirimbo aheruka gusohora Passport ngo akaba yaratukanye ngo rabizi ko atakumwihanganira Fabelove inyuma y’indirimbo I’m Sorry yakoranye  na Linah Blanche avuga ko mu gihe...

View Article


Miss Erica nawe agiye gufashanya na Sat-B hamwe na Big Fizzo uno mwaka

Ku ndirimbo zitarinke zakunzwe Miss Erica agiye kuryohera abakunzi biwe mw’ihiganwa rya Primusic kuri ino ndwi igira kabiri ihiganwa rya primusic ritanguye Umuririmvyikazi Belle9ce Ingabire inyuma yo...

View Article

Amafoto makuru makuru yaranze Primusic kuri ino ndwi yakabiri

Ihiganwa rya Primusic  ryatanguriye  mu Ntara ya Cankuzo kuri ino ndwi ya kabiri igenekerezo rya 28 Rusama aho ubonako hahindutse umu ambassadeur kuruhande rw’abigeme akaba  yari umuririmvyikazi Miss...

View Article

YKEE BENDA umuganda agiye kuza guteramisha abanya Bujumbura

YKEE BENDA  i Bujumbura ku butumire bwa mugenziwe w’umuririmvyi Masterland agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo. YKEE BENDA umuririmvyi w’umuganda akaba n’umwanditsi w’indirimbo nyinshi zakunzwe...

View Article


Fabelove aragabisha B-Face ngo akaba yaratukanye ace yitega ibitazomuryohera

View Article

Don Brighter-Fire Fire (Official audio)

View Article

Don Brighter -Fire Fire (Official Video)

View Article


Esther Nish x Kidum – Umbamwo (Official Video)

View Article


Big Fizzo ngo agiye kuririmbira abagenzi biwe bafise umunwa muremure

Naho afise abagenzi benshi, Big Fizzo yemeza ko hari abatari bake amaze gukura muri ico gitigiri, n’abasigaye bafise umunwa muremure ngo arabazi ku mutwe. Big Fizzo aheruka kuvuga ko hari indirimbo iri...

View Article

Indero bariko baha umwana wabo Diamond na Hamissa ngo ni sawa

Hamissa ntavuga rumwe n’abantu babona ikibazo kuba Diamond aheruka gushira kuri Instagram foto y’umwana bavyaranye, naho yabiheruka kera. Ivy’ishirwa kuri Instagram ry’umwana wa Mobeto na se, vyahavuye...

View Article

Lolilo:Abo ni abansi b’umuziki wacu nayo Sat B ati:”Harakenewe aba Legend...

View Article

Mukirimiro By Bernice The Bell (Official Audio)

View Article


Umuriyoni w’amarundi niyo mafaranga yaguzwe album yiwe yambere na mugenziwe

Natacha yaraye aguze CD yamugenziwe Masterland 1.000.000 w’amarundi kuri Lacosta Beach,inyuma yayandi yasazanje mubakuzi b’umuziki baraho. Hari kuri uyu wamungu igenekerezo rya 23 Ruheshi aho haba...

View Article

Maréchal Femi de j’Abat ubu abarizwa mugisagara ca Bujumbura

kuri uno wambere igenekerezo rya 24 Ruheshi niho umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien azwi cane nka Maréchal Femi de j’Abat yashika kukibuga c’indege ca Bujumbura ingihe c’isaha indwi z’umuhingamo...

View Article


Inyuma y’imyaka indwi arasubiye kuboneka mugiteramo hano i Bujumbura

Doudou arikumwe n’abandi baririmvyi baririmba indirimbo zihayagiza Imana agiye kuboneka mugisagara ca Bujumbura kuri uyu w’Imana Mumyaka indwi ataboneka mubiteramo bibera hano i Bujumbura ,Umuririmvyi...

View Article

Ishirahamwe Buja Music Award ryaraye ritanze ubushimwe kubabutsindiye

Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 7 Mukakaro mukingo ndanga mico c’aba farasa aho hariharamutse haba ibirori vyateguwe n’ishirahamwe Buja Music Award Aho hari imice itandukanye kubijanye n’abasazwe...

View Article


Mt Number one ngo azohava ashikirwa n’ivyabaye kuri Canco Hamissi

Mt number one ngo kwisemba sivyo biza imbere, nico gituma atiteze Awards muri ino misi, ngo bizohava biba nk’ivyabaye kuri Canco Hamissi.   Mt number one yavuze ko abantu batisemba ama Awards yabo...

View Article

Umuzo wa Diamond i Bujumbura ngo ushobora gutuma Big Fizzo ajugumira

Umuzo wa Diamond i Bujumbura igenekerezo rya 28 Mukakaro uwu mwaka muri Final ya Primusic, vyoba vyumvikanyweko ku munota wa nyuma, bivuye kuko uburyo bwari bwateguwe imbere bwoba bwari buke kuri uwo...

View Article

Jiji Seven yuguruye urubuga ruzodandaza umuziki ndundi

Isokomusic n’urubuga rw’uwitwa umuririmvyi uwariwe wese w’umurundi, yaba uwuririmba indirimbo zihimbaza Imana, canke izikunze kwitwa ko ari iz’isi. Isokomusic n’urubuga rugiye kugurisha umuziki...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live