Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Habonetse amasanamu mashasha y’indirimbo ya Appolinaire

Inyuma y’igihe kitari gito Apôtre Appolinaire ataboneka mu masanamu y’indirimbo n’imwe, haraheze imisi 3 hariko harakwiragizwa hirya no hino amashusho y’imwe mu ndirimbo aboneka ariko aririmbamwo. Iyo...

View Article


Kidum yavuze umuce akomeyemwo mu muziki

Vuba cane ngo niho Kidum yamenya aho afise inkomezi mu muziki, aho akaba ariho ngo yaciye afatira kugira ngo bikunde abandanye yiyegereza abakunzi b’ibikorwa vyiwe. Inguvu Kidum afise mu muziki ngo...

View Article


Natacha abuze mu giteramo ngo ntigica gihagarara

Ibura rya Natacha mu giteramo ca Natacha ngo ntaco rihindura, kanatsinda ntazonasubirizwa kubera abaririmvyi bateguwe ngo bakwiye. Natacha muri kino gihe ngo ntakiri umuririmvyi akirondera udufaranga,...

View Article

Diamond Platnumz yatangajwe n’abari bamaze kuyiraba mu masaha makeya

Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n’abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse...

View Article

“Amabuno” niryo zina ry’iyo bagiye gukorana

Aho Label ya Bizimana Aboubakar Karum(Sat-b) isohoreye iyindi mpano mu muziki w’Uburundi ariwe Belle9ice n’akaririmbo kiwe yise SABO asanzwe ari mu rukundo nuyo muririmvyi Sat-b ari nawe CEO wa Empire...

View Article


Agashavu niko kagaragara mu mvugo ya Natacha aho yashikiye mu gisagara ca...

Inyuma yo kumenyekana ko atakibonetse mugiteramo ca Cristal Events ciswe “Sheeba Vip Concert” abarizwa hano mugisagara ca Bujumbura kuva kuri uyu wa 24 Ndamukiza 2019. Uwo nawe si uwundi ni Natacha...

View Article

Boba Bazobandanya gukorana ko nka bose bahereye mu mahanga?

Inyuma y’igihe gito cane uyundi arakurikiye umuntu akibaza ko atoba ari intango yo kuzimanganya umugwi wabo kuko abari bawugize bariko baragenda kamwe kamwe. Abo si abandi ni Swagg team isigayemwo...

View Article

Ngo Hamsini-Mia canke “Amabuno” ishobora kuzokwumvikana nk’agakemanyi

Sat- B yemeza ko naho ataramenya umusi nyezina izosohokerako ariko ngo ishobora kumvikana agace gato mugiteramo categuwe na Cristal Events citiriwe Sheebah Vip Concert; iyo nayo siyindi n’indirimbo...

View Article


B-Face-Passport (Official Audio)

View Article


Double Jay- Urugo Ruhire (Official Audio)

View Article

Ninde yoba ari mukuri hagati yabo?

Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi. Inyuma yaho umuririmvyikazi Natacha avugiye ko mugiteramo categuwe na Cristal Events ariwe muririmvyi w’umurundi...

View Article

Kolly Da Magic-Ndababujije (official Audio)

View Article

Diamond Platnumz na Tanasha bazorushinga Imana ibishatse

Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona...

View Article


Iyo menya ko twahawe Laisser passer sinari kuyitora

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 Rusama niho umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro yaramuka abaza ikibazo agira nti: Laisser Passer mu kirundi ciza bayita mureke arengane none Passeport nayo ni...

View Article

Akes Don yoba agiye guheba umuziki?

Inyuma y’ugukora indirimbo zitandukanye harimwo n’ama collabo atandukanye ubunaho ngo agiye kubarizwa mu bijanye no guhinyanyura indirimbo. Umuririmvyi Akes Don akaba asaba abasazwe bafise indirimbo...

View Article


Inyuma ya Big Fizzo na Sat B hiyongereyemwo umwigeme muri Primusic

Belle9ce Ingabire umwigeme ataguye umuziki inyuma yamezi make ahaciye awutanguye yatowe kuba umu ambassadeur ku muruhande rwabigeme muri Primusic. Belle9ce ku ndirimbo SABO aheruka gukora igasohokana...

View Article

Don Brighter : “Fire fire” niryo zina ry’ururirimbo rwiwe rushasha

Kubwa Don Brigther Fire Fire ngo niryo zina yakunze ko yokwita indirimbo izosohoka kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Rusama. Don Brighter umuririmvyi w’umurundi asazwe aba muri Leta zunze ubumwe za...

View Article


Muri Tanzania Lolilo ngo yahigiye uko barondera amafaranga

Urugendo rwa Lolilo muri Tanzania rwamuteye kubona kure n’uburyo bacamwo amafaranga muri ico gihugu. Urugendo rwa Lolilo mu gihugu kibanyi ca Tanzania, rwamuviriyemwo vyinshi. Ivyo n’ivyo aheruka...

View Article

Amafoto makuru makuru yaranze Primusic kucuro yambere

Inyuma y’imyaka 4 ihiganwa rya Primusic ritaba,ku curo yambere ryahereye mu Ntara ya Muyinga.          

View Article

Yoya Jamal yavuze ku ndirimbo yiwe nshasha buca asohora

Jamal ngo yabuze mu bwongereza abahinyanyuzi batahura imidiho aririmbamwo, nayahandi ngo aba yarabandanije asohora. Yoya Jamal naho adatomora, aremeza ko hari indirimbo nshasha ariko arategura gushira...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live