Masterland iki nico catumye igiterango “EGO” cigizwa inyuma
Kubwa Masterland igiteramo cobaye kuwa 21 Ndamukiza cungurujwe kwitariki itaramenyekana nk’uko abishikiriza. Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2019 niho uwusazwe arongoye inzu...
View ArticleCollabo zine nizo ngo zokwitegwa n’abakunzi b’umuziki wiwe muri uyu mwaka
Aho bashika ku kibuha c’indege ca Bujumbura Sat-b na Kent-P bafise umunezero udasanzwe niho bemeza ko ibikorwa ari nk’imvura kuko ngo stock yuzuye ibikorwa vy’abana ba Empire avenue ndetse nawenyene...
View ArticleKo yoba atakibarizwayo ngo sivyo na gato
Ngo ivyavuzwe ko batakibarizwa muri Bantu Bwoy ngo Sivyo ahubwo kwabaye ukwifatanya n’umusi. Aho ni mugihe vyanditswe aha na hariya ko basezerewe batakibarizwa muri Label ya Bantu Bwoy bikanamenyeshwa...
View ArticleSe wa Diamond yagize ico avuga kw’iyinjira ryiwe muri WASAFI
Naho se wa Diamond yabonetse mu ndirimbo “Mwewe” iheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi tugira turangize, ngo ntibisobanura ko ari umuririmvyi, ahubwo yafashije abaririmvyi babimusavye. Mu gihe hagize...
View ArticleAlvin Smith azanye umukenyuro utandukanye n’uwo mu mwaka uheze
Umukenyuro mushasha atashimye kugira vyinshi awuvugako ngo niwo ugiye kuranga ibikorwa vyiwe, uwo nawe s’uyundi ni Alvin Smith. Umumenyeshamakuru wa Buja Hit yashatse kumenya nimba uwo mukenyuro...
View ArticleIshirahamwe ry’abaririmvyi AMB riramutswa Botchum
Botchum agiye gufatanya n’abandi mu guhinyanyura amatego y’ishirahamwe ry’abaririmvyi AMB kuko atakijanye n’igihe. Ukwegeranya abaririmvyi kuko basanzaye, abandi nabo barangwa n’ukutumvikana, co kimwe...
View ArticleSheebah Karungi agiye kuzohura na Sat B kuri Stage imwe i Bujumbura
Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Abarongoye Cristal Event baheruka...
View ArticleDon Brighter arashimira abamufashije amasengesho bose agashika impore
Don Brighter mugihe yaramaze ikiringo c’indwi zirenga zitatu muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko ariko arakora ibikorwa bitandukanye vyumuziki ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Inyuma...
View ArticleKuri uyu wa 12 Ndamukiza 2019, Empire Avenue igiye gusohora iyindi mpano
Inyuma yo kwemeza ko bagomba gusohora ibikorwa vy’abana ba Empire Avenue bashize ahabona uwugomba gukurikira inyuma ya Nkuyakuya ya Best Life Music Sabo ya Belle9ce niyo igomba kuja ahabona kur’uyu wa...
View ArticleMagic Kingorongoro ntakiri muri Trust No Body bari binjiriyemwo rimwe na Sat B
Magic kingorongoro yahora mu buyobozi bwa Trust No Body irongowe na Wanda Boy Z hero ubu ntakiri musi y’ubwo buyobozi. Umuririmvyi Magic Kingorongoro ubu ntakibarizwa mubuyubozi bwa Trust No Body...
View ArticleAragarutse inyuma y’igihe atariko arumvikana
Ni inyuma yo kuba ari mugacerere kadasanzwe aho vyamenyekanye ko habayemwo n’ikibazo co gukikwa n’amagara. Uwo s’uwundi ni Miss Erica aho NGO abwirizwa gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha kaje...
View ArticleFofo Favie yakoranye akaririmbo na Prince Mshindi
Inyuma y’uturirimbo dutandukanye amaze gushira ahabona, Holy Cost, Igira Neza, Amahoro yanje n’amateka, uwo muririmvyikazi yahoze muri Redemption Voice yashize ahabona akandi karirimbo gashasha, ako...
View ArticleWawa yahambije abandi kwa Big Fizzo
Naho muri Bantu bwoy ataco barabivugako bwite, Wawa wewe aremeza ko ubu abarizwa muri uwo muryango w’abaririmvyi, ubazwa Big Fizzo. Mu kiganiro Be news, Spok’s yemeza ko Wawa yamubwiye ko ubu...
View ArticleSat-B naho vyoshika agaheba Belle9ce umuziki ntiyowuheba
Kubwa Belle Nice ngo naho vyoshika umukunzi wiwe ariwe Sat B akamuheba umuziki ntiyowuheba yobandanya. Naho vyoshika agahebana n’umukuzi wiwe akazi k’ugukora imiziki yiwe yokabandanya kuko ngo...
View ArticleBoba Bazobandanya gukorana ko nka bose bahereye mu mahanga?
Inyuma y’igihe gito cane uyundi arakurikiye umuntu akibaza ko atoba ari intango yo kuzimanganya umugwi wabo kuko abari bawugize bariko baragenda kamwe kamwe. Abo si abandi ni Swagg team isigayemwo...
View ArticleMasterland ngo Sugar niko kazina yakunze
Sugar niryo zina ry’ururirimbo umuririmvyi Masterland agiye gusohora inyuma y’indirimbo Nzobikora yari imaze igihe kitarigito isohotse. Masterland agiye gusohora indirimbo yambere muzisazwe ziri mu...
View ArticleRockstar, akaririmbo kahuriyemwo Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed
Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo. Inyuma y’uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y’igihe...
View ArticleDj Paulin yavuze kwibura rya B face, hakaboneka Mb Data mu giteramo
Havyutse ikibazo c’uko Mb Data yatumiwe mu giteramo ca Sheebah kiriko gitegurwa na Dj Paulin, ariko B Face ntiyabasha gutumirwa, kandi bafitanye indirimbo nshasha bakoranye, banarikumwe na Dj Paulin...
View ArticleBagiye guhuzwa n’indirimbo y’ikirundi bompi uko ari babiri
Inyuma yo gukorana n’umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania azwi kw’izina rya Country Boy mundirimbo bise WOZA WOMBONA; NI Kingorongoro hamaze igihe kitari kinini havugwa ko atakiri kumwe na Management...
View Article