Diamond yakubiswe ku ntoke na Zari ku nzu yaguze muri Africa y’epfo
Diamond ngo yoba yanyazwe inzu yiwe iri muri afrika y’epfo, amazina yari ayanditswe agahindurwa noneho bakayishira ku mazina y’umugore. Mu gihe muri ino misi havurwa cane ivy’ubugeni bwa Diamond,...
View ArticleInyifato ya Big Fizzo yo kubika umudari mu mufuko yateje ikibazo
Mu gihe Big Fizzo ari mu bahawe ubushimwe, ariko kandi yari yasa n’uwagaye itegurwa ryavyo mu misi yahera, uwo muririmvyi yahavuye akora ivyo bamwe bavuga ko ari ukunegura ubushimwe bahawe. Muri ino...
View ArticleAkes Don yavuze ku majambo y’urukozasoni yoba ari mu ndirimbo yiwe
AKes ntahakana kandi ntiyemeza ko hoba hari amajambo y’urukozasoni mu ndirimbo yiwe yakoranye na Akes don, ariko akavuga ko hari amajambo arimwo atahura abakuze. Indirimbo ya Akes don na B Face ngo nta...
View ArticleUmuhisi Bruno Simbavimbere yashinguranwe iteka
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Ntwarante niho hari haramutse hashinguranwa iteka umuhisi Bruno Simbavimbere batazira Member yahora arongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi “AMB”. Kuva igihe...
View ArticleBabbi yasohoye agace gato k’indirimbo buca ashira hanze
Babbi ntiyabashije gushira ahabona igenekerezo nyezina ry’ishirwa ahabona ry’amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo yise By Your side yashize ahabona mu mpera z’ukwezi...
View ArticleYvan Muziki buca ashira ahabona igikorwa yakoranye n’umunyamahanga
Hampande y’ishirwa ahabona ry’akaririmbo yakoranye n’umwe mu baririmvyi bo muri afrika y’ubuseruko, Yvavn Muziki azonakira Chameleon. Yvan Muziki ibikorwa ngo ntivyahagaze na gatoya, ariko...
View ArticleMasterland avuga ko Kidum yicaye mu gihe abandi bariko barakora
Masterland ati “ukutavuga kuvyo Kidum yavuze kwoba ari ukwirengangiza ama miriyoni ariko ashirwa mu muziki, co kimwe n’amajoro ndara nicaye”. Umuziki ndundi ngo uhagaze neza cane, aho nta gukekeranya,...
View ArticleKenya nayo yatanguye guhagarika indirimbo za Diamond
Kenya nayo yahambije igihugu ca Tanzania mu gutangura guhagarika zimwe mu ndirimbo za Diamond, ziba zahagaritswe mu gihugu ciwe c’amavukiro. Indirimbo “Kwangwaru” yashizwe ahabona na Diamond arikumwe...
View ArticleAimé Loveness : “Arayobeye” niryo zina ry’iyindi ndirimbo nshasha agiye gusohora
Aimé Loveness inyuma y’indirimbo UMFASHE NEZA ngo hagiye kuza n’iyindi ndirimbo izayamaze kumenyekana uko izokwitwa. Kubwa Grand Pictures isazwe ubu ikorana n’abaririmvyi batandukanye harimwo umurimvyi...
View ArticleMasterland agiye gushira ahabona urukurikirane rw’indirimbo yise “EGO”
Masterland agiye kuzoshira ahabona urukurikirane rwiwe rwa mbere rw’indirimbo kw’igenekerezo rya 21 Ndamukiza ,2019 kuri Lacosta Beach. “EGO” ni album igiye guzoshirwa ahabona ubwambere numuririmvyi...
View ArticleDJ Chento kuva muri Angleterre aje kuvuza mu butambiro i Bujumbura
DJ Chento ntakibarizwa ku mugabane w’ubwongereza abarizwa i Bujumbura mu gihungu ciwe c’amavuko Ku batazi DJ Chento ni umurundi asazwe akora akazi kiwe kubu Dj muri Angleterre aho asazwe anaba ubu,...
View ArticleNatacha abarizwa muri Uganda kuraba ko yotahukana ihiganwa Hipipo Music Award
Natacha n’umuvugizi wiwe Raphael Nyandwi alias Rapha ndetse n’umumenyeshamakuru Ami Pro nibo bashoboye kumuherekeza bakaba bashitse impore muri Uganda. Igenekerezo rya 15 Ntwarante 2019 niho bafata...
View ArticleSpok’s kuririmba vyamwankiye kubera umwuga w’ukumenyesha amakuru
Spok’s ngo arakumbuye kuririmba, ariko akazi k’ukumenyesha amakuru ngo niko kamugeramiye. Buri gihe iyo atashe avuye muri Karaoke avayo yafashe ingingo y’ukuzindukira muri Studio, ariko bikarangira...
View ArticleIndirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda
Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n’umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa...
View ArticleAmasanamu makurumakuru yaranze iyakirwa rya Natacha i Burundi
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c’Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye...
View ArticleMu mubonano yahawe na Perezida Petero Nkurunziza, umuririmvyikazi Natacha...
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yaronka amahirwe y’ukubonana na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA. Mu mubonano yahawe na...
View ArticleAimé Loveness : “Umugwi Mirrow Team bishitse ugasubira kwiyunga...
Nka hamwe vyoshika umugwi Mirrow Team ugasubira kwiyunga, Aime Loveness ngo ntiyoba agikorana nawo nk’umugwi aravye ahageze gushika ubu yikorana yamara ngo collabo yo yoyemera. Nk’uko yaraye...
View ArticleNziza Désiré : England niho hariko harakorerwa amasanamu ya “Murasa”
Mu mpera z’ino ndwi twaraye turangije niho umuririmvyi Nziza Désiré azwi kw’izina rya Dissarlui yashika i London avuye i Texas gukora amasanamu y’indirimbo “Murasa”, indirimbo yahinyanyuriwe mu...
View ArticleDon Brighter ngo ntiyazanwe n’ukuramukanya, yazanwe n’ibikorwa
Inyuma yaho bivugiwe bikaba nk’ururirimbo ko abaririmvyi b’abarundi baba hanze y’igihugu badakunze kugendera mu gihugu c’amavukiro ngo bamenye aho umuziki w’uburundi ugeze n’ibiba bigezweho murico gihe...
View ArticleSheebah Karungi agiye kuza guteramisha abanya Bujumbura
Sheebah Karungi i Bujumbura ku butumire bw’abarongoye Cristal Event agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo. Inyuma yugutegura igiteramo cari citezwemwo Meddy munyuma nticaba kikibaye ubunaho...
View Article