Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Diamond ngo afatwa nk’ikiraro

Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko Diamond ameze nk’ikiraro abantu bose bashaka gutera imbere bacako baja kumenyekana. Buri muntu avuze Diamond Platnumz ngo aca amenyekana, Rayvanny akaba...

View Article


Hagati ya Diamond n’umuryango wa Tanasha birakomeye

Diamond Platnumz ngo yoba ari mu yabira, kuko inda yateye Tanasha yoba itanezereye umuryango w’uyo mwigeme kubera batari bwarushinge. Diamond Platnumz ngo yoba yashizwe ku mugozi n’umuryango w’umwigeme...

View Article


Iyo hataba abahita, Member twari tumubuze

Abagizi ba nabi bari badukuyemwo Bruno SImbavimbere bamusanze imbere y’urugo mu kibenga, mu gihe yaratahutse. Kuri uyu wa 5 mw’ijoro, Bruno Simbavimbere benshi bazi nka Member ngo yaratewe n’abantu...

View Article

Black g ngo yari yarapfuye

Black avuga ko yari yarapfuye mu gihe atari akiboneka mu muziki, ngo ubu rero yarazutse. Black g yatanze ibisobanuro igituma mu gihe yari mu gacerere atanaboneka ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe...

View Article

Umuryango wa Bruno wavuze ku bagizi ba nabi baheruka kumukubita

Mu kiyago na Isanganiro, umuhungu wa Bruno simbavimbere benshi bazi nka Member avuga ko igikenewe muri kino gihe ari amafaranga, kuko ivyo bakenera vyose bisaba amafaranga. Bruno SImbavimbere ngo...

View Article


B Face aba ashaka kuvugisha abantu gusa

B Face ngo ico akora si Beef kuko ata ngumu zirajamwo, ahubwo ico aba ariko arakora, ngo ni ico bita Challenge, kugira abashe kuvugisha abantu gusa. B Face ngo nta kibazo afitanye n’umuririmvyi numwe...

View Article

Mina avuga ku bigeme boba baryamana n’abaririmvyi bakorana ama Video

Ukuryama n’uwo wagiriye mu masanamu ngo bivana n’uko abo 2 baba baganiriye, ariko kandi ngo kenshi n’ugushaka gucafuza uwo muririmvyi baba babivuzeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu bigeme...

View Article

Mina yahakanye urukundo rwavurwa hagati yiwe na Emery Sun

Nta rukundo rwari hagati ya Mina na Emery Sun igihe yamusaba kuja mu masanamu y’indirimbo Wa Wundi, nayo ubu ngo nta vy’urukundo, ariko yiruka inyuma y’ifaranga. Milky Minaj arahakana ko atari mu...

View Article


Big Fizzo yavuze ku muririmvyikazi muri Bantu bwoy

Big Fizzo avuga ko hataragera ko azana umwigeme muri bantu Bwoy, nayo abovuga ko vyoba bituruka ku mutambukanyi wiwe, ngo sivyo kuko muri iyo Label hasanzwe hanakoramwo abandi bigeme. Mu gihe abantu...

View Article


Zari yoba yagirije Diamond gukorera abana biwe, ivyo se yamukoreye

Mu gihe bizwi ko Diamond na se badahuza kubera ko uwo muvyeyi wiwe atigeze amwitaho mu buto bwiwe, uwo muririmvyi nawe ngo yoba ariko abisubiriramwo abana biwe. Diamond Platnumz ngo yoba ariko...

View Article

Butera Knownless mu gisirikare

Iyaja kutaba umuririmvyikazi, Butera Jeanne benshi bazi nka Knowless ngo yari kuba umusirirkare. Hamenyekanye akandi kazi Butera Jeanne benshi bazi nka Knowless yari gukora iyo ataba ari umuririmvyi....

View Article

Ubu R Kelly ntaco akangisha Natacha kuri Instagram

Ubu aho bigeze, bavugishije Instagram , R Kelly yovuga Natacha akitabira kuko ubu bose bahagaze rugabo ku bantu 1,300,000 babakurikirana. Uretse ko amusumvya amashusho n’amasanamu amaze gushirwa ku...

View Article

Kidum abitse amabanga menshi

Kidum asubiriye kandi kumenyesha ko abariko bategura akajagari mw’itangwa ry’ubushimwe ririko rirategurwa yamaze kubamenya, uwo akavuga ko ata kindi kibagenza atari ishari gusa Inyuma yaho...

View Article


Natacha ngo ashaka Awards ziyubashe

Ngendabanka Natacha ngo ama Awards yipfuza n’ayaboneka, ayiyubashe. nayo iyo muri Burundi Talent Awards bari bamuteguriye ngo nibayihe Chany Queen nawe nyene yarakoze neza. Natacha Ngendabanka aho...

View Article

Ibura ry’Uburyo ryoba riri mu vyasonze umuhisi Bruno Simbavimbere

Hampande y’ibiguma n’ububabare bwa cane, ngo ibura ry’uburyo naryo ryoba riri mu vyasonze Bruno Simbavimbere, akitaba Imana. Bruno simbavimbere benshi bazi nka Member yitavye Imana kui uyu wa gatanu...

View Article


Breaking news: Simbavimbere Bruno n’est plus

Bruno Simbavimbere alias Member, président de l’Amicale des musiciens du Burundi, AMB en sigle, n’est plus de ce monde. Sa mort est survenue ce vendredi le 1er mars 2019 après une semaine...

View Article

Qui est Bruno Simbavimbere?

Né en 1965 à Bujumbura dans la zone Bwiza, Bruno Simbavimbere alias Member était l’actuel Président de l’Amicale des musiciens du Burundi, “AMB” depuis plus de 10 an . Connu pour avoir accompagné...

View Article


Mina avuga ku bigeme boba baryamana n’abaririmvyi bakorana ama Video

Ukuryama n’uwo wagiriye mu masanamu ngo bivana n’uko abo 2 baba baganiriye, ariko kandi ngo kenshi n’ugushaka gucafuza uwo muririmvyi baba babivuzeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu bigeme...

View Article

Masterland yahagaritse ibikorwa vy’umuziki gushika umuhisi Member bamufuvye

Kubera urupfu rwa Simbavimbere, abaririmvyi bamwe bamwe batanguye guhagarika ibikorwa bari bafise. Masterland yahagaritse ibikorwa vyose afise bijanye n’umuziki gushika umusi w’ifubwa ry’umuhisi Bruno...

View Article

Breaking news: Simbavimbere Bruno n’est plus de ce monde

Bruno Simbavimbere alias Member, président de l’Amicale des musiciens du Burundi, AMB en sigle, n’est plus de ce monde. Sa mort est survenue ce vendredi le 1er mars 2019 après une semaine...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live