Hoba hari ikiriko kirategurwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello
Mc Mello yoba yakoranye na Big Fizzo indirimbo, naho bataragira ico babishikirizako. Hoba hari igikorwa kiriko kirakorwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello Mc Love nkuko vyabonetse muri Video baheruka...
View ArticleAmafaranga Mt Number one yarishe Sat-b yoba ariyo yakoze amasanamu ya Karabarya
Indirimbo ya Sat-b Karabarya ngo yoba yaherahejwe n’amafaranga umuririmvyi Mt Number one yamuhaye ngo bakorane, Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwahoze ari manager wiwe, Wanda Boy. Mu kiganiro...
View ArticleB face ati:”Iyizokurikira Number Moja, niyo nakoranye na Tom Close”
B Face avuga ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bokwihangana atotanga urutonde rw’ivyo azoshikako uno mwaka wa 2019, ariko boza baramenya igikorwa aruko kibonetse, ariko iyo yipfuza ko izokurikira ngo n’iyo...
View ArticleIvy’ukurongora kwa Diamond bisubiye gusukwamwo amazi
Bamwe mu bakurikiranira ivya Diamond hagufi bavuga ko uwo muririmvyi ata mugambi afise wo kurongora muri ino misi, kandi umukobwa azotwara ngo atari Tanasha. Mu gihe aheruka kwunguruza umusi wubugeni...
View ArticleDiamond Platnumz yiswe igisuma komvyo
Diamond Paltnumz ngo n’igisuma komvyo, kuko uburyo akora indirimbo ziwe aba yabwivye ku bandi baririmvyi barimwo n’abanyafrika. Nasibu Abdoul Jum ngo n’igisuma komvyo mu bijanye n’ugukora amasanamu...
View ArticleBig Fizzo avuga ico abamwivye indirimbo bamusigiye
Big Fizzo yakuwe mu gacerere avuga ku ndirimbo zamwibwe zigashirwa ahabona atabazi, anavuga ico vyamuteye. Mu gihe haheruka kwumvikana induru zitari nke z’umwe mu bihangange mu muziki ndundi avuga ku...
View ArticleDiamond ngo yaranduje Harmonize ingwara y’ugufatanya abakobwa aha na hariya
Diamond ngo yoba yaranduje Harmonize umugera w’ugufatanya abigeme aha na hariya. None Uwo mukunzi w’umu Taliyano ngo yoba asigaye afise umuhabara muri Kenya. Inyuma ya Diamond, Harmonise nawe ariko...
View ArticleHamenyekanye ivya Black G n’umukobwa aboneka mu masanamu ya Give me Love
Black g ntarya umunwa mu kuvuga ko yasohokanye n’umwigeme aboneka mu masanamu y’indirimbo Give me Love, ariko akavuga ko adashobora kwemeza nimba boba bakiri mu rukundo. Mu gihe hari hagize igihe...
View ArticleDudu aravuga uburyo ariko atanga ivy’afise muriwe
Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw’isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw’isaha ahubwo ngo uwumva...
View ArticleBig fizzo yavuze ku mubano wiwe na Sat-b
Naho hagize igihe haboneka umengo hariho ugufatana mu mugongo hagati ya Sat-b na Big Fizzo, Big we avuga ko badaherutse no kwandikiranira. Mu gihe hagize igihe haboneka ko hoba hari ugufata mu nda...
View ArticleUbu naho havyutse ikibazo ku myaka Diamond asumvya Tanasha
Mushiki wa Diamond Platnumz ntabona ikibazo gihari kuba musazawe agiye kurongora umukobwa afise imyaka mike kuriwe. Imyaka iri hagati ya Diamond na Tanasha nayo izanye agatosi mu bantu, uwo mwigeme ngo...
View ArticleKidum yakoranye indirimbo n’uwo muri Haiti
Umuririmvyi wo muri Haiti niwe Kidum yakoranye akaririmbo nawe, ariko hakaba hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo, ariko kakazumvikanamwo igiswahiri n’igi Creole. Hagiye kwumvikana akaririmbo...
View ArticleChris biz yavuze kwikinjura ryiwe muri label ya Andyllairs
Chris Biz ntagifitanye amasezerano na Andyllairs, kubera ata kanya ko kumukurikirana afise bivanye n’ibikorwa uwo muhinyanyuzi afise muri ino misi. Ivy’ikinjura rya Chris Biz muri Label ya Andyllaire...
View ArticleKidum yavuzweko vyinshi kubera umwigeme bifotozanye
Kidum naho atashatse ko ishusho yashize ku rubuga rwa Facebook hagira ico bayivugako, ariko abamukurikirana bagize vyinshi bayivugako. Kidum yavuzweko cane ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko...
View ArticleSat-b yavuze ku mafaranga Mt Number one yashize mu ndirimbo bakoranye
Mt number one ngo kuba atigeze atinya gushira amafaranga mu ndirimbo n’ikintu ciza n’abandi bokwirikiza. Ivyo bikaba bishikirizwa na Sat-b bakoranye indirimbo yabatwaye amafaranga atari make. Uno musi...
View ArticleDj Marnaud yagirijwe ko yoba ari mu baryamana basangiye ibitsina ‘Abatinganyi’
Dj Marnaud ubu niwe ari ku minwa y’abatari bake mu gihugu kibanyi c’urwanda, kubera ibiheruka kumwagirizwa aho bavuga ko yoba ari umwe mu baryamana basangiye ibitsina, Abatinganyi. Inyuma ya Mwiseneza...
View ArticleRayvanny ati :” Ikibanza ciza c’ukwandikiramwo indirimbo ni mu bwiherero W.C”
Mu kiganiro yatangiye mu bwongereza, Rayvanny avuga ko ikibanza akunda kwandikiramwo indirimbo ari mu bwiherero, kubera uburyo hateye. Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko ikibanza ciza co kwandikiramwo...
View ArticleWema yavuze ku mubano wiwe na Diamond
Naho abantu bavuga ko hoba hakiri ubucuti bw’indenzarugero hagati yiwe na Diamond, Wema Sepetu ntahakana ko hari ubucuti buhari, ariko avuga ko ari ubusanzwe. Ivyabaye hagati ya Diamond Platnumz na...
View ArticleBig Fizzo yakuriye inkofero Lolilo kubera umwaka wa 2018
Lolilo ngo yakoze indirimbo n’ama Video menshi muri uno mwaka wa 2018, aho agaca ashirwa na Big Fizzo mu bibanza vy’imbere mu bakoze bigashimwa mui uwo mwaka. Big fizzo aremeza ko Lolilo ari mu...
View Article