Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi New Music|Ile ile By Magic Kingorongoro

[audio_id 231315] 3,065 total views, no views today

View Article


#indundi New Music|Uwuri Muri Jewe By Eloge

[audio_id 231314] 3,497 total views, no views today

View Article


#indundi New Music|Turafit’Imana By Yves

Turafit'Imana By Yves   6,056 total views, 146 views today

View Article

#indundi | Prince Mshindi yatoye ikiyovyabwenge gisumba urumogi

Prince Mshindi ngo abashaka abereke akandi kaborerwe gasumba kunywa urumogi.  Indundi “Yesu wanje n’umu Super star, yesu wanje n’umwami wa Swagge, yesu wanje ntawe binganaaa.” Ayo niyo majambo atangura...

View Article

#indundi | franck G80 agarutse n’indirimbo itambika

Inyuma y’igihe kitari gito adashira ahabona akaririmbo na kamwe, Franck G 80 ngo ariko arakora indirimbo nshasha muri Master muzik. Indundi Inzu y’ubuhinyanyuzi Master Music ngo niyo iriko irahinyanyua...

View Article


#indundi | Inyuma y’ubwongereza Kidum azoca aja mu rwanda

Inyuma y’ubwongereza Kidum, Kibido, Kibuganizo ngo azoca akorera ibiteramo bibiri mu gisagara ca Kigali mu rwanda aho akazoba ari ku magenekerezo ya 1 na 2 mukakaro. Indundi Kidum yaraye ashize ahabona...

View Article

#indundi | Wata 2 Post niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Peter Niyo

Indirimbo nshasha yiswe Wata 2 Post niyo igiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi Peter Niyo ikozwe na A Tizo. Indundi Mu gihe hari hitezwe ko umuririmvyi Peter Niyo ashira ahabona amasanamu y’indirimbo...

View Article

#indundi | Ubuheta bwa Willy na Joy Uwizeye bwaravukanye ibiro 4 n’amagarama 10

WIlly Uwizewye aheruka kuronka umwana w’umuhungu yise Nathan Blessed Uwizeye.  Indundi Nathan Blessed Uwizeye niko kazina k’ikibondo umuryango wa WIlly uwizeye igicoco mu muziki ndundi cane cane mu...

View Article


#indundi | Best life igiye gusohora amashusho y’indirimbo My Lova

inyuma y’isohoka ry’amajwi ya My Love y’umurwi Best life, bamenyesheje ko bagiye gushira ahabona amsanamu yayo nayo mu misi ya Vuba. Inyuma yaho hashiriwe ahabona indirimbo My Lova, ubu naho ngo...

View Article


#indundi New Music|Popular Girl By R Fran Ft Ami Baso

Popular Girl By R Fran Ft Ami Baso 12 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Distance By P Wise

88 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Ingo By Gaga Blue Ft Robbiaz King &Wawa Vg

Ingo By Gaga Blue Ft Robbiaz King &Wawa Vg 162 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Ntakiriho By His Victory

Ntakiriho By His Victory 1,186 total views, 41 views today

View Article


#indundi New Music|Yesu Mzuri By J Samson

Yesu Mzuri By J Samson 1,833 total views, 41 views today

View Article

#indundi New Music|Kw Isi By Pim Ft Dj Kolly

Kw'Isi By Pim Ft Dj Kolly 1,793 total views, 94 views today

View Article


#indundi New Music|Waki2post By Peter Niyo

Waki2post By Peter Niyo 1,802 total views, 96 views today

View Article

#indundi | Iki ngo nico coba catumye babika ko Fizzo yapfuye

Big Fizzo yahumurije abakunzi b’umuziki wiwe ko akiri muzima, naho bari bamubikiye ko bamugandaguriye mu kibanza atigeze ashikamwo. Indundi Mu gihe hari hagize umwanya hariko havurwa ko Mugani Desire...

View Article


#indundi | Isabukuru Burundi Show Fest iriko irategurirwa Bujumbura

Ibihangange bakaba n’ibicocoro mu Muziki ndundi aribo Kidum. Dr. Claude, Baino na Cedric Bangui ngo nibo biba bariko barategura I sabukuru ry’agakuru ryitiriwe Burundi Show Fest.  Indundi Isabukuru...

View Article

#indundi | Iry Tina yashikirije ukwabona Big Fizzo

Ayaga n’abakunzi b’umuziki wiwe yamenyesheje ko urukurikirane kigwerawa buca ruja ahabona, nayo umuririmvyi yemera ngo ni Big Fizzo. Indundi Irene Laura benshi bazi nka Irya Tina yasangiye ikiyago...

View Article

#indundi | Hagati ya Bobo na Vivi muri Peace and Love ngo hariko haka umucanwa

Ikintu kitaramenyekana Nico muriko kuraba hagati y’intwari zibiri Bobo na Vivi bagize umurwi Peace and Love, ico ngo kigashobora gutuma batandukana.  Indundi Hagati y’abasore babiri bene Margeuritte...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live