Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Sat-b, Big Fizzo, Natacha, Miss Erica na bagenzi babo bariko bitwara neza I...

Abaririmvyi batari bake b’abarundi babandanya bitwara neza I Kigali, aho bibandanije bigenda neza nkuko biri uno musi, mu myaka 5 gusa Uburundi bwoba bwisubije ikibanza bwari bufise aho hambere hahise...

View Article


Zari yashize mu rwara Diamond

Amafaranga Diamond afise ngo ntashikira ayo abagabo bandi bagendanye na Zari bari bafise. Mu gihe Zari azwiko kugendana n’abagabo bafise amafaranga, Diamond ngo ntaja mu gitigiri c’abagabo bafise...

View Article


Indirimbo ya Sat-b na Meddy niyasohoka ngo bizobabera inyungu bose

Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka...

View Article

Preeze36 kuri Mannagement zari zikwiye kuba zihari mu muziki

Preeze avuga ko umusahirizi yoba azanywe n’ukumurihira inzu hamwe n’ukumugurira impuzu, uwo ngo yoshaka akirekera. Preeze ngo nta mugambi afise wo kurondera abasahirizi bamugurira impuzu canke...

View Article

Ommy Dimpoz yavuze ku bivurwa ko yarwaye kubera bari bamuroze

ku bivurwa ko Ommy yoba yararwaye mu muhogo kubera uburozi bashobora kuba bari bamuhaye, uwo muririmvyi yagarukiye ku cobo avuga ko ataco yoronka abivugako. Mu gihe aheruka gutahuka i Dar es ssallam...

View Article


Inyuma y’ukurusimba, Ommy avuga ko ata mutima mubi afitiye Steve Nyerere

Ommy Dimpoz yababariye Steve Nyerere, amwizeza ko azi neza ko yanyereye ariko ko bifise ico vyamwigishije. Inyuma y’ukuvuga ko Ommy Dimpoz yahora agwaye atagisubira kuririmba, Steve Nyerere yasavye...

View Article

Sat-b buca yubaka inzu irengeye iyapanze 1,000,000 fbu

Ata guhigimanga, Sa-b avuga ko mu misi ya Vuba buca atangura kwubaka inzu irusha agaciro iyo asanzwe abamwo muri kino gihe mu Kibenga, aho avuga ko ayipanze amafaranga angana n’1,000,000. Mu gihe...

View Article

Big Fizzo yavuze kuvyo ariko arapfa n’amashiramwe amwe amwe

Big Fizzo aremeza ko amashirahamwe atandukanye ya hano iwacu, amaze kubona ko bakeneye abaririmvyi ku kibazo c’ukumenyekanisha ibintu vyabo. Big fizzo ngo ntagiye gusubira kuja kuba i Burayi, kanatsina...

View Article


Diamond muri TETEMA yasubiriye gukora ikosa ryobakozeko

Amwe mu majambo Diamond yaririmvye mu ndirimbo TETEMA iheruka gushirwa ahabona yasabwe ko asubirwamwo kugira yemererwa gushirwa ahabona, ivyo bikaba vyasabwe n’ikigo kijejwe kugenzura ibikorwa...

View Article


Dudu agiye nawe guhamvya Diamond mu rudandazwa

Dudu ashobora guhamvya Diamond mu gushira inguvu mu kudandaza umuziki, aho afise umugambi wo gushiraho urubuga, Mobile App, ruzogurisha umuziki hano iwacu. Dudu T Niyukuri ari mu baririmvyi babona ko...

View Article

None umubeshi ninde hagati ya Paulin, Sat-b na Wanda Boy?

Umubeshi yoba arinde hagati ya Sat-b, Wanda Boy na Dj Paulin? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza yumvirije ivyo Dj Paulin yavuze mu kiri kimwe mu biganiro bivuga ivy’umuziki I Bujumbura. Mu gihe Wanda...

View Article

Koffi ari imbere y’ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe

Inyuma y’imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w’umunyacongo Koffi olomide ku caha c’ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b’umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico...

View Article

Big Fizzo yavuze ico umwana n’urubanza rw’ubugeni vyahinduye

Ugukora ubugeni, hamwe n’uguca aronka umwana muri ino misi, Big Fizzo avuga ko hari ico vyamuhinduriye muri gahunda yarafise. Big fizzo ngo agiye kuzokorera igiteramo i Kigali hamwe n’ i Bujumbura mu...

View Article


Emery Sun agiye guhindura ibitari bike

Ibitari bike vyari bimuzwi Kuri Emery sun nko kudasohora indirimbo nyinshi, ngo bigiye guhinduka muri uno mwaka wa 2019. Mu gihe azwiko kudakora amasanamu hamwe n’ugusohora indirimbo nke mu mwaka,...

View Article

DJ Paulin asabwa na Wanda Boy kumujana mu butungane hatararengerana

Ngo nka hamwe Dj Paulin atojana Wanda imbere y’ubutungane hakiri kare, kubera iyo ndirimbo ya Sat-b ngo nta nkeka isohotse hazoba harengeranye. Wanda Boy atanga ubutumwa abuha DJ Paulin amusaba ko...

View Article


Aime Loveness yavuze ku busuma bw’indirimbo yagirizwa

Ku busuma yagirizwa, Aime Loveness asaba ko uwogira icemezo na kimwe yogisangiza abandi, kuko we yizeye ko ata cemezo na kimwe gihari. Ibivurwa ko AImee Loveness ngo yoba ariko asohora indirimbo...

View Article

Shaddy boo ngo yaratamvye n’agahuzu ko musi kaja hanze (Video)

Ku mashusho yabonetse mu gihe Shaddy Boo yatambana na Otile, uwo muvyeyi w’abana 2 yabonetse ariko atamaba afuka ibihimba vy’imbere kubera umwambara yari yambaye. Umwe mu banyarwandakazi babiza iyashu...

View Article


Natacha yababajwe n’abanya Kinama

Naho urukundo ari rwose akunda abanya Kinama, Natacha avuga ko ababazwa no kubona atari bwigere aja kuhakorera igiteramo. Umuririmvyikazi Natacha ngo akababaro ni kose kuri we kubona yari yaratereranye...

View Article

Leta ya Tanzania yimye Diamond ico yabasavye

Diamond ngo yari yasavye ko kamwe mu ducimbiri duherereye aho yubatse inzu kohabwa izina ryiwe, ariko ngo uburongozi ntibwabimwemereye. Diamond yimwe ico ngo yaragize igihe ariko asaba muri Leta ya...

View Article

Emery Sun arindiriye umwanya mwiza ngo asohore n’izitari iz’urukundo

Emery sun avuga ko n’izindi ndirimbo zitari iz’urukundo amaze kuzandika, ariko akavuga ko hataragera ko azishira ahabona. Mu kiyago Emery sun aheruka kugirana na Indundi magazine yagize ico avuga ku...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live