Amasanamu y’akaririmbo Tell me Why buca ashirwa ahabona
Naho atabashije kuvuga ryari azoyishira ahabona, canke uwuzoyikora, R Flow yavuze ko ayo masanamu ari mu nzira. Inyuma y’ukuva i Bujumbura aho yasubiye i Kigali ku kazi, R Flow yavuze ko hari igikorwa...
View ArticleDiamond na Rayvanny ngo bagiye kuba intore
Inyuma y’igihe bamwugariye gukora igikorwa na kimwe c’umuziki muri Tanzania n’inyuma y’igihugu, ikigo kijejwe kugenzura abanyabuhinga muri Tanzania cahavuye kimenyesha ko Diamond na Rayvanny barekuriwe...
View ArticleDouble jay yavuze ku majambo y’igishegu avugwa ku ndirimbo yiwe
Double jay yahakanye ibivurwa ko indirimbo yiwe nshasha yoba irimwo igishegu, ariko akemeza ko iyo ndirimbo irimwo amajambo y’urukundo akomeye, kandi ari ay’abantu bakuze. Double Jaya avuga ko mu misi...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 4
1.Namba Moja By B Face 2. Rumata By Mb Data 3.Nzobikora By Masterland 4. Numva Nshaka By Double Jay 5. Kuja By Natacha
View ArticleDudu Niyukuri avuga kw’ibangira rwiwe mu kuririmba mu rurimi rw’ikirundi
Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana nabo kandi yongera arondera abavuga izo zindi. Dudu Niyukuri ngo agiye guhindura...
View ArticleHabonetse amashusho ya Kera ya Diamond arikumwe n’abigeme barimwo abo...
2 muri 4 baboneka ku mashusho yashizwe ahabona n’umwe mu bayariko, basohokanye na Diamond, kandi nawe akaba ayabonekamwo. Hashizwe ahabona ama foto y’umuririmvyi Diamond Platnumz, arikumwe n’abigeme...
View ArticleSat-b yabwiwe ko abamwanka ntibazobura
Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n’abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana Aboubakar Karume abenshi bazi nka Sat-b ahanurwa kubandanya...
View ArticleDudu Niyukuri yakebuwe ko indirimbo zinyaruka mu rukurikirane ari nyinshi cane
Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca...
View ArticleJux n’umukunzi wiwe Vanessa Mdee ngo bagiye kuza I Bujumbura
Jux yaheruka I Bujumbura ku butumire bwa Bantu Bwoym agiye kugaruka I Bujumbura mu giteramo aherekeje umukunzi wiwe Vanessa Mdee. Inyuma yaho ahamagariwe I Bujumbura na Bantu Bwoy, Jux ngo agiye...
View ArticleMiss Erica ngo yarayisimvye, ubu ni sawa
Ikivyimba co mu nda ngo nico cagira kidutware umwigeme Miss Erica asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki I Kigali. Ariko ubu ngo ni sawa. Miss Erica ngo yaragize igihe arwariye I Kampala, Ariko ubu ngo ni...
View ArticleNsavye yakebuye abashaka kurungika indirimbo zabo muri Isanganiro Awards
Isanganiro Awards ngo igiye gutangura neza, kuko imisi y’ukwakira indirimbo isa n’iyiriko irarangira, noneho ngo hamenyekane uwuzosubirira Vestine. Imisi isigaye ngo bahagarike gutora indirimbo zizoja...
View ArticleIsabukuru y’amavuko ntirizohimbazwa kubera Diamond
Q boy ngo ntarota ahimbaza isabukuru ryiwe ry’amavuko kubera ibiheruka kumushikira. Ugucumura kuri Diamond bikamuviramwo gusezererwa ngo vyaramukomerekeje cane. Mu gihe yariko yitegura gushira ahabona...
View ArticleNsavye ati n’abandi nibahamvye Cedric bangy
Nsavye ati n’abandi nibafate inzira nkiya Cedric bangy mu kugira ico babikira umwe mu bazoshika mu gice ca nyuma c’ihiganwa Isanganiro Awards. Mu gihe ari mu bahora bavuga cane ko amahiganwa...
View ArticleT Max na Uncle Crazy boba bari mu nzira y’ugutanga igikorwa gishasha
TMax na Uncle Crazy bashobora kuba bafise igikorwa gishasha bariko barategura gushira ahabona. Inyuma y’igihe ataboneka mu muziki ndundi, Uncle Crazy ngo yoba agiye kandi gusubira mu muziki. Ivyo...
View ArticleAmabere ya Vanessa Mdee ngo ntarakorwako n’imbugita
Umuganga abaga ngo ntarakora kw’ibere ryiwe, Vanessa akaba yabishikirije mu gihe yabeshuza amakuru avuga ko yoba yari yarayongereje abanje kubarwa. ibere ryiwe ngo ntaco araryongerako, ivyo n’ibiheruka...
View ArticleUmwe mu bana ba Lolilo baba mu bwongereza ngo akinira Arsenal
Lolilo ngo arereye mu murwi wa Arsenal w’abakuze, Senior, uwarereyo akaba yitwa Nassor Juinior afise imyaka 8. Umwana wa Lolilo w’imyaka 8 niwe asigaye akina mu murwi wa Arsenal, ivyo Lolilo akaba...
View ArticleIbihangange biri muri Isanganiro Awards
Abaririmvyi batandukanye baomeye ba hano bafise indirimbo mw’ihiganwa rya Isanganiro Awards Indirimbo 20 ziri mw’ihiganwa rya Isanganiro Awards zamaje kuja ahabona, izo ndirimbo zikaba zirimwo zibiri...
View ArticleBig Fizzo ati abana mfise ubu sindabazi igitigiri
Big Fizzo yavuze ku mwana wiwe aheruka kuvuka hamwe n’uwundi mukuru bivurwa ko nawe agiye gufata inzira nkiya se mu kuririmba. Big Fizzo ngo ntiharagera ko berekana umwana wiwe, avuga ko hakiri kare,...
View Article