Favie aravuga kw’ivavanura na Redemption Voice
Ivavanura na Redemption voice ntiryari vyoroshe, ariko kandi nta rwanko rwarimwo. Ukuvana na Redemption ntivyabaye ingingo yafashr minenerwe, kuko n’igikorwa yabanje gusengera, ivyo bikaba biheruka...
View ArticleUmurwi Amagaba ngo bahagaze neza kubera ubuhinga n’abahinga bafise
Ifatwa minenerwe ry’abafise ingabire mu mirwi ndangakaranga, niho ngo hakomotse uwo murwi ndangakaranga Amagaba. Umurwi ndangakaranga Amagaba, bavuga ko bari mu bariko bifata neza muri kino gihe, haba...
View ArticleNatacha yihanikirije abantu ngo ntihakagire uwuheba umuziki
Amahera ntakabe inyendamuvano y’uguhagarika umuziki, ngo barasimba abafashe. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Natacha. Mu gihe yaheruka kwifatirwa mu gahanga kubera ikibazo c’amafaranga mu...
View ArticleDiamond na Rayvanny basubiye kwikora mu gahogo
Inyuma y’uturirimbo nka Iyena, Salome n’utundi Rayvanny na Diamond basubiriye kandi gukorana akaririmbo bise mwanza. Ako kakaba kasohotse kuri uyu wa gatandatu. Ako akaririmbo kakaba kaje gasanga...
View ArticleChris Biz yavuze Ku gutinya umukobwa yavuzweko
Kubwa Chris ngo ntiyotinya umukunzi, ariko ngo yabikoze kugira yibahishe uwo mwigeme. Mu gihe akaririmbo Doucement na mweneko bamaze imisi bavurwako vyinshi, Chris biz avuga vyinshi kuri iyo...
View ArticleSat-b icongereza yoba atahora yatsa kuko yatanguye kuciga
Mu gihe yahora akoresha cane ikirundi, igiswahiri co kimwe n’igifaransa mu kugira ico ashikiriza, Sat-b ngo ariko aranonosora icongereza naco. Sat-b ngo yoba ariko anonosora ururimi rw’icongereza. Ivyo...
View ArticleGn ati : Imidiho ikoreshwa mu masengero na Bob Marley yarayikoresheje
GN avuga ko ata mudiho mubi uhari, ahubwo ikibi ari amajambo aherekeza uwo mudiho abantu baba bashaka kuririmbiramwo. Nta mudiho uba mubi, ikibi ngo n’amajambo aherekeza uwo mudiho uba washatse...
View ArticleAkaririmbo “Oh God” ka King Donny B kashizwe ahabona
Hakirindiriwe amasanamu y’akaririmbo King Donny B yaheruka kwemera, uwo muririmvyi yahavuye aba arashira ahabona akandi karirimbo. Ako kakaba kiswe Ooh God gakorewe n’umuhinyanyuzi Amir Pro. Ako...
View ArticleBig Fizzo na Fabelove ngo nibo bemerwa gusa mu bakora Hip Hop
Naho abakora Hip hop ari benshi, Fabelove avuga ko be na Big Fizzo nibo bonyene yemera gusumba abandi. Mu basanzwe bakora Hip hop aha iwacu, Big Fizzo wenyene ngo niwe yemera gusumba abandi, kuko we...
View ArticleEvode Ntahonankwa yemereye abamukurikirana bishasha
Hampande y’ugusubiramwo akaririmbo Ntahiriza Iwacu, ngo hari ibindi bishasha afise kandi bitari bike. Ku rubuga rwa Facebook rw’igicocoro mu muziki ndundi, Evode Ntahonankwa, habonetse ururirimbi...
View ArticleDon Brighter ashaka kwitoza mu matora yo muri 2020 muri Amerika
Mu gihe haheruka kuba amatora muri Leta zunze ubumwe za amerika, aho hatowe abashingamateka co kimwe n’abakenguzamateka, hari abarundi batanguye gushaka kuzitoza. Imbere yuko ashikiriza Ku rubuga rwiwe...
View ArticleBamwe batanguye kubabazwa n’umuzo wa Bruce Melodie na Meddy
Naho bamwe bahekenya iryinyo kubera umuzo w’abaririmvyi b’abanyarwanda hano iwacu, ibihangange nka Big Fizzo, Rally Joe na Sat-b bo babaha ikaze. Mu gihe hitezwe abaririmvyi abashobora kuba 3...
View ArticleAmasanamu ya Hari Vyinshi ya Emelance buca ashirwa ahabona
Naho hataramenyekana umusi nyezina, Emelance yemeye ko imbere y’umusi wa 1 amasanamu y’akaririmbo Hari Vyinshi azoba yabonetse Mu gihe yaheruka gushira ahabona akaririmbo gashasha yise Hari Vyinshi,...
View ArticleDiamond ngo yama mu makosa nk’isazi
Naho ata kigongwe arasaba, Diamond yatanguye kumwumvira ikigongwe kubera amande, bamusabira imbabazi. Ugusabira ikigongwe Diamond ngo n’ugukora ikosa, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu...
View ArticleMu bafashe ukuboko Kirikou, Big Fizzo ntaza mu kibanza ca 1
Kirikou ngo yaciye mu minwe za benshi kugira ashike aho ageze uno musi, ariko Big Fizzo we ngo ariko akora ibirenze. Naho uno musi ari mu minwe ya Big Fizzo, ngo siwe wa mbere yamufashe ukuboko muri...
View ArticleYoya Jamal ngo buca asubira kubateramisha
Ata gihindutse, Yoya Jamal ngo azoteramisha abakunzi b’ibikorwa vyiwe mu kwezi kw’12. Akaba yatanguye gutumira acishije Ku rubuga rwa Facebook. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, Yoya Jamal...
View ArticleRallye Joe yasabwe kuririmba izihimbaza Imana
Mu gihe yari yemeye akaririmbo mu misi ya vuba, yasabwe n’abamukurikirana kubasohorera ako guhinbaza Imana. Akaririmbo gashasha ngo kariko karategurwa, mu misi ya vuba karaja ahabona. Ivyo n’ibiheruka...
View ArticleR flow yagarukiye ku cobo, Imana irakinga
Mu gihe yaratashe avuye kuka misi yose, R flow yaragize isanganya na Moto yari imutahanye, ariko ngo Imana yarakinze ni muzima. Mw’ijoro ryo kuri uyu wa 5, isaha hafi icenda z’ijoro avuye gupagasa,...
View ArticleIndirimbo ya Elly’s yashizwe kuri YouTube ya Double Jay
Nta wuzi icabitumye, ariko akaririmbo ka Elly’s Boy gakoranye na Double Jay kabonetse Ku rubuga rwa YouTube rwa Double jay. Inyuma y’igihe adashira ahabona akaririmbo, Elly’s Boy yashize ahabona...
View ArticleUrugamba ngo ruratanguye hagati y’abaririmvyi ndundi n’abanyamahanga
Naho haza umunyamahanga umwe umwe, abaririmvyi ndundi bo bahagurukiye rimwe ngo berekane ko nabo bashobora gukora nk’ivy’abanyamahanga bakorera ngaha iwacu. Urugamba ngo rwatanguye hagati y’abaririmvyi...
View Article