Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Shebbah yatahuye impamvu bamwita i maraya

Uno mwaka, Shebbah ngo yafashe akanya yumviriza abamukurikirana kandi anaraba uburyo atamba, noneho atahura igituma bamwita I maraya. Shebbah ngo yatahuye impamvu abantu bamwita imaraya, ivyo bikaba...

View Article


Ray c yateje uruhagarara kubera Umugera wa SIDA

Ray c yateje uruhagarara mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Instagram aho yashira ahabona aka video kiwe yerekana inyishu z’ibipimo vyiwe vy’umugera wa SIDA. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram,...

View Article


Rich Mavoko yavuze kwisubira gukorana na Wasafi ya Diamond

Inyuma y’ugutandukana na WCB, Rich Mavoko yabajijwe nimba ashobora gukorana nabo. Ivyo yishuye vyatangaje abatari bake, cane cane abazi imishamirano yahabaye. Aganira na Global Publisher, Mavoko yavuze...

View Article

Diamond Platnumz yacura bufuni na buhoro uwumucungera umutekano

Diamond afatwa nk’umunyagitugu n’uwahoze amucungira umutekano, Mwarabu, kuko yasa n’uwumubohera amaboko I mugongo. Uwahoze acunga umutekano wa Diamond Platnumz, Mwarabu The Fighter, avuga ko agicungera...

View Article

Miss Erica ngo ashobora gukorana na Knowless akaririmbo

Akoresheje urubuga rwa WhatsApp, Miss Erica yabajije abamukurikirana uko bavyumva nka hamwe akoranye akaririmbo n’umunyarwandakazi Knowless. Inyuma y’ishirwa ahaona ry’amasanamu y’akaririmbo kiwe...

View Article


Umuhererezi wa Big Fizzo yasohorewe akaririmbo

Inyuma ya Big Fizzo na Double Jay, umuhererezi wo mu muryango wa Bantu Bwoy, Kirikou, yahavuye ashirirwa ahabona amasanamu y’akaririmbo Soma Number. Soma number Niko karirimbo ka mbere umuhererezi wa...

View Article

#indundi tv | Phil Praizo – Sing For You (Official Video)

6,583 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Urabasumba By Arnovic

8,710 total views, 0 views today

View Article


#indundi Music|Neno Moja By Chany Queen

5,295 total views, 0 views today

View Article


Sat-b buca ashitsa ico abamukurikirana bamusavye

    View this post on Instagram   A post shared by Sat-B intelligent Bad Boy (@satb_satura) on Nov 2, 2018 at 7:13am PDT Ata gihindutse urugendo Sat-b yafashe yerekeza muri Tanzania, ruzovamwo...

View Article

Willy Uwizeye ashira ahabona urukurikirane rushasha

Aturutse muri leta zunze ubumwe za amerika, Willy Uwizeye uno musi ashira ahabona urukurikirane rushasha rw’indirimbo ziwe. Uno musi wa 6, niho umuririmvyi Willy uwizeye asanzwe aririmba indirimbo...

View Article

Diamond yaronse uwusubirira Zari

  Diamond ngo inyuma y’amezi 8 atandukanye na Zari, akanavurwako ibintu bitandukanye, ngo yamaze kuronka uwo umuryango wiwe uriko uramutegurira kuzogirana ubugeni. Mu gihe haheze amezi 8 atandukanye na...

View Article

Sat-b yavuze Ku ndirimbo bokorana na Big Fizzo

Sat-b avuga ko kugira akorane n’umuntu, aba afise aho ashaka kuva n’aho ashaka kuja. Big Fizzo nawe gushika ubu ngo nta mugambi amufiseko. Mu gihe abatari bake bibaza ko Sat-b na Big Fizzo aho umwe...

View Article


King Donny B arihanganisha abamukurikirana

Mu gihe Donny yaheruka kumenyesha abamukurikirana ko akaririmbo I’m in Love with You buca gashirirwa ahabona amasanamu, ngo ayo masanamu azoteba. Aganira na Indundi Magazine, yavuze ko igituma aruko...

View Article

Miss Erica ngo agiye gutanga impamvu z’ukumuvuga

Naho abavuga Miss Erica batagira impamvu z’ukuvuga Miss Erica, ngo mu misi agiye kuzitanga vuba. Mu gihe yaragize imisi avurwa cane kubera amashusho ya be na Gaga blue yashizwe ahabona basomanira mu...

View Article


Abaterekwa B Face ngo bahinduye umukenyuro mu kumucafuza

Abaterekwa B face bahinduye umukenyuro, ubu bageze gukoresha Facebook mu ntumbero yo kumucafuza. Abashaka gucafuza izina rya B face ngo babandanya bahindura imikenyuro, ubu bakaba bageze gukora...

View Article

Jamal yasubiriye kuboneka mu biteramo

Mu gihe yaboneka mu gacerere kenshi, Jamal asubiriye kuboneka mu biteramo bitandukanye. Inyuma y’ugufatanya na Natacha mu giteramo I lille mu bufaransa, Jamal buca yungikanya ikindi giteramo azokorana...

View Article


Gn ngo atanga ubutumwa mu migani nka Yezu

Naho atigereranya na Yezu, ariko nawe ngo yandika mu migani nkawe, nico gituma akaririmbo kiwe bisaba akanya ngo ugatahure. Akazi k’abamenyeshamakuru ngo nako kubariza abatatahuye kugira batahure. Ivyo...

View Article

Natacha yifatiwe mu gahanga na Manager wa Sat-b

Naho Natacha yavuze ibitari ku mafaranga n’umuziki, Manager wa Sat-b yavuze ko ayo mafaranga yishimiriza abarizwa kuri compte y’umugabo. Mu gihe natacha yaheruka kwandika ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

View Article

Davido yagirijwe umwana w’imyaka 5 yataye

Davido yagirijwe n’umukobwa avuga ko bagendanye, ko yanse kwemera uwo mwana. Davido ngo yoba afise umwana w’imyaka 5 yihakanye, nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru muri Nigeria abishikiriza. Anuoluwapo...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live