Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Ababa Uganda bagiye kandi kubona Big Fizzo

Big Fizzo agiye kwerekeza muri Uganda mu giteramo citiriwe Buja Night. Mu gihe yaragize igihe abarizwa I Bujumbura, akahakora ibiteramo bitari bike. Big Fizzo buca yerekeza muri Uganda kuhakorera...

View Article


Sat-b agiye gusohorera akaririmbo Belle Umukunzi wiwe

Belle ntiyasigajwe inyuma, nawe agiye gusohorerwa akaririmbo na Empire. Inyuma ya Kavy ubu naho Sat-b n’umurwi wiwe Empire Avenue bagiye gushira ahabona igikorwa gishasha c’umuririmvyikazi Belle nice....

View Article


Abarundi ngo ni bitege Meddy, Yemi Alade, Shebbah n’ibindi bihangange

Bamwe mu bihangange mu muziki wa hano muri Afrika biritezwe hano iwacu mu biteramo vy’agakura. Inyuma y’ibihangange nka Yvan Buravan, abakinyi ba Les bobdiouf bo muri afirika y’uburengero bushira...

View Article

Natacha azoteramisha abafaransa n’abataliyano vuba cane

  Natacha agiye guteramisha aba taliyano co kimwe n’abafaransa bitarenze uku kwezi kw’10 nyene. Ngendabanka Natacha Ku musi w’ejo niho yafata indege aherukejwe n’umushingantahe wiwe. Bose bakaba bari...

View Article

Miss Erica yahavuye avuga uko yakiriye uburwayi bwa Sal g

Miss Erica avuga ko bitari vyoroshe kwakira ko umukunzi wiwe yagize ikibazo co mu mutwe. Ariko we yamanye icizere ko azotinda agakira. Kubona umukunzi wiwe agira ikibazo co mu mutwe ngo ntivyari...

View Article


PIM yahagaritse umuziki burundu

  Asaba imbabazi abamusaba bishasha, Pim yamenyesheje Ku rubuga rwa Facebook ko yahagaritse umuziki. Abakunzi b’ibikorwa vya PIM ngo nibihangane kandi bamutahure, kuko yamaze gusezera umwuga...

View Article

#indundi Music|Nibebe By Akhimboy Ft Tomson

4,115 total views, 0 views today

View Article

Masterland avuga ko kwambara neza bifise ico bifasha abaririmvyi

Naho ukwambara neza vyamwamyemwo, Land avuga ko binafise ico bifasha abaririmvyi, kanatsinda ngo bavuga ko abaririmvyi ari icitegererezo. Ukuboneka neza ngo n’ivyo yamanye kuva kera, ivyo bishikirizwa...

View Article


Andy Kool yakoranye akaririmbo na Mico the Best

Akaririmbo Andy yakoranye n’umunyarwanda, Mico The best, kamaze kufatirwa amasanamu. Kukabona ngo ni vuba cane Ku musi wa 3, niho umuririmvyi Andy Kool muri kino gihe abarizwa I Kigali yafata amasanamu...

View Article


Agahinda ni kose Ku mwana wa Oprah n’umuhisi katauti

Naho akiri muto afise ivyo ataratahura, ngo umwana wa Oprah abandanya kwigunga kubera ukubura se. Umwana wa Oprah yoba agize igihe afise ikibazo kubera yabuze umuvyeyi wiwe, Katauti. Ivyo Oprah akaba...

View Article

Hamenyekanye icatumye Fizzo abura mu masanamu ya Unanimaliza yabe na DJ Pro

Naho abandi bo babibona ukundi, ariko DJ Pro we arabitahura. Igituma nuko yanamuherekeje mu kibanza canugumije. Urubanza rw’ubugeni rwa Mugani Desire na Stein nirwo ruri inyuma y’ukutaboneka kwa Big...

View Article

Clementine avuga ko yabwiwe vyinshi Ku nyifato Sat-b azogira

Naho yabwiwe vyinshi kuri Sat-b, Clementine ngo ntiyacitse intege. Ariko yabandanije kwizera ko bizogenda neza. Amajambo menshi ngo yaravuzwe Ku indirimbo Uranrya bebe Clementine yakoranye na Sat-b....

View Article

Diamond yoba ababajwe n’ukutazoba ari mu myiyamamazo, canke n’ukutazohabwa...

CCM ngo yoba yabwiye abaririmvyi ko ata mafaranga yabo bateguye mu gihe c’imyiyamamazo mu mwaka wa 2020. None Diamond akababaro ni kose. Mu gihe Tanzania buca itangura kwitegurira amatora azoba mu...

View Article


Bebe Cool ashobora gukorana indirimbo na Kanye West

Naho ataco we ubwiwe arabivugako, ibinyamakuru vyo muri Uganda bivuga ko Bebe Cool yacaguwe na Kanye west ngo bazokorane indirimbo. Amakuru dukesha ibinyamakuru vyo muri Uganda, Nuko Kanye West...

View Article

Ivya Sat-b na Belle bibandanya gukomera

Belle abandanya kwerekana urukundo akunda Sat-b, akaba asubiriye kubicisha Ku mbuga ngurukanabumenyi. Mu gihe bizwi ko Belle na Sat-b basigaye ari incuti za hagufi, amajambo y’urukundo yo ntakibura Ku...

View Article


Emelance yoba yakoreye kwa Big Fizzo

Naho ata vyinshi yabishikirijeko, Emelance ashobora kuba ariko arakora amasanamu y’indirimbo, kandi ayo akaba ariko akorerwa muri Bantu Bwoy. Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, Emelance...

View Article

Big Fizzo ntahuza n’umumenyereza w’intamba mu rugamba

Naho abarundi banganije na Mali igitsindo 1 Ku kindi, Big Fizzo we yari yizeye ko batsinda 2 kuri 1. Mu gihe umumenyereza w’umurwi intamba mu rugamba avuga ko abakinyi bahari muri iki gihe bazinanye,...

View Article


Desire p yoba agiye kuvuga kuvyabaye barondera amafaranga yo kuzana Sal G

Ivyabaye barondera amafaranga yo guha umuryango wa Sal-g kugira baje kumurondera, ntivyari vyiza vyose. Desire p agiye kugenyurako gato. Mu gihe yaheruka gushira ahabona akaririmbo yahariye mugenziwe...

View Article

Lion Story buca iteramisha abakunzi bayo

 Ata gihindutse, mu mpera z’uku kwezi kw’10, Lion Story bazokora igiteramo. Inyuma y’igihe basa n’abari mu gacerere, Lion Story bamenyesheje ko hari igiteramo bariko barategurira ababakurikirana. Ico...

View Article

T Max yabajijwe Collabo yemeye iyo igeze

Mu gihe yigeze kwemera Collabo ya be na Big Fizzo, abamukurikirana bamubajije iyo igeze. Inyuma y’akaririmbo T Max yakoranye na Nay wa Mitego muri Tanzania, yabajije abamukurikirana Ku rubuga rwa...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live