Lolilo yasobanuye icotuma akorera muri Bantu Bwoy kwa Big Fizzo
Lolilo ngo naho vyogenda gute ngo ntashobora gukorera akaririmbo kiwe muri Bantu bwoy. Ivyo akaba yabiyagiye Ku mboneshakure ya hano iwacu. Aganira na Kelvin the Hot, Lolilo yavuze ko izina bise iyo...
View Article#diaspora | Marembo agiye gusohora akandi karirimbo
Inyuma yako akoranye na Divin, Marembo agiye gusohora ako yikoranye, Mwenyura. Imisi iharurwa Ku ntoke ngo Marembo asohore akaririmbo gashasha, ako kakaba kitezwe kuri uyu wa 18/10. Uwo muririmvyi...
View ArticleMu mwaka umwe gusa Wema Sepetu ashobora kuzotwara inda
Kimwe muvyoba vyaratumye Wema atandukana na Diamond, coba kigiye gutorera umuti, Umwana. Kubera ukurondeza cane mu miti y’ikizungu ariko bikanka ko aronka umwana, Wema Sepetu avuga ko yanagerageje...
View ArticleMkombozi yarose akaririmbo baririmvye bahunguka none buca agasohora
Akaririmbo buca ashira ahabona, n’ako yarose yumva we n’abarundi bagenziwe baririmba, bariko bahunguka. Muri uku kwezi kw’10, umuririmvyi Mkombozi ngo azoshira ahabona akaririmbo yarose yumva ariko...
View ArticleIndirimbo nyinshi zikunzwe ngo zabanje guca mu minwe ya Ismail Niyonkuru
Ismail Niyonkuru yakuriye inkoni Ku gishitsi umumenyeshamakuru Alan Sat, amubwira ko igice kinini c’indirimbo zimuciye mu ntoke ubwa mbere zimenyekana. Ismail Niyonkuru ngo hariho indirimbo avuza...
View ArticleThe Ben mu bubirigi azovugirizwa n’aba DJ b’abarundi
Aba DJ bazovuza umuziki mu giteramo ca The Ben mu bubirigi kuri uyu wa 5, igice kinini bazoba ari abarundi. Aba DJ ndundi batandukanye bari ku mugabane wa buraya babandanya bakora biboneka, ivyo...
View ArticleChris and Junior ntibagikorerwa indirimbo, vyose barimenya
Mu misi akaririmbo ka Chris na Junior kazosohoka, ako kakaba kazoba kakozwe nabo, haba guhinyanyira gushika kwanikwa. Chris na Junior ngo ntibacandikorwa indirimbo, eka n’indirimbo ntibakibakorera,...
View ArticleVichou buca ahera kwerekanira amasanamu y’indirimbo mu Rwanda
Amasanamu y’indirimbo ya Vichou nshasha, azotangura kwerekanirwa I Kigali, kuko ngo nta muhanuzi yemerwa iwabo. Aho bukera Vichou buca akora igiteramo I Kigali, ico giteramo akazogikorera ahitwa Pasha...
View ArticleMeddy mu karirimbo gashasha yakoze ibitamenyerewe
Meddy yashize ahabona amasanamu y’indirimbo nshasha, Aditop, ashobora kutavurwako rumwe. Inyuma y’uruhererekane rw’ibiteramo yaheruka gukorera hirya no hino kw’isi, umuririmvyi w’umunyarwanda, Medar,...
View ArticleAkes Don na Vichou kugira bakorane ntivyari vyoroshe
N’urugendo rutari rworoshe, ariko vyakunze ko bakorana kuko ivyo yasabwe vyose yabishikanye. Kugira akorane na Vichou ngo cari igikorwa kidasanzwe, kuko The Fighter hari ivyo yamusavye kuba akwije...
View Article#indundi tv | Don Brighter – Go Down Low ft BlackStarx Official Video Dance
3,386 total views, 0 views today
View ArticleIbikorwa bishasha vya Sat-b azokorana n’umunyarwanda n’umu Tanzania ngo ni Vuba
Ata kibaye hagati, Sat-b ngo ariko aritegurira gukorana n’abaririmvyi b’abanyarwanda, n’abanya Tanzania. Inyuma yaho bipfiriye ivy’indirimbo yakoranye na dully Sykes, Sat-b ngo yoba ariko arisuganya...
View ArticleKigali | Andy Kool yoba agiye gukorana n’umunyarwanda
Igipfungu kiracari cose, ariko ngo hari icizere ko Andy Kool akorana n’umuririmvyi w’umunyarwanda igikorwa kizoca kinamenyekanishwa. Inyuma yaho ashikirije abamukurikirana ko ariko yerekeza i Kigali...
View ArticleBerry Na Lill’p bari mw’ihiganwa muri Australia
Bamwe mu baririmvyi ndundi babarizwa muri Australia bari mw’ihiganwa rihuza abanyafrika baba muri ico gihugu. Abaririmvyi 2 b’abarundi babarizwa muri Australia nibo bamaze kumenyekana ko bari...
View ArticleAbana ba Diamond biswe inkende n’umuvyeyi wabo
Inkende niryo zina ryiswe abana ba Diamond na Zari, aho hari mu gihe yariko amwipfuriza isabukutu ryiza. Ku musi w’isabukuru ry’amavuko rya Diamond, Zari yise inkende abana bavyaranye n’uwo mugabo...
View ArticleVestine ati : Reveal Jesus y’umwaka uza izoba ikomeye cane
Mu mwaka uza abantu ngo bitege ikintu gikomeye kizoba, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Vestine aho yaganira n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Uwo mwigeme abakorera ibikorwa vya misi yose mu...
View ArticleVichou I Kigali ntiyajanywe na kamwe
Hampande ya Karaoke n’ukwerekana indirimbo yiwe ubwa 1 yakoreye muri Pasha kuri uyu wa mungu, Vichou yatanguye uruhererekane rw’ibiganiro. Nkuko twari twabibamenyesheje mu makuru yacu aheruka kuri...
View Article#indundi Tv | Vichou – Ku gatumba ft Lady Jaydee Official Video
1,018 total views, 0 views today
View ArticleBig Fizzo yasubiriye kwizerwa
Naho abajambo ari menshi, ababandanya bizera Big Fizzo mu bikorwa vyiwe bo ntibabura. Black g yamaze gukorana akaririmbo nawe. Mugani Desire muri kino gihe yasubiriye kuba rutumwako mu gukorana...
View Article