Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Emery sun yamye akoresha agakingirizo

Emery sun ngo ntaraba kuryohera umubiri gusa, ahubwo n’ukuraba kazoza bijamwo, nico gituma yikingira mu kuryamana n’umukobwa. Emery sun ngo nta mwana aravyara gushika ino saha, ivyo akaba aheruka...

View Article


#indundi | Big Fizzo – Stein – Video Lyrics

4,525 total views, 0 views today

View Article


Sat-b yasabwe Collabo n’umunyamahanga

Aha iwacu ngo ibintu kuri Sat-b vyifashe neza, harageze ko akorana n’umuririmvyi w’igihangange c’umunyamahanga. Mu gihe Sat-b yasaba akoresheje urubuga rwiwe rwa facebook abamukurikirana kumubwira ico...

View Article

#Diaspora | Wind divin yateguye ihiganwa Ku bakunda gutamba

Abazotamba neza ako karirimbo, bagaheza bakamurungika ayo masanamu, ngo bazoheza bahabwe akabahasha. Inyuma y’ugushira ahabona akaririmbo gashasha yakoranye n’umuririmvyi mugenziwe, Marembo, Wind...

View Article

#Diaspora | Igiteramo citiriwe “Burundi Next Gen” kiriko kirategurwa muri...

Abarundi babarizwa muri Arizona bariko bategura Igiteramo citiriwe “Burundi Next Gen”, ico kikazoba muri uku kwezi buca dutangura. Abaririmvyi 4, Babbi, Chonge, Mt Number one na Don Brighter nibo bari...

View Article


Natacha Akoranye n’umutanzaniya yoba ari uwugezweho

Ata kurya umunwa, Natacha yabwiye umumenyeshamakuru wa Dizzim ko aramutse akoranye n’umunya Tanzania ngo yokorana n’uwugezweho. Ugukorana na Fally ipupa indirimbo ngo ntivyamutwaye inguvu nyinshi,...

View Article

#indundi Music|Barasenzwe By Emery Super Ft Thity Love

2,787 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Rally Joe-Ntawomusubirira

5,187 total views, 0 views today

View Article


Hamenyekanye impamvu Big Fizzo yakoze ubugeni

Big Fizzo yavuze ko Abigeme aribo benshi bamukeje aho akoreye ubugeni. Aho akaba yariko yishura kuvy’ubugeni bwiwe. Umuntu yamenyereye kubana n’umutambukanyi ngo biragora cane kugira abashe kwibana...

View Article


Bobona |  Flowers Bloom niyo igezweho inyuma y’ukwumvikana muri Wakanda

Akaririmbo karimwo indimi zitari nke, niko Bobona aheruka gushira ahabona. Ako akaba yakise Flowers Bloom. Inyuma y’uturirimbo dutandukanye nka Yambi, Yasa n’irirenga cankre Inyishu aheruka gushira...

View Article

Hagiye ahabona igituma akaririmbo ka Sat-b na Kavy kari katevye

Inyuma y’igihe bivurwa ko kazosohoka, Kavy yamenyesheje ko azoba ari Ku musi wa 5, niho ngo kazosohoka. Mu gihe Sat-b aheruka kumemyesha ko bagiye gushira ahabona muri Empire avenue akaririmbo...

View Article

Amir vyamufashe imyaka 5 ari kwiga kugira asubire yugurure MA

Inyuma y’igihe gito agarutse, Amir Pro arafise indirimbo zitari nke yakoreye muri MA zikunzwe. Ikiringo c’imyaka 5 nico cafashe Amir kugira asubire kwugurura inzu y’ubuhinyanyuzi – Studio- MA...

View Article

#Indundi Music| Urandya Bebe by Clementine Kavy ft Sat-B

664 total views, 0 views today

View Article


Mobetto yari yemeye gusangira na Zari umugabo

Ivya Diamond, zari na Hamissa bibananya bifata izindi nzira uko imisi ihera. Amakuru dukesha ikinyamakuru Nairobian News. avuga ko Hamissa yavuze ko ngo yari yamaze kwiyemeza gusangira na Zari...

View Article

Yaba Dudu, yaba Buravan nta wemera ko asumvya uwundi

Biciye ku karirimba Buravan yasubiyemwo ka Dudu, bose bashirana hejuru, ubwabo bakanka kwemera ko basumba uwundi. Ku rubuga rwa Instagram, habonetse ishusho ya Yvan Buravan, umuririmvyi w’umunyarwanda,...

View Article


Emery sun yakeje umukunzi wiwe Ku ntambwe yateye

 Emery sun ntiyaretse gukeza umukunzi wiwe, akaba yamukeje Ku ntambwe ya 1 yateye muvy’amashure. Mu gihe yaheruka kumenyesha ko asigaye afise umukunzi mushasha, Emery sun yahavuye agira ico amwipfurije...

View Article

Gn buca ashira ahabona akaririmbo gashasha

Akandi karirimbo inyuma y’akaririmbo mu muji, ngo buca gashirwa ahabona. Inyuma y’igihe atumvikana mu karirimbo na kamwe, Gn Nahishakiye avuga ko mu misi ya vuba akandi karirimbo buca agashira ahabona....

View Article


Clementine Kavy ariko aca aho Sat-b yaciye

Nyene Empire Avenue, Sat-b, ngo ariko acisha mu makanda yiwe umuririmvyikazi Clementine Kavy. Kuri uyu wa 5 niho akaririmbo uranrya bebe kashirwa ahabona, ako karirimbo kakaba ar’ak’umuririmvyikazi...

View Article

Don Brighter buca yerekana ico yakoranye n’umurwi Blackstarx

Naho atemeje igihe, Don Brighter yemeje ko buca ashira ahabona igikorwa yakoranye n’umurwi Blackstarx. Umurwi Blackstarx usanzwe ukorera ibikorwa vyawo muri leta zunze ubumwe za Amerika, nibo bagiye...

View Article

Sat-b ngo abarundikazi bofashwa mu gukwega ba mukerarugendo

Abarundikazi ngo bashobora kuvamwo igikoresho ciza gituma ba mukerarugendo bahurumbira uburundi. Mu kiyago Sat-b yagize na bagenzi bacu, yavuze ko akaririmbo yakoranye na Clementine bakitezeko...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live