Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Rally Joe agiye gushumbusha abakunzi b’ibikorwa vyiwe

Igicocoro Rally Joe kigiye gushira ahabona akaririmbo gashasha yise “Mbera”. Inyuma y’isohoka ry’akaririmbo bivurwa ko koba kasohotse ata mwumvikano uhabaye hagati ya Rally Joe n’umurwi TMG, hari...

View Article


Amahasa Event yatumiye aba Rappeur ngo bige Ku bibazo bahura navyo

Mu kwibuka umwami wa Hip Hop, Tupac Omar Shakur, bamwe mu ba Rappeur batumiwe n’Amahasa Event ngo bigire hamwe ibibazo bahura navyo. Umumenyeshamakuru Patrick Paggio n’ishirahamwe ritegura ibiteramo...

View Article


#indundi | Ukubona Abarundi bari hamwe bubaka igihugu, zamye ari indoto za...

Intandaro yo kwandika akaririmbo Iwacu, n’ukugira akangurire abarundi baba mu mahanga, gufashanya n’abasigaye ngo bubake igihugu cabibarutse. Ukubona abarundi bose bari hamwe bariko bakorera igihugu...

View Article

#indundi | Natacha ashobora kuba agiye kuzana Joti I Burundi

Iyari muri Tanzania, Natacha yavuze ko agiye kuzana hano iwacu. Hoba hariko harategurwa umuzo wa Joti umwe mu basanzwe bakora umwuga w’ugutwenza abantu muri Tanzania. Ivyo bikaba vyashikirijwe na...

View Article

#indundi | Meddy asaba Abarundi kuguma bari maso kuko ari mu nzira

Meddy yanditse Ku rubuga rwa Facebook ko abarundi bomwitega kuko agiye kuza kubateramishiriza kuri Cristal. Inyuma yaho Buravan akoreye igiteramo hano iwacu, na Meddy nawe ngo yamaze kwitegura gukorera...

View Article


Yvan Muziki yoba yakoranye n’igihangange mu muziki nyarwanda

Ibikorwa vya Yvan Muziki  mu gihugu c’Urwanda vyoba bitagarukiye Ku biteramo, kuko hoba hari indirimbo yakoranye n’igihangange caho. Inyuma y’igiteramo yakoreye mu gisagara ca Kigali, Yvan Muziki...

View Article

#Diaspora | Ukwihangana akiga akarere nivyo vyatumye Wind Divin atangura...

 Ku myaka 18, yafashe ingingo yo gukora akaririmbo, ariko hari haheze imyaka itari  mike yandikira abandi baririmvyi.  Louange Divin Nduwamahoro niko kazina nyakuri k’umuririmvyi Wind Divin akorera...

View Article

Preeze ngo kiswe Wakanda kugira korohe kudandazwa

 Inyuma y’ukukandika igihe kirekure, Preeze yagatoye izina ngo rishobora kumutuma akadandaza vyoroshe. Izina wakanda ry’akaririmvo gashasha ka Preeze ryazanywe kugira vyorohe idandazwa ry’ako...

View Article


#indundi Tv | Mbera by Rally Joe (Official Video)

1,925 total views, 0 views today

View Article


Big Fizzo ngo yoba yarimye ubugeni Jaydee

Mu majambo y’ukwigisha,  Big Fizzo asobanura icarico ubugeni, Jaydee we avuga ko yabumwimye.  Mu majambo y’icongereza, Big Fizzo yasobanuye Ijambo Ubugeni, Mariage mu kinyamazuru. Ivyo abicisha Ku...

View Article

Chonge yaririmbiye umukunzi muri “Ndi mu Rukundo”

Naho yabisabwe n’abakunzi b’ibikorwa vyiwe batari bake, Chonge nawe yarafise umugambi w’ukuririmbira umukunzi wiwe. Akaririmbo ndi mu rukundo ngo  yakaririmbiye umukunzi wiwe, ivyo akaba aheruka...

View Article

Imyiteguto ya King Donny B igeze kure

Hampande y’amasanamu ya Adorable yifashe neza, King Donny B ngo ariko ategura gukora amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha.  King Donny B ngo ariko arategura gukora amasanamu y’akaririmbo kiwe aheruka...

View Article

#indundi Music|Move Your Body By Mt Number One

776 total views, 0 views today

View Article


Kingorongoro ngo ahari abagabo ntiharwa ibara, kandi hari na gishasha...

Kingorongoro arahumuriza abamukurikirana ko ibintu buca bija mu buryo, ngo n’akaririmbo koba kazoshirwa ahabona Vuba. Ku musi w’ejo , Kingorongoro yikoze mu gahogo agira ico avuze kuvyariko bivurwa ku...

View Article

#indundi | Ivya Diamond na Shaddy Boo ngo bibandanya gufata iyindi ntumbero

Ivyavuzwe kuri Diamond ko yaryamye n’umunyarwandakazi I Kigali aho aherukayo, vyasubiriye kandi ubu amusanze muri Tanzania.  Mu gihe vyavuzwe cane ko Diamond aho aheruka I Kigali mu Rwanda, yoba...

View Article


B Face ngo abamuririmvye bitayemwo

Mu kiyago na Indundi Tv, B Face yavuze ko bamwe mu  bamuririmvye  ngo ntibari batumwe, bitayemwo. Ikibabaje n’abandirivye kandi atawabatumye, ivyo B Face akaba aheruka kubishikiriza mu kiyago yagiranye...

View Article

Tiwa Savage muri Kenya bamukoze ivyo Koffi yakozwe I Bujumbura

Akababaro kari kose kuri Tiwa Savage, kuva aho asanze inzu y’abahita yari yashikiyemwo muri Kenya itarishwe, akanabura n’imodoka imujana ku kibuga c’indege ngo atahe. kutarihirwa aho waraye kandi...

View Article


Ukutishura abamukurikirana kwa Fariouz ngo n’ubwibone

Naho wari umunezero kubona Akazina k’indirimbo yiwe nshasha, bamwe bamufashe nkaho afise ubwibone. Akazina k’indirimbo nshasha ya Big fizzo kamaze gushirwa ahabona, Ako karirimbo kakazokwitwa “Stein“....

View Article

Natacha ngo abaririmvyi ndundi baguma bifungiranye

Natacha we ngo asohoka igihugu kugira arondere kumenyekana, mu gihe abandi babona ko gukora neza bihagije kugira bamenyekane. Natacha ngendabanka batazira la namba la bamba abandanya uruhererekane...

View Article

Muri Mirror Team bagiye kwerekana ko ata binebwe bagira

Abagize umurwi Mirror Team bashimye gukora buri muntu Ku giti ciwe, ngo berekane ubutwari bwabo, uwuzosohora akaririmbo ubwa 1 ni Aime. Mu gihe buca ashira ahabona akaririmbo kiwe yikoranye ka 1, Aime...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live