Habuze gato ngo Spoks yitwarira abakoresheje indirimbo yiwe
Spok’s yigaruye Ku munota wa nyuma, yagira yitwarire abamukoreshereje indirimbo muri Publicity. Spok’s asaba abakora ama Publicity ko boza bibuka abaririmvyi bakoreshereza indirimbo, kuko nabo...
View ArticleHamissa yakuriye inkoni ku gishitsi Diamond ko yaciye ahabandi baciye
Inyuma y’ibibazo yaragize igihe arimwo, Diamond yabwiwe ko ari mu gitigitiri ca benshi babona ubwiza bwa Hamissa Mobeto. Diamond Platnumz bamukuriye inkoni ku gishitsi ko ataco amaze ariko ko ari...
View ArticleSmith ngo ntazosubira kiretse habonetse uwurushaho
Naho avuga ko atazosubira kuko yabujijwe kandi ngo ata kazoza, avuga ko aramutse aronse uwumusumvya ata nkeka yohava asubiramwo nawe. Alain smith ngo mugukora ama Cover y’abigeme basa n’abambaye ubusa...
View ArticleFabelove yasavye imbabazi B Face
Fabelove yasavye imbabazi uwo yaririmvye muri Dogo, kandi ako karirimbo kagize igihe kabica bigacika. Indirimbo Dogo kuba yarakozwe nta rwanko rwari rurimwo, ahubwo ngo kwari ukunusubiriza mu nkoko ngo...
View ArticleDesire P arizeza abantu ko Sal G akiri muzima
Desire P arizeza abantu ko Sal G akiri muzima, akabasaba kubandanya bashigikira nka Simbizi yashimye gukora amasanamu y’akaririmbo ko kwibuka Sal G. Igikorwa ca Desire P co kwibuka umuririmvyi Sal G...
View ArticleAkababaro ni kenshi kuri Emery Sun
Akababaro ni kenshi Kuri Emery sun kubera yabuze umwe mu bakunzi b’ibikorwa vyiwe. Akababaro no kose kuri Emery sun kuko araye abuze umwe mubakunzi b’ibikorwa vyiwe bakomeye cane. Uyo akaba yagize...
View ArticleNiko zubakwa niko Rachly agiye gushira ahabona
Niko zubakwa Niko karirimbo Rashly yamenyesheje abamukurikirana ko agiye gushira ahabona. Igitigiri c’abaririmvyikazi mu Burundi kibandanya kirwira, bamwe bakaba baronka akaryo ko kuja ahabona, ariko...
View ArticleAlfa agiye kuzana umudiho mushasha
I Kigali, Alfa avuga ko ariko arakorana bikomeye n’abahinyanyuzi bakomeye ngo mu kw’12 hazosohoke akaririmbo kazoba karimwo umudiho mushasha. Inyuma y’akaririmbo Tako Tako, Alfa avuga ko agiye gushira...
View ArticleIvya Jay z na Beyonce mu butariyano bibonwa ugutandukanye
Naho bivurwa ko bagiye guhimbaza isabukuru ry’amavuko rya Beyonce mu butariyano, hari ababibonamwo ibindi. Mu gihe Beyonce Ku musi wa 3 yarakwije imyaka 37, we n’umushingantahe wiwe Jayz babarizwa mu...
View ArticleAmi Pro yemeye kurihira Studio abaririmvyi 3
Bugingo Ami Pro asavye amazina 3 y abo yorihira Studio, bamwe batanguye kwivuga ko babuze uwubafasha. Akoresheje urubuga rwa Facebook, Ami Pro umumenyeshamakuru wa Buja FM, yemeye kurihira abaririmvyi...
View ArticleBig Fizzo agiye gushira hanze akaririmbo gashasha
Big Fizzo yasangije abamukurikirana kuri Instagram agace ka Video y’indirimbo yiwe nshasha. Inyuma y’akaririmbo Ni we we kamaze kurabwa incuro zirenga 140,000 Ku rubuga rwa YouTube rw’uwo muririmvyi,...
View ArticlePreeze ngo Urwaruka rw’ubu rwofatira akarorero ku bakurambere
Ubutumwa bwumvikana muri Wakanda, Preeze ntiyabugeneye umuntu ku giti ciwe, ariko Urwaruka rw’ubu rwo rwaratunzwe urutoke, kugira rwigire ku bakurambere. Mu gihe mu karirimbo Wakanda, Preeze agaruka...
View ArticleMt Number one avuga ko Cover ya Move Your Body ataco itwaye
Mt number one ntabona kumwe n’abandi Cover y’indirimbo yiwe nshasha, we akabona ko ari iyisanzwe, ariko abandi bo bakabona ko yarengeje. View this post on Instagram YouTube (mtnumberonevevo) A post...
View ArticleIvy’urukundo rwa Emery Sun vyoba bitifashe neza
Amakenga ni yose, ariko bibaye arivyo, mu rukundo rwa Emery Sun hoba harimwo ibibazo. Ibintu vyoba bitifashe neza hagati ya Emery Sun n’umukunzi wiwe, ivyo bikaba bibonekera mu majambo uwo muririmvyi...
View ArticleEtoile du Centre umuziki ngo ntibawutaye
Akaririmbo gashasha buca kaboneka kubera akagobera k’abakunzi b’ibikorwa vya Etoile du centre. Indirimbo nshasha ya Etoile du centre abantu ngo bayitege, ivyo biheruka kwemezwa na Willy bakunze kwita...
View ArticleRomeo ntakiri icegera c’uwurongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi, yatanze imihoho
Romeo ngo yakinjuye muri Amicale abisa abafise ivyiyumviro birashe, kugira bashikane abaririmvyi kw’iterambere atabashikanyeko. Ininahazwe Romeo ngo ntakiri icegere c’uwurongoye ishirahamwe...
View Article