Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Inyandiko ya Dudu Niyukuri ngo yarikumbuwe

Abamaze kwumviriza akaririmbo gashasha ka Dudu Niyukuri ntibareka kumusabira umugisha Kubera uburyo yanditse, MPA Ku mazi. Inyuma y’uruhererekane rw’ibiteramo akoreye muri Africa y’ubuseruko, Dudu...

View Article


Big Fizzo araye akoye Edith umukunzi wiwe

Papa Keza araye asavye umukunzi wiwe agiye kumubera umufasha, Edith. Uwo akaba ari nawe arongoye The Bantu Bwoy Entertainment. Mu gihe hari hacitezwe kumenyekana ryari Big Fizzo azokorera Ubugeni, uwo...

View Article


Uwoya ntashobora gukorana n’umugabo wiwe batamuhaye amafaranga

Uwoya avuga ko Kuba Dogo Janja ari umugabo wiwe ngo bidahagije kugira bakorane ata mafaranga amuhaye. Kuri bamwe bokwibaza ko kuba umugabo n’umugore bifise vyinshi bifasha kuri mugenziwe, birimwo...

View Article

Abatabariza Sal G babandanya kurwira

Inyuma y’ama foto atari make yasohowe, bibuka Sal G, ubu ho hitabajwe Leta y’Uburundi. Inyuma yaho abatari bake berekaniy ko bashaka ko hakurikiranwa iyo umuririmvyi Sal-g yaroye, abandi bo bahisemwo...

View Article

Video | Hari gishasha ca Natacha na Snura coba kiri mu nzira

Natacha na Snura bemeje ko hari gishasha bariko barategura gushira ahabona. Inyuma y’igiteramo Natacha akoranye na Snura umunya Tanzania, hoba hariko harategurwa ishirwa ahabona ry’indirimbo...

View Article


DJ Sweet ntarya umunwa muguta ikosa Ku baririmvyi kukutavuzwa kwabo

DJ Sweet yavuganye agashavu kenshi yishura abaririmvyi batunga urutoke aba DJ ndundi kutavuza umuziki wabo, ariko bagakunda abanyamahanga. N’agashavu kenshi, DJ Sweet avuga ko abaririmvyi bakiri bato...

View Article

Na Fabelove nawe yatumye urutoke B Face

B face yasubiye kwifatirwa mu gahanga na mugenziwe bakora umudiho umwe wa Rap, Fabelove, aho amwagiriza vyinshi. Fabelove nawe yifatiye mu rwara B Face aho amwagiriza vyinshi birimwo ugusubiramwo...

View Article

Dj Pro yikoze kuri Big Fizzo inyuma ya Emery Sun

Agacerere ka DJ Pro kavuyemwo akaririmbo yakoranye na Big Fizzo, ako kakaba kiswe , Unanimaliza. Inyuma y’agacerere k’igihe kitari gito, umuririmvyi DJ Pro aheruka gushira ahabona akaririmbo yakoranye...

View Article


Foto y’urubanza rwa Big Fizzo yavugishije benshi

Naho amashusho atari menshi vyikirenga, ariko muri make yabonetse, abantu ntibaretse kubonamwo iyo bavugako ibitari bike. Mu gihe Ku musi w’Ejo Big Fizzo ariho yasaba umugeni, Edith, uwo muririmvyi...

View Article


Ommy Dimpoz yasubijwe mu bitaro

Ibitaro vyo muri afrika y’epfo nivyo vyasubiriye kwakira Ommy Dimpoz, kubera ingwara yo mu muhogo asanzwe afise. Naho yari yajanywe muri afrika y’epfo kwivuza, Ommy Dimpoz ngo yahavuye asubizwayo...

View Article

#indundi Tv | Arnovic – Pole pole – Official Video

1,678 total views, 0 views today

View Article

Hampande ya Ngozi na Bubanza igiye kwakira Masterland

Masterland aritezwe I Bubanza, hampande y’ubutumire yahawe bwo kwerekeza I Ngozi gufasha mugenziwe Sat-b. Naho abagizi ba nabi baheruka kumwambura, Master land we akazi ntikahagaze, kuko hampande...

View Article

Muri Pole pole hakoreshejwe abadakunze kuboneka mu masanamu y’indirimbo

Arnovic yashize ahabona amasanamu y’indirimbo Polepole ikurikira iyo yakoranye na Chonge P haraheze igihe. Inyuma y’igihe Arnovic ashize ahabona akaririmbo kiwe yise Pole Pole, uwo muririmvyi mushasha...

View Article


Dogo A yakangutse ava mw’itiro none buca abaza ngo “Why”

Inyuma y’imyaka 2, Dogo A buca ashira ahabona akaririmbo, ako akaba yakise Why. Umwanya w’ugukina ngo warangiye, ivyo biheruka kwandikwa Ku rubuga rwa Facebook na Dogo A Khaled. Ivyo akaba abishikirije...

View Article

Uno musi niho Davy Carmel yandikwa n’umukunzi wiwe Imbere y’amategeko

Kuri uyu wa 4, Davy Carmel n’umukunzi wiwe banditswe imbere y’amategeko. Ibirori bikazonabandanya Ku musi w’ejo. Inyuma yaho havugiwe ko Davy Carmel yagize ubugeni, yahavuye abihereramwo. Amakuru...

View Article


Kiki Toure buca ashira ahabona akaririmbo yise Girl like her

Kiki Toure mu mpera y’ino ndwi azoshira ahabona akaririmbo gashasha, ako kakaba kakorewe I Kigali na Pastor P. Inyuma y’igihe asa n’uwucecetse, Irankunda Joe Christian benshi bazi nka Kiki Toure, ngo...

View Article

Lolilo yadomye urutoke kuwo yavuze ko yaramuroze

Uwitanganije akashura Lolilo kandi atigeze amudomako urutoke, uwo ngo niwe yarafise ico yiyotsa. Yahavuye anyeguruzwa avuga uwo yibaza ko yamuroze ngo agire isanganya. Uwo tuvuga ni Lolilo yaheruka...

View Article


Ami Pro yavuze uwo akesha ukumenyekana

Ami Pro ntarya umunwa mu kuvuga ko aho ageze muri kino gihe muvy’ubu MC ahakesha Happy Famba. Aho Ami Pro ageze ahakesha umuririmvyi Happy Famba. Aho avuga ngo n’uko asigaye ari rutumwako mu biteramo...

View Article

B face yamwipfurije urupfu nawe

Mu gihe amaze igihe abatari bake bamuvuga nabi mu ndirimbo zitandukanye, B Face yasubirije mu ndumane uwamwipfurije urupfu. Mu gihe hari uwuheruka kwerekana Ku rubuga rwa Facebook ko B face yoba...

View Article

Ubutegetsi bwinjiye mu kibazo ca Diamond na Alikiba

Umushikiranganji wo muri Tanzania ariko ategura uburyo bwo kunywanisha Diamond na Alikiba. Ikibazo kiri hagati ya Diamond na Alikiba ngo kigiye gutorerwa umuti, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live