Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Afadikanije n’abanyarwanda, Yvan muziki azoteramisha abanyaKigali

Ikibanza c’igiteramo cobaye kuri uyu wa 11, cungururijwe mu nzu y’ubutambiro People I Kigali, aho akazoba ari kuri uyu wa 4, igenekerezo rya 16/8. Inyuma yaho asibije igiteramo yari gukora kuri uyu wa...

View Article


#Diaspora | Muri Festival Nezeza hazoboneka inararibonye n’ibihangange mu...

Abaririmvyi nka Kaka Boney, Yoya Jamal, Steven Sogo, Inarunyonga, Africa Nova ni bamwe mu bazitabira isabukuru ryitiriwe Nezera ririko rirategurirwa muri America. Naho ata vyinshi biramenyekana kuri...

View Article


Sauti Sol ntibari bazanywe na kamwe I Bujumbura

Abarundi barayamaze ngo urubanza rumwe rumara zibiri, umuzo w abasore bagize umurwi Sauti Sol I Bujumbura nticari ibiteramo gusa. Inyuma y’imyaka irenga 7 bagendana, irimwo 5 atawigeze abica n’ikanda,...

View Article

#Indundi Music|Girl Friend By Sat-B Feat Dully Sykes

3,214 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|YOUR SIDE BY Babbi

1,602 total views, no views today

View Article


Sat-b n’agashavu kenshi arahakana ko atigeze agishwa inama

Sat-b arahakana ko ata ruhara yagize mw’isohoka ry’indirimbo bari barahebeye Management yahora akorana nayo.   Mu gihe hitezwe akaririmbo yakoranye n’umurwi Sauti Sol, akaririmbo Sat-b yakoranye na...

View Article

Uburozi ngo nibwo bwatumye Lolilo agira isanganya

Abaririmvyi bagenziwe atadomyeko urutoke, ngo nibo ntandaro y’isanganya aheruka gukora, bakoresheje uburozi. Isanganya umuririmvyi Lolilo aheruka gukora avuye I Gitega mu giteramo, ngo yoba yatewe...

View Article

Inyuma ya Jaydee, Big Fizzo na Michael Ross bariko bakorana gishasha

Inyuma y’ako yakoranye na Jaydee katarashirwa ahabona, Big Fizzo yamenyesheje ko hari akandi ariko akorana na Michael Ross. Burundi X Uganda 🔥🔥 cooking something with my bro @michaelrosskakooza … it’s...

View Article


#diaspora | Inyuma ya Bujumbura, Dady face abarizwa I Dar es Sallam

Uruhererekane rw’ibiganiro, nirwo Dady face agiye gukorera muri Tanzania, akazobikorera Ku mboneshakure n’insamirizi zaho. Chill in Wasafi TV headquarter my media tour in Tanzania 🇹🇿 staring today Come...

View Article


Jay poly ashobora guhanishwa igifungo c’imyaka 2

Kubera ugukubita umugore wiwe, Jay Poly yasabiwe n’abamwitwariye gufungwa imyaka 2. Umuririmvyi w’umunyawanda, Jaypoly, akora umudiho wa Hipo Hop akaba ashobora gufungwa ikiringo c’imyaka 2. Imvo...

View Article

Video | Sat-b yabwiye Lolilo gushira amafaranga mu muziki akarekana...

Inyuma yaho Lolilo akomeye akaruru ko abarozi b’abaririmvyi bagenziwe bamugeramiye, Sat-b nawe yamwishuye.  Bugingo hakwirakwijwe hirya no hino amakuru y’uko Lolilo yarozwe ngo akore isanganya,...

View Article

#indundi TV | Umviriza Lolilo yemeza ko uburozi ataco bwomugira

3,336 total views, 0 views today

View Article

Dudu Niyukuri ashobora kwerekeza mu gihugu ca Nigeria

Dudu niyukuri ashobora kwerekeza mu gihugu ca Nigeria mu gihe ca Vuba, ivyo akaba yabishikirije Ku musi w’ejo Ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi ngo aho aviriye hirya no hino muri Africa...

View Article


Alfred na Bernard bati Harakenewe ishuri ndangakaranga

Ugushaka gusangiza abandi ubumenyi bafise mu bicurarangisho kavukire, nikwo kwatumye bagira iciyumviro c’ishure ndangakaranga. Harakwiye ishure ndangakaranga, ico ciyumviro kikaba gishikirizwa...

View Article

Habonetse umuco Ku ndirimbo ya Diamond Platnumz na Rihanna

Ata gihindutse ngo akaririmbo ka Diamond na Rihanna kazoshirwa ahabona, naho hataramenyekana igihe. Mu gihe hari urukurukuru ko Diamond agiye gushira ahabona akaririmbo arikumwe na Rihanna, umwe mu...

View Article


R flow yavuye mu gacerere yarimwo

Hasigaye umwanya nkuwo gukubita urugohe. ngo Akaririmbo gashasha ka R Flow gashirwe ahabona. Inyuma y’igihe kitari gito biboneka ko ari mu gacerere, R Flow yamenyesheje ko hari ibikorwa bishasha agiye...

View Article

LEC bikurako amakosa, bakayata kuri Sat-b

Sat-b ngo niwe akwiye kubazwa ivy’iteba ry’akaririmbo Girl Friends, co kimwe n’isohorwa giturumbuka ry’amasanamu yako. Sat-b ngo niwe yarakwiye kubazwa ivy’isohoka ry’indirimbo Girl Friends. Ivyo...

View Article


Diamond Platnumz yavuze ku mugufu wo kukuguru yambara

Diamond ati Buri muntu afise uburyo yambara kandi ntawumushirako igitsure ngo yambara ico atipfuje. Abibaza ko bobishobora ngo nibacire birarura. A post shared by Chibu Dangote (@diamondplatnumz) on...

View Article

Video | Mu bari bategereje Sat-b I Bubanza hari n’abatari bamuzi

Sat-b yari yitezwe n’abatari bake ku mabarabara, barimwo n’abatari bwamukubite ijisho. Bubanza I'm on My Way… A post shared by Sat-B intelligent Bad Boy (@satb_satura) on Aug 18, 2018 at 3:02am PDT...

View Article

Komeza unyirebere akaririmbo gashasha ka Charly na Nina

Inyuma y’ugushirwa ku rutonde rw’abahiganwa muri Afrima Music Awards, bashize ahabona akaririmbo n’amasanamu yako. Inyuma y’akaririmbo bakoranye n’umunya Uganda, Bebe Cool, abanyarwandakazi Charly na...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live