Ubu ho Yves Kolly yasavye umwigeme ko biba, Ibitangaza
Yves Kolly ngo iciyumviro c ‘Umutima kwari ukubona iyo nkumi rimwe gusa mu muco utazima. Inyuma y’akaririmbo Vya bihe yakoranye n’umukunzi wise Juscael, kasohotse haraheze amezi 5, Yves kolly yashize...
View ArticleYvan muziki yasibije igiteramo yokoreye I Kigali
N’akababaro kenshi, Yvan muziki akoresheje Video, yasavye imbabazi ko Concert yarafise kuri uyu wa 11 itakibaye, ariko ngo bazovuga ikindi gihe. 🚨ANNOUNCEMENT 🚨 L'attente est enfin terminée!! I'll make...
View Article#indundi TV | Masterland – Rundimwo Official Lyrics Video
2,504 total views, 0 views today
View ArticleSpok’s yahindutse umudandaza w’ibikoresho vyo kw’ishure
Abasanzwe bakiri Ku ntege y’ishure ngo nibiture Spok’s Man kuko afise ibikoresho bakenera kw’isomera kandi Ku giciro co hasi cane. Inyuma y’ukumenyesha ko yashize ahabona amakaye yo kwandikamwo, uwo...
View ArticleT max yahishije bimwe, ahishura ugukorana na Big Fizzo
Naho hari vyinshi atashimye gushikiriza, ariko yemeza ko hari bishasha azokorana mugenziwe w’igihe kirekire bataherukana. Mu gihe vyari bizwi ko azanywe n’igiteramo cariko kiramutegurirwa muri uku...
View ArticleYvan Muziki yatwaye ikibanza ca 1 Sat-b na Big Fizzo
Ata gihindutse Yvan Muziki yatwaye ikibanza abaririmvyi Sat-b na Big Fizzo, aba umuririmvyi wa 1 arabwe ca mu mwanya muto. Mu gihe zisa nkaho ari indoto Ku batari bake mu baririmvyi ndundi, Yvan Muziki...
View ArticleIvyo Buravan yabonye I Bujumbura vyamuremyemwo uwundi mutima
Kubera uburyo yakiriwe n’abarundi, uwo muririmvyi wa Oya yahavuye abona ukundi Uburundi. Burabyo Yvan benshi bazi nka Yvan buravan ngo ivyaheruka kubona aho aheruka I Bujumbura vyamuteye kubona ko...
View ArticleBabbi ati muri 5 zizoshirwa ahabona, 1 niyo izokorerwa amasanamu
Uruhererekane rw’indirimbo 5 zitanguriwe na By your Side nizo zigiye gushirwa ahabona, noneho hatorwemwo 1 izokorerwa amasanamu. Akaririmbo gashasha ka Babbi ngo kagiye gushirwa ahabona kuri uyu wa 13...
View ArticleAbakunzi ba Sat-b bo hagati mu gihugu bagiye kwiyumvira No Love
Nka Natacha, Sat-b nawe agiye kuzunguruka Uburundi ariko akora ibiteramo. Inyuma y’ugushira ahabona akaririmbo mu ndwi imwe kari kamaze kurabwa incuro zirenga 100,000, agakora ibiteramo vyatumye abonwa...
View ArticleAmabanga y’urukundo rwa Diamond na Jokate abandanya amenyekana
Jokate aheruka kwizerwa na Leta ya Tanzania agahabwa kurongora akarere kamwe muri Tanzania, yavuye mu gacerere avuga Ku rukundo rwiwe na Diamond Platnumz. amabanga y’urukundo hagati ya Jokate na...
View ArticleKingorongoro ariko arakora akandi karirimbo
Kingorongoro yasubiye muri Studio gukora ibishasha, inyuma ya Ex Girlfriend yakoranye n’umunya Tanzania. Inyuma y’indirimbo Ex Girlfriend yakoranye n’umunya Tanzania, ngo ariko arategura gushira...
View Article#indundi TV | READY TO GO by TOFY GAS ft MR BLUE Official Video
3,914 total views, 0 views today
View Article