#indundi | Ukuri Ku ndirimbo Sat-b ashobora gukorana na Sauti Sol
Sat-b yakiriye na Sauti Sol, hanavurwa ivy’indirimbo bashobora gukorana, naho nta vyinshi bayivuzeko. Mu gihe ariwe muririmvyi yakiriye abaririmvyi bari mu murwi Sauti Sol, yanse kwemera canke ngo...
View ArticleHarmonize yatanze umuco ku mpeta yoba aheruka kwambika umukunzi wiwe
Naho amashusho yakwirakwijwe hirya no hino ku mbuga ngurukanabumenyi, Harmonize we avuga ibinyuranye n’ivy’abandi bari bavuze. Harmonize yabeshuje amakuru y’uko yoba aheruka kwambika Impeta umukunzi...
View Article#indundi | Ubugeni bwa Big Fizzo ni nko mu mezi abiri mu butariyano
Naho yanse kuvuga igenekerezo nyezina, Big Fizzo yamenyesheje ko mu mezi abiri ariho azokwambika impeta umukunzi wiwe. Igihe nk’ic’amezi abiri ngo nico gisigaye kugira Big Fizzo n’umukunzi wiwe...
View ArticleChris Brown ariko yitwaza Ubusambanyi, ngo bikunde Ubutungane bumweze
Akoresheje amajambo yavuzwe n’uwitwaye, Brown yavuze ko yari mu busambanyi aho uwo mukobwa yafatirwa ku nguvu munzu iwe. Christopher Maurice yoba ariko yifashisha ibiheruka kuvurwa n’umukobwa avuga ko...
View ArticleBagerageje gukura Alikiba mu gacerere
Haveragejwe gukura Alikiba mu gacerere arimwo Ku bijanye n’amasezerano y’ugukina umurwi w umupira w’amaguru, ariko arazibukira. Umu Mc Ku bugeni bwa mushiki wa Alikiba, yahavuye ageragez kumukura mu...
View ArticleAmasanamu y’akaririmbo Come Back ka Christian Bella na Dady Face yashizwe...
Daddy Face yahavuye ashira ahabona amasanamu y’akaririmbo Come Back yakoreye hakurya y’amazi akoranye n’umu Tanzania Christian Bella. Inyuma y’igihe kitari gito akaririmbo ka Dady face na Christian...
View Article19th yavuze ko B Face ata ngabire afise
Naho 19th yemeye B Face nk’umwami wa Dancehall, yamurungitse kurahura ubumenyi kwa Badgual. B face ngo Challenge yaramunaniye, kandi yanamufashe akanya kangana n’imisi 60 ngo ayirangize. Ivyo biheruka...
View Article#indundi TV | HOPE IRAKOZE – YASA N’IRIRENGA Official Video
2,744 total views, 0 views today
View ArticleDiamond yicujije kuba yaravanye na Jokate
Diamond yicujije kuba yaravanye na Joketi, aheruka guhabwa gutwara akarere kamwe muri Tanzania. Eti "Bora Wali Tembele, Kuliko WaliMwengu" @moseiyobo Huu Msemo Umeutoa Wapi?😀… Wadau Wapambanaji wenu...
View ArticleDudu Niyukuri yoba agiye gukorana indirimbo n’umunyarwandakazi
Kuba Dudu yashitse I Kigali, ngo n’akaryo keza ko kunonosora ibiganiro vy’ugukorana indirimbo n’umunyarwandakazi, Dinah. Dudu niyukuri muri ino misi abarizwa I Kigali mu Rwanda, akaba agiye mu giteramo...
View Article#indundi | Akandi karirimbo ka Bahaga kagiye kuririmbwa na Mt Number one
Mt number one agiye gusohora akandi karirimbo kagira 2 kandtswe n’umuririmvyi w’inararibonye Bahaga. Inyuma y’akaririmbo Yasa n’irirenga ka Bahaga umuririmvyi Mt Number one aheruka gushira ahabona, ngo...
View ArticleAbakunzi b’ibikorwa vya Iry Tina ngo bamwitege
Igenekerezo rya 11/8 niho Tina azosubira guteramisha abakunzi b’ibikorwa vyiwe. Inyuma y’igiteramo akoreye ngaha iwacu arikumwe n’abaririmvyi b’abagande cokimwe n’abaha iwacu nka Sat-b, Iry Tina ngo...
View Article#indundi TV | Mr Champagne Ft Cappuccino LbG CAROLINA ( Official Video)
3,337 total views, 0 views today
View ArticleYvan Buravan yavuze uko abona muziki ndundi
Yvan Buravan naho ari mushasha mu muziki, ngo yakurikiranye umuziki ndundi kuva kera ataranatangura kuririmba, kandi akiriko. Yvan Buravan mu kiyago yagiranye n’ibinyamakuru agishika I Bujumbura,...
View ArticleHope Irakoze yavuze kwitandukana n’umurwi 3 Hills
Naho abantu bibaza ko uwo murwi woba waratandukanye, ariko ngo bemeranije ko buri muntu ashobora gukora indirimbo Ku giti ciwe. Mu gihe abatari bake bahora bibaza ko abagize umurwi 3Hills barimwo Hope...
View Article#indundi | Hagezweho Sauti Sol, abahari basavye Big Fizzo
S’irya mbere bibaye, Big Fizzo asabwa mu giteramo kandi atari umutumire, canke akanankirwa n’abafans kuva kuri Podium. A new piece of art everytime we play in Burundi. This was on Friday ❤. Who's ready...
View ArticleImbere ya Sauti Sol, Sat-b yemeye kwibagiza abarundi umuziki w’abanyamahanga
Ata kurya umunwa, Sat-b yemereye abarundi kubibagiza umuziki w’abanyamahanga nka Davido, Wizkid n’abandi. Yesterday Efi Nyakabiga #Melaninine Tour with @sautisol vyari amateka Full video today on my...
View ArticleKubera yaronse, Titus yahagaritse umuziki
Akazi mu ntara ya Gitega muri OBR niko gatumye umwanditsi w’indirimbo Wari ikiroroge ahagarika umuziki. Umushatsi yarakuyeko, n’umuziki ngo yabanje guhagarika kwanza kugira abanze akore akandi kazi...
View ArticleKigingi azoba ahagatiwe n’ibihangange mu muziki no mu gutwenza vyo mu karere
Abakomoka mu bihugu nka Uganda, Kenya, Urwanda, Tanzania, Uburundi na Canada nibo bazoteramisha abantu muri Kigingi Summer comedy uno mwaka. Inyuma y’intara za Gitega na Ngozi, Kigingi Summer Comedy...
View Article