Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Alikiba agiye gukinira umwe mu mirwi y’umupira w’amaguru muri Tanzania

Alikiba hampande y’ukuririmba ngo agiye gukinira umurwi w’umupira w’amaguru muri Tanzania, uwo ukaba witwa Coastal Union. Umurwi w’umupira w’amaguru mu gihugu ca Tanzania, wamenyesheje ko ushobora...

View Article


Video | Double Jay yerekanye hagati ya Ikoh na Bantu Bwoy Ent ab’ikimazi abaribo

Mu kiyago yagiranye na mugenziwacu Alan Sat, Double jay ntiyariye umunwa mu kuvuga ico yibaza kuri Management zibiri arizo, Ikoh yabayemwo hamwe n’iyo arimwo muri kino gihe ya The Bantu bwoy Ent.  Muri...

View Article


Dady Face azanywe i Bujumbura n’ukuraba umuryango, n’ibikorwa vy’umuziki

Na Dady face yashitse i Bujumbura, aho asanze abarundi batari bake baje bava mu mahanga, ariko mu bimuzanye, hakaba harimwo n’ivy’akazi kajanye n’umuziki. Mu gihe uno musi ariho hatanguye indwi...

View Article

Flavour yikoze kuri Diamond basohorana akaririmbo gashasha

Inyuma y’akaririmbo asohoreye muri leta zunze ubumwe za amerika, Diamond yafashije Flavour mu kandi bise Time to Party. Inyuma y’akaririmbo Nana Diamond yakoranye na Flavour umunya Nigeria haraheze...

View Article

Mu karirimbo Nduwawe, Lolilo agaruka kuvy’ugutandukana

Mu gihe hakirindiriwe amasanamu y’akaririmbo Nduwawe ka Lolilo, uwo muririmvyi yabaye arashira ahabona amajwi yako, anamenyesha igihe amasanamu azosohokera. Amajwi y’akaririmbo gashasha lolilo buca...

View Article


Sat-b yashize ahabona akandi kaganuke, Gift, yateguriye abakunzi b’ibikorwa...

Uko imisi yegereza ishirwa ahabona ry’amasanamu y’akaririmbo gashasha ka Sat-b, niko n’utuganuke, Gift, tubandanya turwira ku bakunzi b’ibikorwa vya Sat-b. Mu gihe abakunzi b’ibikorwa vya Sat-b...

View Article

#indundi Tv | Sat-B – No Love Official Video

4,929 total views, 0 views today

View Article

Chonge asabwa n’abakunzi b’ibikorwa vyiwe gusohorera rimwe amajwi n’amasanamu

Inyuma y’akaririmbo kasohotse haraheze amezi ane, umuririmvyi Chonge yongeye kwandi kumenyesha ko afise ibindi bikorwa bishasha buca ashira ahabona, ivyo akaba yabimenyesheje akoresheje urubuga rwa...

View Article


Yvan Muziki agiye guteramisha abanya Kigali

I Kigali mu rwanda, Yvan Muziki ashobora kuba agiye kuhakorera ibiteramo 2, kimwe co kikaba kimaze kumenyekana ko azoba arikumwe na bamwe mu baririmvyi b’abanya Kigali.   Abanya Kigali ngo bagiye...

View Article


#indundi Tv | Berry Prince – HOLD UP Official video

5,222 total views, 0 views today

View Article

Ivyo Sat-b yari yiteze kuri No Love sivyo yabonye

Sat-b ngo ntiyari yiteze ko indirimbo yiwe yakirwa uko yakiriwe, aho ni mu gihe iyo ndirimbo mu misi ibiri yarabwe incuro zirenga 50,000. Mu gihe ari muri bake bo mu runganywe batanguranye akiri mu...

View Article

Kubwa Kingorongoro ngo akari inyuma karahinda

Kingorongoro avuga ko atagiye kwicara inyuma y’ivyiza Ex Girl friend ibandanya kumwereka. Kingorongoro ngo akari inyuma karahinda, kuko ivyiza biri inyuma ari vyinshi gusumba. Ngo indirimbo afise buca...

View Article

Diamond yankiwe gusohoka igihugu ageze ku kibuga c’indege

Diamond yankiwe gusohoka igihugu, Tanzania, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 mukakaro bitera ibibazo abatari bake. Iryo tegeko rikaba ryafashwe n’ibiro bijejwe gukurikirana ivy’abanyabuhinga...

View Article


Jux na Vanessa bagiye gukorera igiteramo i Bujumbura

Jux na Vanessa bagiye gukorera igiteramo hano iwacu co kimwe no mu bihugu vya hano mu karere. In Love and Money Tour ni uruhererekane rw’ibiteramo abakunzi, Jux na Vanessa, baheruka kurangiza gukora...

View Article

#Indundi Tv | Amagaba batumirira urwaruka kwijukira akaranga n’imico

5,722 total views, 0 views today

View Article


Official Audio | Ibiri ku mutima 5

9,423 total views, 0 views today

View Article

Peter Okoye yavuze ku ntandaro y’ukuvana kwa P Square

Peter Okoye umwe mu bari bagize umurwi P Square avuga ko afise icizere ko uwo murwi wosubirana, ariko akavuga ko hariho ibibanza kwitonderwa bigakosorwa kuko birimwo ivyatumye batandukana kandi....

View Article


Kubwa Big Zoe ngo intumbero nico kibazo apana umuziki utambika

Kimwe mu bituma bamwe mu bamenyeshamakuru badashigikira umuziki wa gospel ngo n’ukudatahura ibirimwo, kuko bisaba ihishurirwa. Ikibazo ngo s’ukugutambisha, ikibazo ngo n’ico uwo muntu aba agamije mu...

View Article

Inyuma y’abamenyeshamakuru aba DJ nabo bashikiriwe

Mu biri Ku mutima 5, B face yashizemwo aba DJ batavuza indirimbo ndundi cane. Akaba yanafashe akanya abaha impanuro. Mu ndirimbo ibiri Ku mutima 5, B face agaruka Ku bavuza indirimbo z’abanyamahanga mu...

View Article

Sauti Sol basabwe imbabazi n’umushikiranganji mu Rwanda

Sauti Sol yasabwe imbabazi n’umushikiranganji w’inkino n’imicokama mu Rwanda kubera ibiheruka kubabako I Kigali. Mu gihe abagize umurwi Sauti Sol baheruka kwankirwa kuririmba mu gihugu kibanyi...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live