#indundi weekly music | Top5 Week 28
1.Mabebeza By Chris Dizzo 2.Feeling Good By Gn Lfls 3.Hadithi Ya Mama By Don Brighter & Kolly 4.Pole Pole By Arnovic 5.Ikiri K’Umutima By Gladys Eglisias 1,471 total views, 0 views today
View ArticleSat-b yoba agiye kuvuga ivya be na Belle mu ndirimbo
Mu gihe agize igihe avuga ivy’urukundo rwiwe na Belle, ubu naho Sat-b ashobora kuba agira abishire mu ndirimbo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, umuririmvyi Sat-b yamenyesheje ko akaririmbo...
View ArticleUri Special ya Double jay ntiriko ivurwako rumwe
Double jay naho yagerageje gukora amasanamu meza kuri bamwe, abandi bo babona ko naho ari meza harimwo agahaze. Hampande y’abarenga 2000 bamaze kuyiraba ku rubuga rwa YouTube, abandi batari bake nabo...
View ArticleHabonetse Uwundi mukobwa yitirira Umwana Diamond Platnumz
Mu gihe hari uruhagarara hagati y’abagore bavyaranye na Diamond, umuririmvyikazi akaba n’umunyamideri asanzwe aja mu masanamu y’indirimbo zitandukanye Gigy Money nawe yadukanye ibindi bibazo. Uwo...
View ArticleNatacha ari hampande y’umucanga ategerezwa kuba ari gusa
Natacha yasubiriye gushira ahabona aka video, aho ari mu butariyano. Ubu naho akaba yavuze ku vy’ukuba gusa kwiwe ari ku mucanga. Mu gihe Natacha abarizwa mu gihugu c’Ubutariyano ahjo yagiye kuruhuka,...
View ArticleLolilo buca asohora amasanamu abonekamwo akora ubugeni na Loliane
Lolilo buca ashira ahabona akaririmbo kiwe gashasha, muriko akaba aboneka akoze ubugeni na Loliane, kandi amakuru yarahari yavuga ko bashobora kuba batakirikumwe. Inyuma y’urukurukuru ko Lolilo na...
View ArticleIrene uwoya n’umugabo wiwe ngo bari mu yabira
Ukurenga ibigo ngo yoba ariyo ntandaro y’ukutumvikana kuri hagati ya Uwoya na Dogo janja,umugabo wiwe. Urugo rwa Irene Uwoya benshi bazi nka Oprah na Abdulaziz Chende bazi nka ‘Dogo Janja’ ngo ruri mu...
View ArticleUbufaransa bushobora gusaba Interpol ngo ifate Koffi Olomide ashikirizwe...
Leta y’ubufaransa ishobora kwitura Interpol ngo umuririmvyi Koffi Olomide afatwe ashikirizwe ubutungane bw’ubufaransa. Kuko ubutungane butaramweza ku vyaha bimwagira birimwo ihohoterwa rifatiye ku...
View ArticlePrince Mshindi yavuze kuvy’imigambi canke indoto abantu bagira
Prince Mshindi ngo ari mu bavuga ibintu vy’ubwenge gusa, ivyo bikaba vyashikirijwe n’umwe mu bamukurikirana ku rubuga rwa Facebook aho yariko avuga ivy’indoto canke imigambi abantu bagira. Prince...
View ArticleAbakunzi b’ibikorwa vya Diamond Platnumz 40 bagiye kurihirwa itike y’indege...
Amatike y’indege 40 niyo Diamond agiye kurihira abakunzi b’ibikorwa vyiwe n’abazoba bishuye neza ku kibazo yatanze. Iyo ndege ikazoba ibajana muri afrika y’epfo. Mu gihe himirije umusi mukuru w’amavuko...
View ArticleJolis Swag yerekanye kuri facebook Tatouage yashize mu gatuza
Jolis Swagger team +257 yashizeko Tatouage y’ishusho ku gatuza kiwe, hakaba habonetseko umuvyeyi wiwe. Inyuma y’imisi itari myinshi ashitse ku mugabane wa amerika, Jolis azwi cane mu murwi Swagger Team...
View ArticleAccoustico ati :”Double jay yaramfashije mu kuriha indirimbo yanje ya 1″
Double Jay nawe arafise abo yafashije mu gikorwa ciwe c’umuziki, aho ni nka Accoustico amushimira kuko akaririmbo kiwe ka 1 Double jay yakagize uruhara haba mu kuririmbo canke mu kuriha uwagakoze. Mu...
View ArticleVideo | Mchaka chaka akaririmbo gashasha ka Shilole
Umutanzaniyakazi Shilole yashize ahabona akaririmbo gashasha inyuma y’amezi 11 adashira ahabona akaririmbo. Mu gihe yaheruka gushira ahabona akaririmbo haraheze amezi ashika kuri 5, Shilole yashize...
View ArticleSpok’s yoba agiye kugurisha amakaye ariko ishusho yiwe
Bamwe bariko bitegurira gusubira kw’ishure mu kwezi kw’9, Spok’s nawe yashimye gushira ahabona amakaye ariko ishusho ryiwe. Mu gihe Abanyeshure bimirije mu kwezi kw’9 gusubira Ku mashure, umuririmvyi...
View ArticleVideo | Diamond Platnumz yitabiriwe n’abatari Bake muri Boston
Mu gihe abarizwa muri Leta zunze ubumwe za amerika, mu ruhererekane rw’ibiteramo, Diamond yashize ahabona amashusho y’igiteramo yakoreye muri Boston muri State ya Massachusetts. Muri iyo video nto,...
View ArticlePretty Kind yavuze igituma Alikiba atamenyekana mu mahanga nka Diamond
Ubwibone, n’ukubona ko yahejeje ibintu vyose, ngo ni nico gituma Alikiba adashika kure nkuko biriko biba kuri mugenziwe Diamond Platnumz. Mo 🔥 #MoFaYaByAlikiba #KingKiba A post shared by alikiba...
View ArticleB Face yoba agiye gucira umuriro mu ndirimbo Ibiri ku mutima
B face agiye gushira ahabona akaririmbo yise Ibiri ku Mutima, abantu bakibaza nimba nawe agiye kuvuga ikiri ku muima co kimwe nk’abandi, bakanibaza ivyazohava avuga muri iyi izoba isohotse inyuma ya...
View ArticleBamwe mu bakunzi b’ibikorwa vya Sat-b agashavu karaniga kubera indirimbo No Love
Bamwe biteganye igishika cinshi indirimbo No Love ya Sat-b, ariko abandi bo agashavu ni kose ngo kuko boba babeshwe igihe ako karirimbo kazoshirirwa ahabona, noneho bakaguma biteze ibitari buze. No...
View ArticleYvan Buravan ngo siwe azobona harageze ko ateramisha abanya Bujumbura
Buravan nawe agiye guteramisha abanyabujumbura mu gikorwa kizoba kuri uyu wa 4/8 ciswe Buja Lol kizohuriramwo abasanzwe batwenza abantu, Comedian. Inyuma ya Suke na Siriki bamenyesheje ko bagiye kuza...
View ArticleUmunezero ni wose muri Fondation Femi kubera umwigeme Bernice
Umunezero ni wose muri Fondation Femi de j’abbat kuba umwe mu bagize uwo muryango akaba n’uwuserukira uwo muryango munini I Karusi, Bernice, yatahukanye ikibanza ca 3 mw’ihiganwa ryateguwe n’abagize...
View Article